TORA ANDIKA:_ indirimbo nshasha 1 murizi ukunda ik’igihe yihe amahirwe yinjire muri” THE TOP 5 MUSIC BURUNDI “


Banywanyi mu muziki w’uburundi twaherukana igihe giyoya cane mu kubashikiria urutonde rw’indirimbo nshasha zigezweho kino gihe umaze iminsi wumviriza aho muhora muronka akanya ko gutora indirimbo yiwe yonyene wiyumvamwo ko ukunda mu kuyiha amahirwe ikaja mundirimbo 5 zambere zivuye mundirimbo 10 tuba twabashikirije mugaca mutora mu kwandika igiharuro cayo muri COMMENTS nuko uno mwanya ushobora gutangura gutora.

Tukaba twabazaniye indirimbo 10 nshasha ubu zigezweho mu muziki w’uburundi ziriko zirabica bigacika mu bazumviriza bose rero ukaba uri umu fans wumwe mu baririmvyi canke abaririmvyikazi uza kubonamwo ya ndirimbo yiwe nshasha aheruka gusohora uno mwaka wa 2016 ukakuryohera bimwe bivuye kumutima niyo ucutora wibuke kwandika  igiharuro cayo muri COMMENTS.

Tora 1 yonyene mwazino ndirimbo 10 nshasha ziri k’urutonde hariho iyitwa

1. Rudi By Thity Love

14445945_2183237201954832_8441733237066710889_n

2. Forever By Master Sniper Ft Bienv-Freema

14485090_2186543541624198_6896647315767351071_n

3. Karita SALOME By Bain’Ten ( Ex:Diamond Platnumz Ft Rayvanny )

14524471_1750813445181286_2778281084548705356_o

4. Kapa By Mshindi Prince Ft Big Zoe

14600962_2187039791574573_8216131807476469076_n

5.Vyarashitse By Double Jay

14502771_2187991474812738_4049971737284645327_n

6. Kuki ? By Mkombozi Ft Christian

14600959_1244665332239701_891883298896139010_n

7. Naratwawe By Pamy Queen

14095790_1670979026561699_380247316551023774_n

8. My Baby By Big Fizzo

13265991_1739125159666024_7865621817809670726_n

9. Dorothea By A.Flow Slim

13895148_2155668124711740_3447453215792127538_n

10. Romantic rmx By Chris-Biz Ft Clementine

13895204_579746452206883_2953465824154750971_n

Ntutangwe kumuha amahirwe meza mu kumwerekako umushigikiye mu bikorwa vyiwe ubanje gutora indirimbo yiwe ubonye k’urutonde tuguha ntimwibagire gutora.

Advertisements

2 thoughts on “TORA ANDIKA:_ indirimbo nshasha 1 murizi ukunda ik’igihe yihe amahirwe yinjire muri” THE TOP 5 MUSIC BURUNDI “

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s