NYANZA-LAC :_mwateguriye igiteramo gikomeye na J.MARIE MUCO c’ubutumwa bwiza bw’Imana itariki 17/12/2016 avuye mugihugu ca Zambie


  Umuririmvyi J.MARIE MUCO akora umuziki w’uburundi kuruhande rw’indirimnbo za Gospel Burundi zirimwo ubutumwa bwiza bw’Imana buhezagira abantu batari bakeya harimwo naba fans biwe aho asanzwe aba mugihugu ca ZAMBIE muga yavukiye mugihugu c’uburundi muntara ya MAKAMBA muri Komenine NYANZA-LAC ahitwa BUHEKA nuko kinogihe ari mumyiteguro idasanzwe yogutahuka mugihugu kuhakorera igiteramo gikomeye c’ubutumwa bwiza bw’Imana aravuga ko kizobera ahosanzwe avuka arateye akamo abantu bose. Atibagiye aba … Continue reading NYANZA-LAC :_mwateguriye igiteramo gikomeye na J.MARIE MUCO c’ubutumwa bwiza bw’Imana itariki 17/12/2016 avuye mugihugu ca Zambie

J.MARIE MUCO n’umurundi aba Zambia yatewe iteka atumirwa mugiteramo gihimbaza Imana mugihugu ca Tanzania


Umuririmvyi J.MARIE MUCO wumurundi aririmba indirimbo zihimbaza Imana,asanzwe aba mugihugu ca Zambia ariho akorera ibikorwa yahawe n’Imana vyo kuririmba agahezagira abantu bashoboye kumva ubutumwa abaha mundirimbo ziwe akora kandi ubu yimirije gusohora indirimbo yiwe nshasha yakoranye numwe mu bihangange vy’umuziki w’uburundi ariko batari basanzwe baririmba ibijanye nizo ndirimbo,benshi bamuzi kw’izina ry’uburirimvyi MKOMBOZI niyo birije kuzosohora vuba cane ikaba yitwa ”MANA DUTABARE” Ubu abarundi benshi bayirindiranye igishika … Continue reading J.MARIE MUCO n’umurundi aba Zambia yatewe iteka atumirwa mugiteramo gihimbaza Imana mugihugu ca Tanzania

Kuruwu wa gatandatu niho GN yaraye aryoheye abantu benshi kuri”ELK”bumva ubutuma bwiza


Umuririmvyi GN akiri umuyabaga akerebutse mu gukorera Imana abicishije mu kuyitazira mubutumwa bwiza bw’amajambo y’uhoraho adasanzwe akoresha mu kuririmba indirimbo nyinshi ziwe zitandukanye nkuko abantu bazumviriza kenshi zibaryohera zikabahezagira nuko yaraye ateramishije igiteramo bari bamutumiyemwo kw’ishure ELK bisobanura mumajambo yose “ELOCE LUMIERE DE KININDO”,hari kuruwu wa gatandatu igenekerezo rya 02/07/2016 bari baramutse bahimbaza umunsi mukuru wahariwe imicokama kuri ryo shure ryo muri komine ya Kinindo … Continue reading Kuruwu wa gatandatu niho GN yaraye aryoheye abantu benshi kuri”ELK”bumva ubutuma bwiza

J.MARIE MUCO akora gospel yemerewe na MKOMBOZI bakore indirimbo yitwa”MANA DUTABARE”


Inyuma yaho hasohoreye indirimbo nshasha uy’umwaka,umuririmvyi J.MARIE MUCO ashimira Imana yamukijije indwara ikomeye yashatse kumwica ntivyakunze ko ngo umwansi Satani aumukure mubiganza vy’Uhoraho niho amaze gukira yacafata umwanya ashimira Imana mugukora iyo ndirimbo yitwa’WEWE NI MUNGU’imaze iminsi ikunzwe cane gose n’abanywanyi benshi b’indirimbo zihimbaza Imana “Gospel’ bakamushimira ukuntu yayikoze neza irimwo ubutumwa bwiza bw’Imana kandi aherutse kubaza aba fans biwe koyokora iyindi ikabahezagira nabo barabimwerera ko … Continue reading J.MARIE MUCO akora gospel yemerewe na MKOMBOZI bakore indirimbo yitwa”MANA DUTABARE”

Abaririmvyi ba Gospel mu Burundi nabo muri Kenya,Uganda ntibazogucike muri PAMOJA FESTIVAL


Abaririmvyi  bakora umuziki w’uburundi baririmba indirimbo mpimbaza Imana barabamenyesha ko bagutanguyemwo imyiteguro idasanzwe bitegurira igiteramo c’ibitangaza ciswe“PAMOJA FESTIVAL”muzoronkeramwo imigisha,impihezagiro muzoba murikumwe na REDEMPTION VOICE ,PRINCE MSHINDI,BIG ZOE,GN,HEAVENLY MELODIES n’abandi benshi bazoshobora kwipfatanya n’abandi baririmvyi bava mubindi bihugu ari vyo KENYA,UGANDA bazokwatsa umuriro w’ubutumwa bwiza bw’Imana mukubateramisha mundirimbo zabo bariko barabategurira bazoshobora kuririmba. Abateguye PAMOJA FESTIVAL baratumira abarundi n’abarundikazi kuzoyitabira ari benshi cane gose kuko uwo munsi … Continue reading Abaririmvyi ba Gospel mu Burundi nabo muri Kenya,Uganda ntibazogucike muri PAMOJA FESTIVAL

LISSA mushasha muri Gospel akuzaniye indirimbo nshasha ngo muminsi iza VIDEO nayo izosohoka ikorewe kwa CHERIF PRO


Nkuko tumaze iminsi tubabwira y’uko uno mwaka mu muziki w’uburundi haguma havuka abantu benshi bafise ingabirano zukuririmba mu gihe baza bazanye ibikorwa  bishasha ba bazanye n’uko kuvutse Umuririmvyikazi mushasha muri Gospel akora indirimbo mpimbaza Imana zonyene ashobora guhezagira abantu benshi bazoza barumviza indirimbo azokora uno mwaka n’iyindi myaka irimbere nkuko muza kuvyumva mundirimbo yiwe yambere atanguriyeko gusohora mu kuyibaha ibahezagire abantu bose mugomba kuyumviriza. Uwo … Continue reading LISSA mushasha muri Gospel akuzaniye indirimbo nshasha ngo muminsi iza VIDEO nayo izosohoka ikorewe kwa CHERIF PRO