NYANZA-LAC :_mwateguriye igiteramo gikomeye na J.MARIE MUCO c’ubutumwa bwiza bw’Imana itariki 17/12/2016 avuye mugihugu ca Zambie


 

Umuririmvyi J.MARIE MUCO akora umuziki w’uburundi kuruhande rw’indirimnbo za Gospel Burundi zirimwo ubutumwa bwiza bw’Imana buhezagira abantu batari bakeya harimwo naba fans biwe aho asanzwe aba mugihugu ca ZAMBIE muga yavukiye mugihugu c’uburundi muntara ya MAKAMBA muri Komenine NYANZA-LAC ahitwa BUHEKA nuko kinogihe ari mumyiteguro idasanzwe yogutahuka mugihugu kuhakorera igiteramo gikomeye c’ubutumwa bwiza bw’Imana aravuga ko kizobera ahosanzwe avuka arateye akamo abantu bose.

Atibagiye aba fans biwe ko boshobora kuzokwitabira ico giteramo kubera kizoba kirimwo  imigisha myinshi ni imihezagiro y’Imana hanini kizobakigizwe n’indirimbo nyinshi zizoririmbwa n’abaririmvyi batandukanye bagize amakorari (CHOIR) bahano mu Burundi hamwe no mugihugu ca Tanzania harimwo nabavuga butumwa ngo sicogusiba ik’igiteramo mwateguriye n’umuririmvyi J.MARIE MUCO akaba yacitiriwe izina ryaho avuga mu Buheka kizobacitwa BUHEKA KWA YESU

12400846_1676066999318046_46730263116458982_nKandi aba fans biwe muzosidukane iyonka kubera naya ndirimbo yiwe nshasha yitwa MANA DUTABARE yigeze kubamenyesha ko yayikoranye n’igihangange c’umuziki w’uburundi ariwe Umuririmvyi MKOMBOZI azobari iryambere yumvikana mundirimbo za Gospel rero azoyisihohora itariki 17/12/2016 kuwo munsi nyene w’igiteramo ntizobacike kuko irimwo amajambo azobahezagira y’ubutumwa bwiza bw’Imana.

Mukiganiro twahawe n’umuririmvyi J.MARIE MUCO yashoboye kubambwira aba fans biwe ndetse n’abantu bose bimvukira bo muntara ya Makamba ngaho i Nyanza-Lac aho yavuze ngo:“””””NDINITEKA RYO GUTUMIRA ABARUNDI BOSE KUZA GUSANGIRA NANJE IMIGISHA IVA KUMANA AHO NABATEGURIYE CONCERT NITIRIYE UMUTUMBA WANJE WAMAVUKO  WA BUHEKA   NI CONCERT BUHEKA KWA YESU IZOBA LE17/12/2016  IZOBERA KUMUSOZI BUHEKA ZONE KAZIRABAGENI COMMUNE NYANZA LAC INTARA YA MAKAMBA        ABAVUGABUTUMWA BABATUMIRE NI: PASTOR JOSEPH AVA IBUJUMBURA ATANGA IKIGANIRO UGUSENGA GUHINDURA IBINTU KURI RTNB NA EVANGELIST NTIRANYIBAGIRA JEANETTE ABA IBUJUMBURA       ABARIRIMVYI BABATUMIRE NI: PASTOR YUSTO ONESMO    GERVAS SHAYO FROM ARUSHA TANZANIA SAMWEL PASCHA FROM ARUSHA TANZANIA YASINTA PAULO FROM MOROGORO TANZANIA  BEATRICE DANIEL FROM DAR ES SALAM           METHOD JEREMIAH FROM UMUNYAMUYANGE YA NYANZA LAC ARIKWABA I DAR ES SALAM   PROTAIS NKURIKIYE UMUNYAKAYOGORO KA BUTARE ARIKWABA IBUJUMBURA   SOSTENE DOUDOU AVA UVILA CONGO ARIKWAVUKA BUJUMBURA HAZOBA HARI  NA BADSON IMVUKIRA YOMUBUHEKA ABA IKIBONDO TANZANIA   HAZOBA HARI NA SIMAMA IMALA BAND YO MUMVUGO NYANZA LAC  HAZOBA NAMA CHORALE MENSHI CANE YOMUKARERE KA NYANZA LAC                                                        KAZOBA NAKARYO KOKURIRIMBIRA ABAZOBA BAHARI INDIRIMBO MANA DUTABARE BY J.MARIE MUCO FT MKOMBOZI      KAZE CANE NTIMUSIGE INYUMA INCUTI NABAGENZI KUKO MWOHAVA MUHEZAGIRWA MWENYENE””””””

1480059436899

Umviriza indirimbo nshasha yiswe TUWE MACHO ,ihimbaza Imana yaririmvye Umuririmvyi J.Marie Muco niyo aharutse gusohora uno mwaka wa 2016 izoba ikwirikiwe n’indirimbo nshasha yiswe MANA DUTABARE ,yakoranye n’umuririmvyi MKOMBOZI

 

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s