Ntuzosibe igiteramo kiryoshe cane ibirori bizoba bishushe kuri ONE PEOPLE mu Gasenyi ,i Bujumbura wateguriwe na”COMPANY THE CLASSICO” itariki 29/10/2016 aho ejo hazomanikwa AFFICHE kubipoto


Kuva kw’igenekerezo rya 30/09/2016 niho hatangurwa kumenyeshwa abanywanyi mu muziki w’uburundi  hamwe n’abantu bakunda kwifotoza hatibagiwe nabahora bakora imanza zitandukanye y’uko rya shirahamwe ryitwa THE CLASSICO barindiranye igishika cinshi kuzobona ibikorwa bishasha ribazaniye vy’iterambere mugisaga ca “PRODUCTION VIDEO & PHOTOGRAPHY “ rigiye gutangura vuba mugihugu c’uburundi  ariko imbera yuko rishira k’umugaragaro ibikorwa rizokorera abanegihugu b’uburundi nuko rryabanje kubategurira igiteramo kidasanzwe kizoba itariki 29/10/2016 kuri  BAR ONE PEOPLE haruguru yaho bita kuri GARD DU NORD.

Mu kamenge ni mugisagara ca Bujumbura  aho ico giteramo kizoba arico kugurura icese gikuru kidasanzwe c’ibikorwa bizoranga ishirahamwe “COMPANY “ THE CLASSICO niho ryashimye kukibategura abarundi n’abarundikazi kugira bazosangirire hamwe umunezero kubona bazoronka rimwe mumashirahamwe atari menshi mugihugu c’uburundi turavuga mubisata bijanye no gukora amasanamu hamwe namafoto nuko rirabahagariye mwese kuzoza kurishigikira muzohirire kuri BAR ONE PEOPLE mu Gasenyi.

14457522_123115668151410_3987781620933400201_nKuko ibirori bitegekanijwe kuzotangura igihe c’isaha icenda z’umuhingamo bikazorangira igihe c’isaha zitano z’ijoro hama kwinjira uwukunze canke umwana bose bazotanga amafaranga atarenga 2000FBU hanyuma abazoshaka kwicara mubibanza vya V.I.P bazotanga amafaranga 3000FBU ikindi nuko abantu mwese murindiranye igishika kuzoza mugiteramo ciswe LAUNCHING NEW COMPANY THE CLASSICO bizoba bushushe ngo ntiwasiba uzoba uhomvye vyinshi muramenyeshejwe y’uko k’umunsi w’ejo wa gatandatu niho AFFICHE z’ibirori.

ziraza kubashwaramwo  abari mugisagara ca Bujumbura hamwe ni micangararo yaho mukumanikwa  kubipoto bigize ama QUARTIER yanyu mubamwo  kugira zizokwame zibibutsa y’uko itariki 29/10/2016 aho uzokwishikira mubirori kuri ONE POEPLE mu Gasenyi rero ahabukera muratangura kuzibona nkuko mubona ko zahejejwe gukorwa mwibukeko hasigaye indwi zibiri zonyene kugira igiteramo gitangure nkuko citwa LAUNCHING NEW COMPANY THE CLASSICO.

IZINOZO AFFICHE Z'IGITERAMO ZIGIYE KUZOMANIKWA KUBIPOTO BIRI MUGISAGARA CA BUJUMBURA  K'UMUNSI W'EJO WA GATANDATU ITARIKI 08/10/2016

14543799_2188038204808065_10246921340698902_o 14543799_2188038204808065_10246921340698902_o 14566494_2188038284808057_3908796127000558823_o

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s