Iyi COMMANTAIRE irasa na”POST”ya SAT-B ashobora kubafis’ingorane mumutwe abaganga bamwiteho,arabemeje ntarwaye CANCER yarondera”KIKI”


Nkuko hamaze iminsi ariko ariyamirizwa n’abantu benshi bakunda umuziki w’uburundi bashoboye kumenyako Umuririmvyi SAT-B yariko aarabakinisha imitima yabo yongera akanisha nuw’umuvyeyi wiwe amuvyara munda ariwe MAMAN wiwe baje gusanga yariko arabakina muri SHOWBIZZZ mukuvugako arwaye ya CANCER  bahavuye bakomeza kumubonako ari umubeshi karuhariwe abandi bakavugako yoba yabitewe nagatabi “URUMOGI”yasomye kw’igenekerezo rya 09/10/2016 niho y’abamenyesha kwarwaye indwara ya CANCER bamusengere

Igitangaza aba fans biwe bamwe bamwe bafashe icemezo ko bahevye kuzoza barumviriza ivyababwira kuko naho azoba avuga ukuri bazoguma babonako ari ububeshi abambwiye abandi bahora bamufana barabihevye kubera ngo ubu baramaze kumenyako ububeshi bwiwe bwarwiriye baramuhinyuye hariho abatanze uburorero bw’icuro 3 y’ababeshi ngo niyigira 4  ngo yaratakaye n’ibindi vyinshi bitayemwo nivya CANCER yavuze munyuma abagize umuryango w’umuziki w’uburundi bakomeje kugira amatohoza bazagusanga yariko arabesha  mugukora SHOWBIZZ yirondera ukwashobora kumenyekana cane yongera yandikwa mubinyamakuru bimenykanisha umuziki w’uburundi.

13325519_907691526009790_5317708215895390300_n Abanywanyi mu muziki w’uburundi bavuze ati basogakuru barayamaze ngo” IKINYOMA KIMARA UMUNSI NTIKIMARA UMWAKA” bashoboye kuvugako ari umubeshi umuririmvyi SAT-B azwiko ari igihangange mu muziki w’uburundi ntiyarakwiye gukora SHOWBIZZ yisabira indwara Cancer akinisha ni MANA ni mugihe haheze amasaha arenga 7 ahejeje kwihindukiza mw’ijambo muvyo yivugiye ubwiwe inyuma  yaka VIDEO kamara imisegunda 32 yarungitse yemezako arwaye CANCER kwagiye gutora imiti  munyubakwa za RCR ikorera mu Rwanda iyo asanzwe amazeyo hafi umwaka wose ni inyuma y’indwi  iheze yaravyanditse kuri FACEBOOK yiwe rero kwuruwu wa gatatu kw’igenekerezo rya 19/10/2016 aravuze ngo ntayirwaye indwara ya CANCER.

Aho SAT-B yanditse POST 4 kuri Facebook yiwe ngo ntarwaye CANCER ,mw’ijambo rigufiya y’ashikirije aba fans biwe rigezweho kinogihe kuvurwa ” KIKI” niyoyarondera amenyekane cane mu muziki w’uburundi yongeye kandi avuga ngo ntawe yabesheye nkuko atawe yabeshe kuko imyiteguro y’igikorwa ciwe ntaho bihuriye nokukubesha wewe rimwe na rimwe aba nshaka kubona aho muri naho muhagaze birasanzwe cane mukazi kiwe akora k’umuziki w’uburundi iyo abeshe rero twagerageje uraba iciyumviro c’umunywanyi mu muziki w’uburundi kirasa nivyo uwo muririmvyi ahejeje kuvuga nkuko abantu baguma bavugako bamumenye kwafise ingeso y’ukubesha yaranse kumumvamwo.

14717277_2194625537482665_8041207212179748394_nSAT-B ahejeje kwemeza y’uko ntarwaye CANCER  mwibukeko yaheruka kubimenyesha aba fans biwe ubwambere y’uko abaganga basanzwe arwaye Cancer m’ubwonko  muga murumviseko  hariho ivyitwazo 4 bivugako naho yobabesha yishakira kumenyekana ” KIKI” ngiyi  POST 1 avuga ati”  Twahuriye kwa muganga ambwira ko arwaye CANCER kubw’uko ari umurundi nkanje ndishira mukibanza ciwe kubera numvise bibabaje mvuze ko narwaye ,abankunda barababara,abakunzi baramangera amasengesho menshi caaane abatankunda baja muvyo gusaba no gukora screen shoot za fake ntibamenya y’uko ari imistari y’indirimbo
DON’T juge#satura Just leave me !!!

POST 2 avuga ati” Ntawe nabesheye nkuko atawe nabeshe kuko imyiteguro y’igikorwa canje ntaho bihuriye nokukubesha wewe rimwe na rimwe mba nshaka kubona aho muri naho muhagaze birasanzwe cane mukazi kaanje TANKS fans sat b narababonye iryarya nazo narazibonye ndazibabariye IWACU ALBUM follow back !! ” POST 3  avuga ati” Gute ushobora kwemera ibi ??? Ntamuntu yivugira ko arwaye sida canke ibindi nka Cancer mu bantu adakora muri swaa !!! Just a music KIKI kungine si nyumbani kwani nyumbani ni nyumbani” POST 4 avuga ati” Twihanganire wewe fane wukuri werekanye akababaro menya neza nta Sat-b arwaye cancer,arwaye ibindi iriya ni Just lyricks z’indirimbo never juge me !! Je Just leave me !!

Iyi COMMANTAIRE yanditse umunywanyi w’umuziki w’uburundi kw’igenekerezo rya 17/10/2016 mumakuru duherutse kubashikiriza , rero iyo Commantaire uyisomye neza irerekana neza kwisa na“POST 2”yanditse SAT-B  aho uwo munywanyi yanditse yivugira ati Umbwambere yigeze kuvugayuko ahevye kuririmba munyuma ngo sivyo, ubunaho,… en faite uyomutipe arashobora kubafis’ingorane mumutwe. abaganga bamwiteho” akaba yabivuze nkuko amaze ngo kumwumva ababesha abanywanyi bakunda umuziki w’uburundi uguze umwaka ugira 3 abikora.

UKENEYE GUSOMA NIZINDI COMMANTAIRE NYINSHI ZANDITSWE N’ABANYWANYI MU MUZIKI W’UBURUNDI RABA AHO

https://www.facebook.com/photo.php?fbid=1806332692945270&set=a.1512140749031134.1073741829.100007056707853&type=3&theater

CANKE UKENEYE KURABA AKA VIDEO KIWE YIVUGIYE MUKWEMEZA NEZA KWARWAYE Cancer ARIKO UBU ARABIHAKANYEKO NTAYIRWAYE KARONDERE ,UKARABE HANO 

https://www.facebook.com/manirakiza.mussa.3/media_set?set=vb.100012947074269&type=2

Advertisements

One thought on “Iyi COMMANTAIRE irasa na”POST”ya SAT-B ashobora kubafis’ingorane mumutwe abaganga bamwiteho,arabemeje ntarwaye CANCER yarondera”KIKI”

  1. Le type franchement n’est pas serieux pense-t-il qu’il ne peut pas tomber malade de ce cancer qu’il n’arrête pas de chanter coe si il n’a pas autre chose à faire?? on a marre de ses foutues mensonges.!!!!!!

    Like

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s