BIG FIZZO atangaje abantu benshi mw’ihiganwa ry’abanyarwanda az’ubwambere mugutorwa cane kuri VOTE badakakunze abakura AWARD mumaboko


Igihangange c’umnuziki w’uburundi ariwe umuririmvyi BIG FIZZO muzi neza ko akora abikorinka nuko kino gihe ari mw’ihiganwa ridasanzwe ryateguye abanyarwanda  ryiswe NSHUTI MODELING aho uwambere azotahukana AWARD ariko ahiganira AWARD ya BEST MALE ARTIST irimwo abaririmvyi benshi cane muga uravye amajwo ageze ko biboneka y’uko agumye aronka abamutora ntankeka arayitsindira  igatangaje nuko rimaze iminsi biriko riraba biciye munzira za VOTE.

Kandi niwe aza mukibanza nca mbere cabamaze gutorwa cane n’abantu uravye amajwi afise arerenze biraboneka ko abaririmvyi bo mu Rwanda bahiganwa nawe ashobora kuyibakura mumaboko mugihe abaritunganije ari abantu bo mugihugu c’urwanda biriko  biraboneka kurubuga rwagenewe gutorwa ko aba STAR batandukanye bahiganwa harimwo BIG FIZZO abarya inomero yambere bikomeza gutangaza abantu benshi baja murikabaza.

15181146_10154133489003786_8533870946260492600_nNgo mbega ni kuki BIG FIZZO bamushize mw’ihiganwa ryabanyarwanda muri VOTE yashize hasi az’ubwambere aho abanywanyi bakunda umuziki w’uburundi bakomeza kumutora buri umunsi bakoresheje Vote  mw’ihiganwa rya BEST MALE ARTIST rya Ishuti Modeling amaze kuronka amajwi 744 Vote aho abandi Star bakiri muma VOTE ya cumi kuduga

Uri umunywanyi w’umuziki w’uburundi canke umu fans w’umuririmvyi BIG FIZZO nuko uratewe akamo ngo umushigikire mu kubandanya mumutora muri abantu benshi cane gose muciye kurubuga rwa INSHUTI MODELING muraza kubona amazina yaba Star benshi cane rero izina ryiwe banditse ni BIG FAIOUS uhakurira hasi VOTE ucufyonda iruhande yaryo ahari akaburungu uhejeje ucumanuka hepfo barakwereka ahandi Vote niho ucufyonda.

14915171_10154080482468786_1978120584377975172_nNtutangwe kumushikira azotahukane AWARD ya Best Male Artist ayikuye mumaboko yabariko barahiganwa nabo hanini ni abanywarwanda gusa nimwamara kumutora agatsinda azobateye iteka igihugu c’uburundi muvy’umuziki ndetse nawe akaryitera akongera akaritera abarundi n’abarundikazi mwigoye kumutora nuko ushobora gutangura mwuno mwanya nyene kumutora uciye ngaha kuri LINK http://www.nshuti-modeling.com/male

UMVIRIZA INDIRIMBO YIWE NSHASHA AHERUTSE GUSOHORA KUNO KWEZI TURIMWO

Advertisements

5 thoughts on “BIG FIZZO atangaje abantu benshi mw’ihiganwa ry’abanyarwanda az’ubwambere mugutorwa cane kuri VOTE badakakunze abakura AWARD mumaboko

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s