UBUTIGU BURAGEZE:-Ntuzosibe Concert LAUNCHING NEW COMPANY THE CLASSICO yagakura itariki 29/10/2016 mu Gasenyi kuri ONE PEOPLE


Ibihangange vy’umuziki w’uburundi bagiye kuzobica bicike mu kuguteramisha wewe munywanyi w’indirimbo zabo ndetse ukunda umuziki w’uburundi nuko ngo mwateguriwe Concert yiswe LAUNCHING NEW COMPANY THE CLASSICO ni akataraboneka mugisagara ca BUJUMBUIRA izobibaye yimbonekarimwe irimwo ubuhinga bwinshi cane n’utugenegene mwateguriwe kubera harimwo naba COMEDY BURUNDI ivyo bihangange bizobateramisha barabateye akamo ntimuzosibibe ahubwo murahishikira.

Uzoryoherwa bazokwatsa umuriro kubera barabiteguriye cane muri CONCERT LAUNCHING NEW COMPANY THE CLASSICO murikumwe kwuruwu wa gatandatu iyi indwi itariki 29/10/2016 ahitwa mu Gasenyi aho benshi bazi kw’izina rya ONE PEOPLE guhera isaha icenda gushika isaha zatano z’ijoro hanyuma mube muritegura hakiri kare aho kwinjira muzotangishwa amafaranga 2000Fbu kandi V.I.P azobari 3000Fbu bizobabishushe cane ntimuzohombe kuza muri benshi kwirabira ukuntu bazokora ibikorinka ntibisanzwe.

franckAbanywanyi mu muziki w’uburundi muramenyeshejwe y’uko mwateguriye ibirori vyagakura k’umunsi wa gatandatu itariki 29/10/2016 kuri ONE PEOPLE  mu Gasenyi ka Bujumbura aho Company nshasha yiswe THE CLASSICO izobiriko irashize ahagaragara icese gikuru c’ibikorwa vyayo igiye gutangura gukorera banegihugu bo mu Burundi bwose na cane cane mugisata c’amasanamu hamwe n’amafoto murimakeye ni PRODUCTION VIDEO na PHOTOGRAPHY uwo munsi wa gatandatu iyi indwi izobaryohera mukuzoba murikumwe naba Artist Burundi bangana 25.

Uramenyeshejwe nk’umunywanyi w’umuziki w’uburundi kandi nk’umurundi canke umurundikazi kutazoyisaba ahubwo uzokwishikire hakirikare kuri One People, wirabire ubuhinga budasanzwe mwateguriwe n’ARTIST BURUNDI harimwo na COMEDY BURUNDI aho iyo Concert izobifise “PART 1 & 2 “

ARTIST BURUNDI & COMEDY BURUNDI bazogushwaramwo ntuzosibe uzoburiko uteramishwa na

-Emi one

-N.John

-Rachly

– Walidi

– G-Bo

– Pamy Queen

– JOE SING

– A.Flow Slim

– KABIZI BORIS & GITORO 

– POP-G

– Lolilo Lizzo

– Akes

– MAGIC SOLDIER

– Bienv-Fizzo

– SWAGG TEAM+257

N’abandi benshi cane gose tutarinze kudondagura amazina yabo uzohishikire wirabire ibikorinka bazogukorera uzoryoherwa gushikaho wumvako udashaka kubona bahejeje kuguteramisha tukwibutse ko ari kwuruwu wa gatandatu itariki 29/10/2016 ,kuv’isaha icenda hama ibirori birangire isaha ziatano z’ijoro.

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s