TOMBOZA :- Umuririmvyikazi atahukana ikibanza ca mbere yitwe ”THE ARTIST OF MONTHLY SEMPTEMBER 2016″ asumbije n’abaririmvyi


Ndabaramukije mwese banywanyi mu muziki w’uburundi mudukurikirana cane urubuga rwa FACEBOOK Franck Pro twashaka kabambwirako mumwanya muminota 45  haramenyekana Umuririmvyi canke Umuririmvyikazi atsindiye ikibanza ca mbere mukwitwa
”THE ARTIST OF MONTHLY SEMPTEMBER 2016″
Asumbije bose bakora umuziki w’uburundi mugukora cane m’ukwezi kw’9 duheruka kurangiza nkuko yabashimishije akerekana inguvu ziwe afise mubikorwa vy’umuziki w’uburundi vyamuranze muruko kwezi vyagiye bishimisha aba fans biwe ndetse n’abanywanyi mu muziki w’uburundi.
13164387_2121616611450225_8686949667505312670_n
Ariko twobibira akabanga ko uwuza gutahukana itsinzi ni UMURIRIMVYIKAZI azakuba ari
”THE ARTIST OF MONTHLY SEMPTEMBER 2016.
 
Ikindi ukwezi kw’9 tukaba twarabonyeko abaririmvyikazi bitanze cane mukora ariko turavye uwasumbije abandi harimwo n’abaririmvyi bose canecane harimwo nama THE TOP 5 MUSIC BURUNDI twagenda tubashikiriza hamwe n’ukuntu indirimbo yiwe yasohoye mwukwo kwezi nyene yabashimishije.
Mbega munywanyi mu muziki w’uburundi  tomboza wibaza kwar’uwahe UMURIRIMVYIKAZI yasumbije n’ABARIRIMVYI mugukora neza bishimishije muma THE TOP 5 MUSIC BURUNDI abaryohera hagati yabano ABARIRIMVYIKAZI 4 nkuko yabigaragaje cane ukwezi wk’9 ?
Ashobora gutsindira ”THE ARTIST OF MONTHLY SEMPTEMBER 2016″ mumwanya turamubamenyesha

A = RACHLY

13700216_1640041949649073_1511450049129118059_n

B = THITY LOVE

12376362_1164154906937168_4255613568751917987_n

C = ASHLEY

12670790_638227842982578_8003492665883044283_n
 

D = PAMY QUEEN

13782185_1650196215306647_3978361704496975784_n

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s