PAMY QUEEN niwe y’atsindiye ikibanza ca mbere nca”THE ARTIST OF MONTHLY SEMPTEMBER 2016″akora umuziki w’uburundi


M’ukwezi kw’9 kuraheze abaririmvyi n’abaririmvyikazi bakora umuziki w’uburundi bagaragaje ibikorwa vyabo bitandukanye imbereyaba fans babo aho vy’abashimishije cane gose mu gusohora indirimbo nshasha zitandukanye abandi bakazikorera Video mugihugu cabo nohanze y’igihugu ,muribo twagiye tubarashikiriza amakuru menshi yabo agezweho  y’ibikorwa bakoze bishimisha abantu benshi babikwirikiranye ukwezi kose nkuko twama tubikora buri ukwezi  kurangiye haramenyekana uwakoze neza mu muziki w’uburundi  bwose kurusha abandi. Muramaze iminsi mukurikirana umuziki … Continue reading PAMY QUEEN niwe y’atsindiye ikibanza ca mbere nca”THE ARTIST OF MONTHLY SEMPTEMBER 2016″akora umuziki w’uburundi

NATACHA atsindiye ikibanza ca mbere abaye”THE ARTIST OF MONTHLY JUNE 2016″akora umuziki w’uburundi


  Natacha ahejeje ico gikorwa yamfashije Gaga Blue vyose yabikoze mukwezi kwa gatandatu carimwe haba Audio canke Video vy’indirimbo Utaipenda niho nawe yaciye yiha ingingo zo gufata urugendo rudasanzwe rwamukuye mu Burundi tumujana mugihugu ca Tanzania kuhakorera igikorwa gishasha agikoreye aba fans biwe no kuguma amenyekana mu muziki wa East Africa yongera amenyekanisha umuziki w’uburundi muri ico gihugu yarimwo mwibukeko atari iryambere yarakigiyemwo kugikoreramwo igikorwa … Continue reading NATACHA atsindiye ikibanza ca mbere abaye”THE ARTIST OF MONTHLY JUNE 2016″akora umuziki w’uburundi

BIG FIZZO atsindiye ikibanza ca mbere niwe”THE ARTIST OF MONTLY MAY”mu muziki w’uburundi


    Ivyo bikorwa vyose yakoze tutibagiye nama Concert yakoreye ibulaya aho tubambwiye  bimwe mubikorwa yakoze mu kwezi kwa 5 vyashimishije abanywanyi mu muziki w’uburundi benshi vyatumye bamutora bamuha amahirwe menshi  Ivyo ibikorwa bimwe bimwe twabaciye kumayange vyamuranze Big Fizzo nk’umuririmvyi yakoze cane mu muziki w’uburundi kurusha abandi vyatumye atsindira ikibanza ca ARTIST OF MONTLY. Mbega nk’umunywanyi w’umuziki w’uburundi canke umu fans wiwe ukeza umubwira akajambo … Continue reading BIG FIZZO atsindiye ikibanza ca mbere niwe”THE ARTIST OF MONTLY MAY”mu muziki w’uburundi