RACHLY niwe umuririmvyikazi wambere azokora VIDEO nshasha k’ubuntu izobemeza muyibonye akorewe muri COMPANY THE CLASSICO


M’ukwezi guheze itariki 29/10/2016 niho Company The Clssico yashoboye gushira ahagaragara icese gikuru nco gutanguza ibikorwa bishasha vyayo mugihugu c’uburundi bijanye na VIDEO PRODUCTION na PHOTOGRAPH rero hari haciye  ukwezi kose bibaye kandi uyirongoye ariwe benshi bazi kw’izina rya FRANCK Pro yaramenyesheje umuntu wese ashaka  Promotion k’ubuntu  bakamukorera  VIDEO. Na PHOTOS adatanze amafaranga azoze ntakibazo mu ntumbero yo kumuteza imbere nk’umurundi n’umurundikazi afise ingabirano  mubikorwa akora … Continue reading RACHLY niwe umuririmvyikazi wambere azokora VIDEO nshasha k’ubuntu izobemeza muyibonye akorewe muri COMPANY THE CLASSICO

SAMEDI:_itariki 29.10.2016 ngo G-BO azokuronsa indirimbo yiwe nshasha yitwa“PAM PAM SHIDA“uraza muri CONCERT LAUNCHING NEW COMPANY THE CLASSICO kuri ONE PEOPLE mu Gasenyi


Umuririmvyi G-BO yakoze indirimbo iryoshe cane gose yise SIONI , iguma ikundwa cane gose n’abantu benshi cane batandakundanye bari mubihugu bari mu Burundi n’ahandi nuko haciye ukwezi niho yasohoye Video yayo nshasha kandi imaze iminsi ayishize k’umugaragaro ikomeza kubaryohera abaguma bayiraba sivyo gusa araherutse kumenyesha aba fans biwe y’uko agomba gusohora iyindi indirimbo yiwe nshasha izobikaze cane gose nawe aremeza ko irimwo ubuhinga bukomeye cane … Continue reading SAMEDI:_itariki 29.10.2016 ngo G-BO azokuronsa indirimbo yiwe nshasha yitwa“PAM PAM SHIDA“uraza muri CONCERT LAUNCHING NEW COMPANY THE CLASSICO kuri ONE PEOPLE mu Gasenyi

Abakunda gutwenga imbavu zanyu ziruma ngo KABIZI BORIS hamwe na GITORO LE COMEDIEN bakuzaniye Video comedy burundi y’indirimbo NTABUNDI BUHINGA irabire nawe


Abanywanyi ba Video  zikora naba COMEDY BURUNDI akabatwenza cane gose gushikaho imbavu zabo zishaka zuma nuko ngo aba Comdey basanzwe bagezweho mugihugu c’uburundi mugukora neza bigashima barutse kubatwenza cane gose mu kubazaniye Video Comedy y’indirimbo SHIKILIA y’umuririmvyikazi NATACHA mwibukeko yari yakoze abitwa KABIZI BORIS  na IIDEPHONSE nkuko abarundi  n’abarundikazi benshi baryoheye bariko barayiraba aho iherutse gusohoka uno mwaka wa 2016 ndetse nanyene indirimbo ariwe uwo … Continue reading Abakunda gutwenga imbavu zanyu ziruma ngo KABIZI BORIS hamwe na GITORO LE COMEDIEN bakuzaniye Video comedy burundi y’indirimbo NTABUNDI BUHINGA irabire nawe

MUNTARA YA BUBANZA:_ urubanza rwasivye muguca kumazi nyakwigenedera umuririmvyi MAGIC w’umurwi THE BROTHERS


Umuririmvyi MAGIC  aherutse gusezera isi kw’igenekerezo rya 01/10/2016 asanzwe yitwa NDAYIKENGURUKIYE STYVE ,ayo ni amazina yiwe y’ukuri yahawe n’abavyeyi biwe akaba avuka muntara ya BUBANZA nin’aho bamuhambanye iteka ridasanzwe hari kw’igenekerezo rya 05/10/2016 ubu ngo urubanza rwiwe baribateguye rwo kumucako kumazi rwarirutegekanije kuba itariki 30/10/2016 ngahonyene i Bubanza nkuko hariho abantu benshi bagumye barwiteguriye  bigeze kuza kumusezera iryanyuma kuwo munsi bamushingura harashoboye kugendayo amabenyeshamakuru/kazi bavuye i Bujumbura. Mugufata mumugongo umuryango … Continue reading MUNTARA YA BUBANZA:_ urubanza rwasivye muguca kumazi nyakwigenedera umuririmvyi MAGIC w’umurwi THE BROTHERS

RUMONGE:_itariki 23/10/2016 azobateramisha AKES mugiteramo yise’SEMIBIRA”ngo bamenyekanisha CANCER,tukamenyekanisha ibikorwa


Umuririmvyi AKES akomeza gukora neza umuziki w’uburundi ashimisha aba fans biwe mukwama asohora indirimbo buri ukwezi abazumviriza bakaryoherwa, aracishamwo nama Video yazo bakazishima nkuko mumezi aheza yigeze gusohora indirimbo yise SEMIBIRA akongera akayikorera Video yayo nuko ubuhagezeko atangura kubashwaramwo akabaryohera amaso muyandi barikumwe yongera ayibaririmbira arabamenyesheje y’uko k’umunsi w’Imana igenekerezo rya 23/10/2016 yabategiye igiteramo  citwa SEMIBIRA ,abantu bo muntara ya RUMONGE  muzocitabire muri benshi cane gose … Continue reading RUMONGE:_itariki 23/10/2016 azobateramisha AKES mugiteramo yise’SEMIBIRA”ngo bamenyekanisha CANCER,tukamenyekanisha ibikorwa

TOMBOZA :- Umuririmvyikazi atahukana ikibanza ca mbere yitwe ”THE ARTIST OF MONTHLY SEMPTEMBER 2016″ asumbije n’abaririmvyi


Ndabaramukije mwese banywanyi mu muziki w’uburundi mudukurikirana cane urubuga rwa FACEBOOK Franck Pro twashaka kabambwirako mumwanya muminota 45  haramenyekana Umuririmvyi canke Umuririmvyikazi atsindiye ikibanza ca mbere mukwitwa ”THE ARTIST OF MONTHLY SEMPTEMBER 2016″ Asumbije bose bakora umuziki w’uburundi mugukora cane m’ukwezi kw’9 duheruka kurangiza nkuko yabashimishije akerekana inguvu ziwe afise mubikorwa vy’umuziki w’uburundi vyamuranze muruko kwezi vyagiye bishimisha aba fans biwe ndetse n’abanywanyi mu muziki … Continue reading TOMBOZA :- Umuririmvyikazi atahukana ikibanza ca mbere yitwe ”THE ARTIST OF MONTHLY SEMPTEMBER 2016″ asumbije n’abaririmvyi

SWAGG TEAM+257 baguteguriye indirimbo nshasha y’umuriro mukuryoha canecane aba fans babo izobaryohera kumviriza mbega urayiteze?


Umurwi w’abaririmvyi SAWAGG TEAM+257 basanzwe abakora umuziki w’uburundi bakaryohera abantu benshi canecane aba fans babo bakunda indirimbo zabo zitandukanye bagiye barumviriza kuva uwo murwi ukivuga nkuko abawugize kinogihe bari baheruka gusohora indirimbo yaryoheye abatari bakeya nayo yitwa “UMUSHUSHO” yarabiciye biracika mu bantu benshi bayumvirize aho haciye amezi isohotse k’umugaragaro sivyo gusa bibandanya bibanezereza kandi uno mwaka basanzwe ari 5  bakorera ibikorwa  vyo kuririmba mugihugu c’uburundi. SWAGG TEAM+257 … Continue reading SWAGG TEAM+257 baguteguriye indirimbo nshasha y’umuriro mukuryoha canecane aba fans babo izobaryohera kumviriza mbega urayiteze?