SAMEDI:_itariki 29.10.2016 ngo G-BO azokuronsa indirimbo yiwe nshasha yitwa“PAM PAM SHIDA“uraza muri CONCERT LAUNCHING NEW COMPANY THE CLASSICO kuri ONE PEOPLE mu Gasenyi


Umuririmvyi G-BO yakoze indirimbo iryoshe cane gose yise SIONI , iguma ikundwa cane gose n’abantu benshi cane batandakundanye bari mubihugu bari mu Burundi n’ahandi nuko haciye ukwezi niho yasohoye Video yayo nshasha kandi imaze iminsi ayishize k’umugaragaro ikomeza kubaryohera abaguma bayiraba sivyo gusa araherutse kumenyesha aba fans biwe y’uko agomba gusohora iyindi indirimbo yiwe nshasha izobikaze cane gose nawe aremeza ko irimwo ubuhinga bukomeye cane ni wabwumviriza  neza ntu zokwidoga womenya y’uko umuntu wese azoryoherwa nayo na canecane uri umu fans wiwe.

Naho wobutari umu fans wiwe uzotegezwa kumvako waryohewe ikindi yarababwiye ko abayishaka kuyironka canke kuyumviriza bazokwishikire muri Concert yiswe CONCERT LAUNCHING NEW COMPANY THE CLASSICO izoba kwuruwu wa gandatu itariki 29.10.2016 ahobukera mugisagara ca Bujumbura ahitwa mu Gasenyi kuri ONE PEOPLE urahashika hakirikare ntuzocikwe uzobar’umunsi ukomeye cane w’iyugururwa ry’icese rya Company nshasha yitwa THE CLASSICO izanwe mugihugu c’uburundi kuhakorera ibigisata biribiri arivyo  PRODUCTION VIDEO na PHOTOGRAPHY.

franckUmuririmvyi G-BO arabwira ko uno mwaka wa 2106  ntakuryama aguma akora umuziki w’uburundi abashimisha aba fans biwe niho avuze y’uko igikorwa gishasha yamazemwo iminsi myinshi yarakibateguje ko kizobashikira muminsi irimbere kuno kwezi nuko ngo yamaze kugiheza ntaco s’ikindi ni indirimbo yiwe nshasha yabereye ko ayihejeje gusa kuyikora azoca yibaha bakayumviriza akanayibaha bakayitunga muma telephone ngendanwa kuko ntisanzwe mu kuryoha ntibazoyihaga  rero isango nirirya nyene  itariki 29.10.2016 niho abamenyesheje ko azoyisohora k’umugaragaro muri iyo Concert.

Ni kuvuga ko ari k’umunsi wa gatandatu iyindwi hacasigaye amasaha makeya cane gose kugira yibashikirize arabateye akamo nkuko yabibamenyesheje ubwambere ko ikibanza nca bashaka kuyumviriza ubwambere nuko buhurira muri iyo Concert kubera ariho azoba ayishize ahagaragara ngo ukaba uri umu fans wiwe azokumvisha ayikuronse indirimbo yiwe nshasha yakoze kuno kwenzi nyene k’umwaka 2016 yashimye kubabwira uko ibazoba aho yayitore izina yitwa PAM PAM SHIDA arakumenyesheje neza ko itariki 29.10.2016 ngo uzoze muri CONCERT LAUNCHING NEW COMPANY THE CLASSICO 

gaAho bukera  kuwa gatandatu kuri ONE PEOPLE mu Gasenyi azoguteramisha ubwambere umubone LIVE yongere ayigushikirize ukuri kwamye ntuzotangwe kuko azobica bicike arakwemeza ko uzotaha uryohewe urahashika igihe c’isaha icenda ( 15H00) wibukeko kwinjira kumuryango azobari amafaranga 2000FBU nkuko umaze iminsi myinshi ubibona ko yatumiwe ninaho yashimye kuyiguhera ntuzoyihombe nawe yarahiye ko kuwomunsi uzotaha uryohewe cane gose kuko unaronkeraho akaryo keza kugushobora kumubona kuri SCÈNE aguteramisha wongera utamba iyo ndirimbo yiwe nshasha yise PAM PAM SHIDA

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s