COMPANY The Classico MEDIA TOUR:-umviriza ikiganiro” SARTUDAY NIGHT “batumiye FRANCK PRO kuri RADIO CULTURE 99.9MHZ & 88.2FM


Abanywanyi mu muziki w’uburundi mu kuriirana cane Big FRANCK Promoter 
ngo vyuke bwakeye,uy’umunsi ni kuwa gatandatu itariki 15/10/2016 yashitse muri STUDIO z’iradiyo Y’IMICOKAMA ” RADIO CULTURE “ ngo egera amaradiyo yanyu mwunomwanya nyene mushire kumurongo w’ibice 99.9MHZ canke 88.2FM niwe ari umutumire w’ikiganiro SARTUDAY NIGHT akaba yatumiwe na EDISSON  arikumwe na ALAIN NOVA basanzwe baremesha ico kiganiro buri minsi yose ya gatandatu.
Ntimutangwe kumviriza ico abiganira kubijanye n’ishirahamwe ” COMPANY ” THE CLASSICO vuba cane rigiye gutangura gukorera mugihugu c’uburundi ndetse rikaba ryabateguriye CONCERT yagakurura izobirimwo abaririmvyi n’abaririmvyikazi bangana 25 izoba itariki 29/10/2016 ahitwa mu GASENYI kuri ONE PEOPLE musabwe kuzotegura 2000Fbu yo kwonjira canke 3000Fbu ya V.I.P , ushaka kumenya idonido ngo umviriza RADIO CULTURE uno mwanya.
14463122_123102824819361_6508764060911362969_n
Nyaruka mwumvirize ikiganiro SARTUDAY NIGHT arabiganira vyinshi vyerekeye Company THE CLASSICO ico izobije igamije gukora mu Burundi muri benegihugu bakibamwo rero arabibutsa ko RADIO CULTURE yumvikanira kubice 99.9MHZ canke 88.2FM
Aho ni kubari mugihugu c’uburundi hama kudafise hafi iradiyo canke abari hanze y’igihugu c’uburundi mushobora kumwumviriza muciye kubuhinga ngurukana bumenye ushobora kumwumviriza  uciye ngaha=====>>> http://radioculture.org
12307603_789965501130336_5640837318194376331_o
Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s