PAMY QUEEN niwe y’atsindiye ikibanza ca mbere nca”THE ARTIST OF MONTHLY SEMPTEMBER 2016″akora umuziki w’uburundi


M’ukwezi kw’9 kuraheze abaririmvyi n’abaririmvyikazi bakora umuziki w’uburundi bagaragaje ibikorwa vyabo bitandukanye imbereyaba fans babo aho vy’abashimishije cane gose mu gusohora indirimbo nshasha zitandukanye abandi bakazikorera Video mugihugu cabo nohanze y’igihugu ,muribo twagiye tubarashikiriza amakuru menshi yabo agezweho  y’ibikorwa bakoze bishimisha abantu benshi babikwirikiranye ukwezi kose nkuko twama tubikora buri ukwezi  kurangiye haramenyekana uwakoze neza mu muziki w’uburundi  bwose kurusha abandi.

Muramaze iminsi mukurikirana umuziki w’uburundi nuko twinjiye m’ukwezi kw’10 gushasha twarakoze icegeranyo cabagiye barakora neza bashimisha aba fans babo nacanecane dufatiye kuri THE TOP 5 MUSIC BURUNDI twabashikirije zigaragza indirimbo nshasha zigezweho z’abaririmvyi n’abaririmvyikazi zatorwa naba fans babo mukwandika muri COMMENTIARE hakaba harashoboye kuboneka cane gose Umuririmvyikazi umwe yagumye yegukana ibibanza vyiza mukuba icuro nyishi uwambere.

14522942_1694771460849122_2619377986913159139_nUgasanga abaye uwa kabiri mugihe indirimbo yiwe yatorwa cane gose n’abanywanyi mu muziki w’uburundi ,guhera uno munsi wa gatandatu hamaze kumenyekana uwegukanye ikibanza ca mbere mugutsindira nca“ THE ARTIST OF MONTHLY SEMPTEMBER 2016 ”mu gukora cane gose mu muziki w’uburundi  yitanze abashimisha bamukurikirana ukwashoboye rero ibikorwa bimwe vy’umuziki w’uburundi cane gose mukuguma atsinda mukuba uwambere kuri THE TOP MUSIC BURUNDI vyamuranze mukwezi kw’9.

Uwashoboye gutahukana  ikibanza ca mbere acwgukira nca  THE ARTIST OF MONTHLY SEMPTEMBER 2016  mu gukora cane,ibigaragaza ahabona ibikorwa vyiwe asumbije abaririmvyi n’abaririmvyikazi mwagiye mukurikirana ivyobakoze babishira k’umugaragaro twabashikirije ukwezi guheze kw’9 kwari kugizwe n’iminsi 31 mu makuru agezweho y’umuziki w’uburundi  suwundi abaye rurangiranwa yakoze neza cane  kurusha abandi bose ni Umuririmvyikazi PAMY QUEEN yegukanye itsindi uhoboye umwite

 PAMY QUEEN THE ARTIST OF MONTHLY EMPTEMBER 2016″

pmay-queenUmuririmvyikazi PAMY QUEEN ,uno mwaka wa 2016 ariko arakora neza cane gose bigashimwa n’abantu benshi bakunda umuziki w’uburundi kuvaho asohoreye indirimbo nshasha yakoze muruko kwezi yitwa” NARATWAYE “ iguma ibica bicagika mukwironkera ikibanza ciza cane gose muma THE TOP 5 MUSIC BURUNDI ‘ntirarengana ikibanza 1 canke 2 nkuko itorwa gose mugihe habaye igihanwa ryo gutora indirimbo 5 nshasha zigezweho muvy’umuziki w’uburundi akabayasohoye indirimbo yiwe nshasha ya kuno kwezi kw’10 nayo twizereko igiye kubaryohera  cane yitwa” SIGNORITA Remix.

Ntisanzwe sivyimbeshere yatanguye kunezera abantu benshi baraye bayumvirije nuno munsi ukaba utarashoboye kuyumva ntutangwe ikindi ushobora kumukeza kurako gateka yiteye mugusumba gukora cane abaririmvyi n’abaririmvyikazi bose bakora umuziki w’uburundi hari ukwezi kw’9 guheza mbega nkumu fans w’umuririmvyi Pammy Queen wamubarira iki kubona yegukanye ikibanza ca mbere mugutsindira ” THE ARTIST OF MONTHLY SEMPTEMBER 2016″

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s