COMPANY The Classico MEDIA TOUR:-kuwa gatandatu batumiye FRANCK PRO mukiganiro”SATURDAY MORNING” isaha 9H kuri RADIO CULTURE uzomwumva kubice 99.9 canke 88.2 FM


Munywanyi mu muziki w’uburundi namwe bantu muhora mugomba abakamera imanza zanyu hatibagiwe abaririmvyi n’abaririmvyikazi bashaka gukorerwa Video kubiciro bizimbutse canke abifotoza amafoto meza ari naturel  ,abakora imanza mutumiwe mwese  k’umunsi wa gatandatu itariki 17/10/2016 ,ntuzotangwe kumviriza ikiganiro  SATURDAY MORNING  kiremesha abamenyeshamakuru EDISSON NDAYAHOZE na ALAIN NOVA  kw’iradiyo y’imicokama ” RADIO CULTURE” kuv’isaha zitatu z’igitondo “9H” uzocumvirize kubice 99.9 canke 88.2 FM .

RADIO CULTURE nkuko yumvikana kubice  99.9  88.2MHZ ikorera  i Bujumbura hama abari hanze y’igihugu c’uburundi muzomwumvize kuri http://www.radioculture.org/ azobayaramutse ari utumire wamu Promoter wanyu mukunda cane atuma mumenya ibikorwa bitandukanye vy’abaririmvyi n’abaririmvyikazi bakora umuziki w’uburundi azwi kw’izina rya FRANCK Pro akazoba yahishikiye azobiganira ivyerekeye kugurura ishirahamwe” COMPANTY” ryitwa THE CLASSICO mugukorera mugihugu c’uburundi.

14463122_123102824819361_6508764060911362969_nHategekanijwe y’uko kw’itariki 29/10/2016 hazoba igiteramo gikomeye cane kirimwo abaririmvyi n’abaririmvyikazi hamwe naba COMEDY BURUNDI kizobera kuri BAR ONE PEOPLE hazoshirwa icese k’umugagaro ry’ibikorwa rizokorera abenegihugu  rizokora PRODUCTION VIDEO & PHOTOGRAPHY, murahamagariwe kuzohishika mudacerewe guhera isahaicenda ” 15H” hanyuma gihere isaha zitano z’ijoro kandi kwinjira hazotangisha amafaranga 2000Fbu k’umuntu umwe hama kuwuzoshaka kwicara mukibanza ca V.I.P azorihishwa amafaranga 3000Fbu.

Ni k’umunsi wa gatandatu wiyi indwi ngo abarundi n’abarundikazi bazoryoherwa kuko bateguriwe ibirori bishushe kuwo munsi w’isece rero abashaka kumenya vyinshi  muri icogisata nivyo azobiganira mukiganiro SATURDAY MORNING.

Banywanyi mu muziki w’uburundi mugizwe n’abarundi hamwe n’abarundikazi ngo mwibukeko k’umunsi wa gatandatu itariki 15/10/2016,muzokwibuke gushira urushinge rw’iradiyo yanyu mutumbereze kubice 99.9 canke 88.2 FM  ni kubari mugihugu c’uburundi hama abari hanze y’igihugu c’uburundi muzo mwumviriza kuri internet kuri http://www.radioculture.org/

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s