BIG FIZZO atangaje abantu benshi mw’ihiganwa ry’abanyarwanda az’ubwambere mugutorwa cane kuri VOTE badakakunze abakura AWARD mumaboko


Igihangange c’umnuziki w’uburundi ariwe umuririmvyi BIG FIZZO muzi neza ko akora abikorinka nuko kino gihe ari mw’ihiganwa ridasanzwe ryateguye abanyarwanda  ryiswe NSHUTI MODELING aho uwambere azotahukana AWARD ariko ahiganira AWARD ya BEST MALE ARTIST irimwo abaririmvyi benshi cane muga uravye amajwo ageze ko biboneka y’uko agumye aronka abamutora ntankeka arayitsindira  igatangaje nuko rimaze iminsi biriko riraba biciye munzira za VOTE. Kandi niwe aza mukibanza nca … Continue reading BIG FIZZO atangaje abantu benshi mw’ihiganwa ry’abanyarwanda az’ubwambere mugutorwa cane kuri VOTE badakakunze abakura AWARD mumaboko

BMK atutse abaririmvyi nka MT NUMBER ONE,DADDY FACE ,BABBI,MCMELLO raba Video y’indirimbo abivuzemwo


Umwe mu baririmvyi b’abarundi babaye cane gose imyaka myinshi mugihugu nca AMERICA azwi kw’izina rya BMK ariko kino gihe abarizwa mugihugu nca Tanzania amazeyo amezi ahakorera ibikorwa vy’umuziki w’uburundi nuko yaraye asohoye indirimbo nshasha ayisohorana Video yayo ikaba yitwa WAKE UP rero yumvikanamwo ibitutsi bimwe bidasanzwe mugutuka abaririmvyi bagenzi biwe b’abarundi basanzwe baba muri America na Canada. Bazwi kumazina nka MAISHA SALUM , MSELE MSELA … Continue reading BMK atutse abaririmvyi nka MT NUMBER ONE,DADDY FACE ,BABBI,MCMELLO raba Video y’indirimbo abivuzemwo

HASIGAYE UMUNSI 1 N’AMASAHA:_ntu zokwidoge ngo ntiwamenye ingo twese tuzohurire muri CONCERT LAUNCHING NEW COMPANY THE CLASSICO kuwa gatandatu izobera mu Gasenyi ,i Bujumbura kuri ONE PEOPLE


Abarundi n’abarundikazi mukunda cane gose ibikorwa vy’abaririmvyi n’abaririmvyikazi bakora mu kubaryohera hamwe no kunashimisha mundirimbo basohora hamwe nama Concert bakora nuko ngo isango ryamaze kugera aho warumaze hafi ukwezi kose urindiranye igishika cinshi ncaya CONCERT yitwa LAUNCHING NEW COMPANY THE CLASSICO igiye kuba k’umunsi wa gatandatu iyi indwi nyene turimwo kw’itariki 29.10.2016 izobera mugisagara ca Bujumbura ahitwa mu Gasenyi haruguru ya Gard du Nord mu … Continue reading HASIGAYE UMUNSI 1 N’AMASAHA:_ntu zokwidoge ngo ntiwamenye ingo twese tuzohurire muri CONCERT LAUNCHING NEW COMPANY THE CLASSICO kuwa gatandatu izobera mu Gasenyi ,i Bujumbura kuri ONE PEOPLE

UBUTIGU BURAGEZE:-Ntuzosibe Concert LAUNCHING NEW COMPANY THE CLASSICO yagakura itariki 29/10/2016 mu Gasenyi kuri ONE PEOPLE


Ibihangange vy’umuziki w’uburundi bagiye kuzobica bicike mu kuguteramisha wewe munywanyi w’indirimbo zabo ndetse ukunda umuziki w’uburundi nuko ngo mwateguriwe Concert yiswe LAUNCHING NEW COMPANY THE CLASSICO ni akataraboneka mugisagara ca BUJUMBUIRA izobibaye yimbonekarimwe irimwo ubuhinga bwinshi cane n’utugenegene mwateguriwe kubera harimwo naba COMEDY BURUNDI ivyo bihangange bizobateramisha barabateye akamo ntimuzosibibe ahubwo murahishikira. Uzoryoherwa bazokwatsa umuriro kubera barabiteguriye cane muri CONCERT LAUNCHING NEW COMPANY THE CLASSICO murikumwe kwuruwu … Continue reading UBUTIGU BURAGEZE:-Ntuzosibe Concert LAUNCHING NEW COMPANY THE CLASSICO yagakura itariki 29/10/2016 mu Gasenyi kuri ONE PEOPLE

POP-G avuye mugihugu ca ITALY aje mu Burundi kubateramisha muri”CONCERT NEW LAUNCHING COMPANY THE CLASSICO”mundwi iza kuri ONE PEOPLE mu Gasenyi


Umuraperi POP-G asanzwe ari umuririmvyi w’umurundi akomeye cane gose mukuririmba indirimbo ziryoshe cane za HIP POP kandi aba mugisagara ca Bujumbura ,yaramaze iminsi 30 ari mukaruhuko“VACANCE” mugihugu ca ITALY ahasanzwe haba umufasha wiwe wumuzungukazi nawe ahora aza mu Burundi nuko mumasaha arimbere arashika mugihugu nca mwibarutse uburundi murikumwe kwuruyu wa gatano itariki 21/10/2016 ambwiye aba fans biwe y’uko y’abazaniye ibikorwa bishasha bizobaryohera bigizwe n’indirimbo hamwe nama … Continue reading POP-G avuye mugihugu ca ITALY aje mu Burundi kubateramisha muri”CONCERT NEW LAUNCHING COMPANY THE CLASSICO”mundwi iza kuri ONE PEOPLE mu Gasenyi

Iyi COMMANTAIRE irasa na”POST”ya SAT-B ashobora kubafis’ingorane mumutwe abaganga bamwiteho,arabemeje ntarwaye CANCER yarondera”KIKI”


Nkuko hamaze iminsi ariko ariyamirizwa n’abantu benshi bakunda umuziki w’uburundi bashoboye kumenyako Umuririmvyi SAT-B yariko aarabakinisha imitima yabo yongera akanisha nuw’umuvyeyi wiwe amuvyara munda ariwe MAMAN wiwe baje gusanga yariko arabakina muri SHOWBIZZZ mukuvugako arwaye ya CANCER  bahavuye bakomeza kumubonako ari umubeshi karuhariwe abandi bakavugako yoba yabitewe nagatabi “URUMOGI”yasomye kw’igenekerezo rya 09/10/2016 niho y’abamenyesha kwarwaye indwara ya CANCER bamusengere Igitangaza aba fans biwe bamwe bamwe … Continue reading Iyi COMMANTAIRE irasa na”POST”ya SAT-B ashobora kubafis’ingorane mumutwe abaganga bamwiteho,arabemeje ntarwaye CANCER yarondera”KIKI”

SAT-B azohanwa n’umuryango w’umuziki w’uburundi mucaha nco kubesha akoze SHOWBIZZ ngo arwaye indwara ya”CANCER”m’ubwonko


Kw’igenekerezo rya 09/10/2016 niho umuririmvyi SAT-B asanzwe akora umuziki w’uburundi ageze kuntabwe nziza ishimisha aba fans biwe n’abandi  yashoboye kubamenyesha y’uko arwaye indwara ya CANCER m’ubwonko ,ni abaganga bayimutoye akaba y’avyanditse k’urubuga rwiwe rwa FACEBOOK PAGE mugihe amaze hafi umwaka wose ari mugihugu c’urwanda ninaho yaciye basavye batangure amasengesho bamusengere Imana imukize ubwoburwara  nabo barabikoze ariko bababaye cane benshi bacitse imitima bavuga y’uko  bagiye gutakaza umuririmvyi … Continue reading SAT-B azohanwa n’umuryango w’umuziki w’uburundi mucaha nco kubesha akoze SHOWBIZZ ngo arwaye indwara ya”CANCER”m’ubwonko