HASIGAYE UMUNSI 1 N’AMASAHA:_ntu zokwidoge ngo ntiwamenye ingo twese tuzohurire muri CONCERT LAUNCHING NEW COMPANY THE CLASSICO kuwa gatandatu izobera mu Gasenyi ,i Bujumbura kuri ONE PEOPLE


Abarundi n’abarundikazi mukunda cane gose ibikorwa vy’abaririmvyi n’abaririmvyikazi bakora mu kubaryohera hamwe no kunashimisha mundirimbo basohora hamwe nama Concert bakora nuko ngo isango ryamaze kugera aho warumaze hafi ukwezi kose urindiranye igishika cinshi ncaya CONCERT yitwa LAUNCHING NEW COMPANY THE CLASSICO igiye kuba k’umunsi wa gatandatu iyi indwi nyene turimwo kw’itariki 29.10.2016 izobera mugisagara ca Bujumbura ahitwa mu Gasenyi haruguru ya Gard du Nord mu Kamenge ikibanza citwa ONE PEOPLE.

Ubu ntuzocikwe bizoba bishushe cane gose kuhishikira nta minsi myinshi isigaye ni umunsi 1 n’amasaha hejuru ni kuvugako uno munsi uvuyemwo hamwe nejo hazoza murumvako tuzoba twinjiye k’umunsi wa gatandatu itariki 29.10.2016 aho mwateguriye iyo Concert yagakuru kandi y’imbonekarimwe mugihugu c’iburundi kubera mwateguriye vyinshi.

franck

Bizobaryohera mukanezerwa aho abaririmvyi n’abaririmvyikazi bayirimbo bose ngo bazokwemeza urishikira mu Gasenyi,i Bujumbura kuri ONE PEOPLE kuv’isaha icenda zuzuye niho bazotangura kugurura ibirori vyo kuguteramisha hazoba haramutse haba iyugururwa ry’icese rya Company nshasha yitwa THE CLASSICO ibazaniye ibikorinka mugihugu c’uburundi mugisata nca PRODUCTION VIDEO na PHOTOGRAPHY.

Muntu uba mugisagara ca Bujumbura n’ahandi haba muntara ya Ruguru asha  ibuka HASIGAYE UMUNSI 1 N’AMASAHA ntu zokwidoge ngo ntibabikumenyeshe rero itariki 29.10.2016 twese duhurire muri CONCERT LAUNCHING NEW COMPANY THE CLASSICO izobera mu Gasenyi ,i Bujumbura  kuri ONE PEOPLE hama kwinjira uzotanga 2000Fbu mu kibanza gisanzwe hama 3000Fbu mu kibanza c’iteka.

Kandi ntivyemerewe gusiba kubera utaje uzohomba vyinshi warubizi ko uzoteramisha naba ARTIST BURUNDI na COMEDY BURUNDI bose hamwe bangana 25 bizoba bitoroshe ikizokunezera n’agafaranga kawe uzotanga mu kwinjira ntuzoshobora kukidogera ngo wagataje kuko ngo baremeza ko  urishikira gusa guhera isaha icenda“15H” gushika isaha zitano z’ijoro “23H”  uzoburiko uteramishwa ayo masaha yose naba bakurikira:-

-Emi one

-N.John

-Rachly

– Walidi

– G-Bo

– Pamy Queen

– JOE SING

– A.Flow Slim

– KABIZI BORIS & GITORO 

– POP-G

– Lolilo Lizzo

– Akes

– MAGIC SOLDIER

– Bienv-Fizzo

– SWAGG TEAM+257

Abandi ni :-

– KIMERE

– Revost

– Y.A.S Team

– Alvin Smith

– Smith

– AMASHIGA TEAM

– THE BROTHERS KID

– NESTER B

_ JADIX

– SWAIBA 4REAL

– KAYWAY

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s