VITAL’O F.C vs LE MESSAGER F.C NGOZI bazotana mumitwe muri Coupe du President Final 2016


Ubu mugihugu c’uburundi mu bijanye n’inkino z’umupira w’amagura kuko amakuru abantu bariko baravuga cane ayerekeye urukino rukomeye cane rutoroshe ruzohuza imirwi ibiri umwe wo mugisagara ca Bujumbura uwundi wo muntara hagati ni VITAL’O F.C  na LE MESSAGER F.C NGOZI bazokina ku munsi wa gatandatu urukino rwanyuma rw’ igikombe gikomeye citirirwa umukuru w’igihugu w’uburundi umwaka wa 2016 bavuga mururimi rw’igifaransa ngokino”Coupe du President Final 2016″urwo rukino  ruzobera muntara … Continue reading VITAL’O F.C vs LE MESSAGER F.C NGOZI bazotana mumitwe muri Coupe du President Final 2016

Raba amafoto yaranze ubugeni bwa GAEL BIGIRIMANA igihangange muri PREMIERE LEAGUE y’ubwongereza n’Intamba Murugamba


Gael Gigirimana asanzwe aba mugihugu c’ubwongereza akahakinira umupira w’amaguru muciraco ca mbere (PREMIERE LEAGUE) mumurwi witwa Newcastle United F.C uno mukinyi muri bukako yigeze kuza mu Burundi atumweko n’abarongoye umurwi Nserukiragihugu mumupira w’amaguru mu Burundi ari wo INTAMBA MURUGAMBA bari bamuhamagaje kuza gufashanya n’abakinyi bagenzi biwe mu guhangana n’abakinyi rwari urukino rudasanzwe rwasaba gushirwamo inguvu ico gihe yaza mu Burundi kuri we ryari  ribaye iryambere aje … Continue reading Raba amafoto yaranze ubugeni bwa GAEL BIGIRIMANA igihangange muri PREMIERE LEAGUE y’ubwongereza n’Intamba Murugamba

REAL MADRID watwaye igikombe ca Champions League 2016 urakwijije ibikombe 11 vya Champions League


Mu mwanya wahera niho urukino rw’umupira w’amaguru  mumirwi ya Bulaya rwariko rurahuza Real Madrid na Atlético Madrid mwihiganwa ryanyuma rya Champions League 2016 ntirwari rworoshe ntagatoya kumande zose kuko rwaje kurangira iyo mirwi yose ifise igistindo kimwe kukindi muminota 90′ bakinye yarangiye atawusubiriye gutsinda uwundi ntabwo rwarigoroshe ukino bakinye ntagato bose berekanye umukino mwiza cane ntanumwe yariko arekera uwundi amutsinde ahubwo bakomeza bagusatirana cane gose barondera … Continue reading REAL MADRID watwaye igikombe ca Champions League 2016 urakwijije ibikombe 11 vya Champions League

www.FRANCKPROM.WORDPRESS murarabiraho CHAMPIONS LEAGUE FINAL 2016:_ATLETICO MADRID vs REAL MADRID


Uno mwanya kw’isi yose ntayandi makuru agezweho ariko aravurwa mu bijanye n’inkino z’abulaya haba kumugabane wa Africa na Bulaya hose bagumye barindiranye igishika cinshi urukino rwanyuma rwa CHAMPINS LEAGUE FINAL 2016 ruza guhuza imirwi y’umupira w’amaguru yo mugihugu ca ESPAGNE ariyo REAL MADRID na ATLETICO MADRID kandi abantu benshi barurindiranye igishika cinshi ntiworaba baguma bahanze amaso isaha gusa. Urukino rwanyu rwa CHAMPOINS LEAGUE FINAL 2016 ruza guhuza ATLETICO … Continue reading www.FRANCKPROM.WORDPRESS murarabiraho CHAMPIONS LEAGUE FINAL 2016:_ATLETICO MADRID vs REAL MADRID

Hazoca uwambaye murukino rw’umupira w’amaguru ruzohuza”BURUNDI Vs NIGERIA”kuri Stade Prince Louis Rwagasore


Hasigaye iminsi mikeya cane gose muri iyi ndwi kuruyu wa gatandatu niho umurwi w’abakinyi bakinira mumirwi yiwabo ,Intamba Murugamba unserukiragihugu c’uburundi ukina umupira w’amaguru mu Burundi n’uko ufise urukino rukomeye cane gose uzohura n’umurwi ukina umupira w’amaguru nserukiragihugu ca NIGERIA izoba waje mu Burundi hano mugisagara ca Bujumbura kukibuga c’inkino ncitiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore mubwinjiriro”Pourtour” abantu bazotanga 1000Fbu. kimwe gusa c’amafaranga y’amarundi Abakinyi b’Intamba Murugamba ngo bamaze iminsi bari … Continue reading Hazoca uwambaye murukino rw’umupira w’amaguru ruzohuza”BURUNDI Vs NIGERIA”kuri Stade Prince Louis Rwagasore

FABRICE NDAGIJIMANA UMUKINYI AKIRI MUTO AKINA NEZA KANDI ATSINDA


NDAGIJIMANA FABRICE NI UMUKINYI AKIRI MUTO AKINIRA EQUIPE FLAMBEAU DE L’EST URAVYE ukuntu akina umupira aboneka ko afise kazoza keze cane mu mupira w’amaguru mu Burundi aho yama atangaza benshi muri uwo murwi. Bamaze kubona ko afise kazoza keza mu mupira w’amaguru mu burundi, benshi batanguye kwifuza kumugura ariko ntiturashobora kumenya umurwi ukeneye kumugura. Fabrice NDAGIJIMANA ariko arakina uwitegereje neza iyo ariko arakina aracenga cane … Continue reading FABRICE NDAGIJIMANA UMUKINYI AKIRI MUTO AKINA NEZA KANDI ATSINDA