POP-G avuye mugihugu ca ITALY aje mu Burundi kubateramisha muri”CONCERT NEW LAUNCHING COMPANY THE CLASSICO”mundwi iza kuri ONE PEOPLE mu Gasenyi


Umuraperi POP-G asanzwe ari umuririmvyi w’umurundi akomeye cane gose mukuririmba indirimbo ziryoshe cane za HIP POP kandi aba mugisagara ca Bujumbura ,yaramaze iminsi 30 ari mukaruhuko“VACANCE” mugihugu ca ITALY ahasanzwe haba umufasha wiwe wumuzungukazi nawe ahora aza mu Burundi nuko mumasaha arimbere arashika mugihugu nca mwibarutse uburundi murikumwe kwuruyu wa gatano itariki 21/10/2016 ambwiye aba fans biwe y’uko y’abazaniye ibikorwa bishasha bizobaryohera bigizwe n’indirimbo hamwe nama Concert bazoryoherwamo abateramisha mukubaririmbira indirimbo ziwe ziryoshe.

Umuririmvyi POP-G  y’abimenyesha abantu bakunda umuziki w’uburundi hamwe naba fans biwe y’uko ntamasaha menshi asigaye kugira azekuba yabashikiriye mugisagara ca Bujumbura azakuba yahashitse iy’itariki 21/10/2016 agarutse mugihugu adasanzwe arizerako azobanezereza cane gose mundirimbo hamwe nama Concert yabateguriye vuba cane gose agiye kuzoyatangura kuyakora kandi aravuga y’uko hariho CONCERT yambere azobateramishamwo mwoshobora kuzohuriramwo itariki 29/10/2016 kuko azobemeza cane nyaburya mwarimumukumbuye kumbona kuri STAGE azobica bicike mumaso muyandi.

14527514_1792346731009302_251360597_nIyo Concert izoba mundwi iza tugiye gutangura azoba ari k’umunsi wa gatandatu aho umuririmvyi POP-G ngo azobaryohera cane gose nkuko yashoboye kuvugako azobariko arafasha Company nshasha yitwa THE CLASSICO mugisata nco gukora amasanamu n’amafoto “PRODUCTION VIDEO & PHOTOGRAPHY “ nkuko mugume mubimenyeshwa y’uko bizoba bishushe ibirori bizobera mu Gasenyi aho bita ONE PEOPLE nankeka kuwo munsi murikumwe nawe ntimuzocikwe kuza kwirabira ibikorwa bishasha bimwe bimwe azoshira kumugaragaro nkuko yabivuze  ari mukaruhuko  muri ITALY mwitegure cane gose.

POP-G akaba yabonetse ari kukibuga c’indege c’igihugu ca Italy niho yarungitse ubutumwa kurubuga rwiwe rwa FACEBOOK abamenyesha aba fans biwe y’uko mumasaha arimbere k’umunsi watano twahanguyemwo weekend,yavuze ngo” turikumwe buja bagenzi Ghetto boy” uno muririmvyi akomeye cane mu muziki w’uburundi akora HIP POP yarasohoye indirimbo yiwe nshasha igezweho kandi iryoshe cane gose yise” BLACK COLOR” rero aba fans biwe mumaze iminsi myinshi munyotewe ibikorwa vyiwe bishasha ntimuzotangwe kuzoza kumuraba itariki 29/10/2016 kuri ONE PEOPLE yatumiwemwo.

14725706_1803559723221336_7080531795566531804_nBenshi bahaziko ari mu Gasenyi ,i Bujumbura azobateramisha muri  Concert NEW LAUNCHING COMPANY THE CLASSICO izotangura igihe c’isaha icenda ” 15H” iheze isaha zitano ” 23H” kwinjira ni 2000Fbu / 3000Fbu V.I.P ngo  muzoryoherwa bidasanzwe kuko ngo iminsi 30 yaramazemwo mukaruhuko mugihugu ca ITALY ntiyagumye yicaye ahubwo yarabateguriye indirimbo ziwe nshasha ndetse n’inyuma yiyo Concert hariho iziwe azobategura muminsi irimbere mu kubandanya abanezereza cane.

Munywanyi w’umuziki w’uburundi musabire isengesho ry’Imana  imushikane amahoro meza umuririmvyi POP-G kanakanya yibereye munda y’indege aje mu Burundi bwamwibarutse.

14457522_123115668151410_3987781620933400201_n

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s