BIG FIZZO atangaje abantu benshi mw’ihiganwa ry’abanyarwanda az’ubwambere mugutorwa cane kuri VOTE badakakunze abakura AWARD mumaboko


Igihangange c’umnuziki w’uburundi ariwe umuririmvyi BIG FIZZO muzi neza ko akora abikorinka nuko kino gihe ari mw’ihiganwa ridasanzwe ryateguye abanyarwanda  ryiswe NSHUTI MODELING aho uwambere azotahukana AWARD ariko ahiganira AWARD ya BEST MALE ARTIST irimwo abaririmvyi benshi cane muga uravye amajwo ageze ko biboneka y’uko agumye aronka abamutora ntankeka arayitsindira  igatangaje nuko rimaze iminsi biriko riraba biciye munzira za VOTE. Kandi niwe aza mukibanza nca … Continue reading BIG FIZZO atangaje abantu benshi mw’ihiganwa ry’abanyarwanda az’ubwambere mugutorwa cane kuri VOTE badakakunze abakura AWARD mumaboko

BMK atutse abaririmvyi nka MT NUMBER ONE,DADDY FACE ,BABBI,MCMELLO raba Video y’indirimbo abivuzemwo


Umwe mu baririmvyi b’abarundi babaye cane gose imyaka myinshi mugihugu nca AMERICA azwi kw’izina rya BMK ariko kino gihe abarizwa mugihugu nca Tanzania amazeyo amezi ahakorera ibikorwa vy’umuziki w’uburundi nuko yaraye asohoye indirimbo nshasha ayisohorana Video yayo ikaba yitwa WAKE UP rero yumvikanamwo ibitutsi bimwe bidasanzwe mugutuka abaririmvyi bagenzi biwe b’abarundi basanzwe baba muri America na Canada. Bazwi kumazina nka MAISHA SALUM , MSELE MSELA … Continue reading BMK atutse abaririmvyi nka MT NUMBER ONE,DADDY FACE ,BABBI,MCMELLO raba Video y’indirimbo abivuzemwo

SAMEDI:_itariki 29.10.2016 ngo G-BO azokuronsa indirimbo yiwe nshasha yitwa“PAM PAM SHIDA“uraza muri CONCERT LAUNCHING NEW COMPANY THE CLASSICO kuri ONE PEOPLE mu Gasenyi


Umuririmvyi G-BO yakoze indirimbo iryoshe cane gose yise SIONI , iguma ikundwa cane gose n’abantu benshi cane batandakundanye bari mubihugu bari mu Burundi n’ahandi nuko haciye ukwezi niho yasohoye Video yayo nshasha kandi imaze iminsi ayishize k’umugaragaro ikomeza kubaryohera abaguma bayiraba sivyo gusa araherutse kumenyesha aba fans biwe y’uko agomba gusohora iyindi indirimbo yiwe nshasha izobikaze cane gose nawe aremeza ko irimwo ubuhinga bukomeye cane … Continue reading SAMEDI:_itariki 29.10.2016 ngo G-BO azokuronsa indirimbo yiwe nshasha yitwa“PAM PAM SHIDA“uraza muri CONCERT LAUNCHING NEW COMPANY THE CLASSICO kuri ONE PEOPLE mu Gasenyi

HASIGAYE UMUNSI 1 N’AMASAHA:_ntu zokwidoge ngo ntiwamenye ingo twese tuzohurire muri CONCERT LAUNCHING NEW COMPANY THE CLASSICO kuwa gatandatu izobera mu Gasenyi ,i Bujumbura kuri ONE PEOPLE


Abarundi n’abarundikazi mukunda cane gose ibikorwa vy’abaririmvyi n’abaririmvyikazi bakora mu kubaryohera hamwe no kunashimisha mundirimbo basohora hamwe nama Concert bakora nuko ngo isango ryamaze kugera aho warumaze hafi ukwezi kose urindiranye igishika cinshi ncaya CONCERT yitwa LAUNCHING NEW COMPANY THE CLASSICO igiye kuba k’umunsi wa gatandatu iyi indwi nyene turimwo kw’itariki 29.10.2016 izobera mugisagara ca Bujumbura ahitwa mu Gasenyi haruguru ya Gard du Nord mu … Continue reading HASIGAYE UMUNSI 1 N’AMASAHA:_ntu zokwidoge ngo ntiwamenye ingo twese tuzohurire muri CONCERT LAUNCHING NEW COMPANY THE CLASSICO kuwa gatandatu izobera mu Gasenyi ,i Bujumbura kuri ONE PEOPLE

UBUTIGU BURAGEZE:-Ntuzosibe Concert LAUNCHING NEW COMPANY THE CLASSICO yagakura itariki 29/10/2016 mu Gasenyi kuri ONE PEOPLE


Ibihangange vy’umuziki w’uburundi bagiye kuzobica bicike mu kuguteramisha wewe munywanyi w’indirimbo zabo ndetse ukunda umuziki w’uburundi nuko ngo mwateguriwe Concert yiswe LAUNCHING NEW COMPANY THE CLASSICO ni akataraboneka mugisagara ca BUJUMBUIRA izobibaye yimbonekarimwe irimwo ubuhinga bwinshi cane n’utugenegene mwateguriwe kubera harimwo naba COMEDY BURUNDI ivyo bihangange bizobateramisha barabateye akamo ntimuzosibibe ahubwo murahishikira. Uzoryoherwa bazokwatsa umuriro kubera barabiteguriye cane muri CONCERT LAUNCHING NEW COMPANY THE CLASSICO murikumwe kwuruwu … Continue reading UBUTIGU BURAGEZE:-Ntuzosibe Concert LAUNCHING NEW COMPANY THE CLASSICO yagakura itariki 29/10/2016 mu Gasenyi kuri ONE PEOPLE