IRABIRE AMAFOTO 50 YARANZWEWO UDUSHA:- DIVINE NGENDABANKA ahimbanza umunsi mukuru wa ” Diplôme “yiwe witabiriye abantu benshi bakora umuziki w’uburundi


Umukinyi wamareresi akomeye mugihugu cuburundi akaba ari rurangiranwa mumasanamu menshi yindirimbo zitandukanye mugihugu cuburundi eka no muri Kano karere ka Africa yubuseruko benshi babazi nkaba queen Vidéo akaba yitwa DIVINE NGENDABANKA ,aho kuruyu wambere kw’igenekerezo rya 03/10/2016 niho yaramuka ahimbaza umunsi mukuru udasanzwe witabiriwe n’abantu benshi vyari biryoshe cane gose nkuko muvyibonera kuray’amafoto kubatashoboye kuhishikira nuko uwo mwigene niho yakuronswa impanyabushobozi z’urupapuro rwumutsindo bita ” Diplôme “,kandi urwo rubanza rukaba rwabereye kwijabe muhira iwabo kwibarabara benshi batazira Avenue de la mort.
 
Nkuko twashoboye kuganira nuwo mwigeme asigaye yitwa Queen Divinick yatubwiye ko yarangije umwaka wa cumi nagatatu mugisata cukubungabunga ubutunzi benshi bazi nka Gestion. Ayo mashure akaba yayigiye kwishure ryitwa ICB ,bosobanura mumajambo yose ngo “Institut Commercial de Bujumbura” twabamenyeshako ahora abica bigacika kuko amaze kuja muma VIDEO menshi twovuga nko muri Video ya mukuruwe ariwe Umuririmvyikazi Natacha NATACHA zitwa ” Tuungane,Kukuacha siwezi hamwe n’izindi nyinshi.
14590143_129481874181456_5499322647083459828_o
Aramaze kuja kandi muri Video z’umuririmvyi Mr Champagne nk’iyitwa” Nadeumarer ” hamwe n’izindi nyinshi ziwe kandi yarafashije umuririmvyi Aimable Tayaya muri Video yitwa ” Nibo Beza ” hamwe n’izindi nyinshi ziwe uwundi amaze gufasha umuririmvy G.Bo muri Video yitwa” Doda” hamwe nizindi nyinshi ziwe mwomenya y’uko yarafashije n’igihangange mu muziki w’uburundi ariwe umuririmvyi LOLILO LIZZO muri Video yitwa “Saana tu ” hamwe n’izindi nyinshi yakoze ziwe.
 
Aranamaze gufasha umuririmvyi Jay Fire muri Video yitwa ” Korason ” hamwe no muri Video ” Nzokurindira ” nizindi nyinshi ziwe ,uwundi yafashije n’igihangange mu muziki w’uburundi ariwe Umuririmvyi BIG FIZZO mundirimbo yitwa ” Ndakumissinze” mwomenya ko uyo mwigeme amaze gufasha n’abandi abaririmvyi benshi bo mugihugu ca RDC,Mû Rwanda hamwe na Ouganda tutibagiye na Tanzania.
14500699_129483197514657_532841203371338330_o
Twobamenyesha ko uwo munsi mukuru warukomeye cane gose abawujemwo baryohewe aho harimwo Abaririmvyi benshi hamwe n’abaproducteurs batandukanye ikindo mwomenya y’uko n’abamenyeshamakuru/kazi bari bahishikiye kugira bamushigikire aho twovuga nka: NATACHA ,HAPPY FAMBA,WILLY ETOILE DU CENTRE, GUERRA MAN , KENT P, A TZO ,PETER NIYO ,B FACE, BIENV-FREEMA , KABUCHERCHE KABOUTROUVE ,AIMABLE TAYAYA , G BO, THITY LOVE , CHANNY QUEEN , ANICK KABATESI ,SWAGG TEAM+257,GAGA BLUE,eka tutibagiye na MEMBA BRUNO asanzwe arongoye ishirahamwe ry’abaririmvyi n’abaririmvyikazi rizwi kw’izina rya Amicale des musiciens.
 
Mukamenya ko uwari ateramishije ivyo birori yari umumenyeshamakuru rurangiranwa Dj Raphan Mr Home afadikanije numwigeme Nelly Natty ,ikindi mwomenya nuko abaririmvyi bose bari baje bashoboye kuririmba indirimbo nziza ziryoshe baryohera abantu bose bari baje kuruwu munsi mukuru wabaye kw’igenekerezo rya 03/10/2016 ,twobamenyesha yuko hari umuntu yaje ava muri Reta nzunze ubumwe za Amerika yitwa KASSONGO arico gikorwa gusa cari camuzanye yaciye asubirayo bukeye.
KURIKIRANA NGAHA KURABA AYANDI AMAFOTO ARENGA 60 YEREKANA UKUNTU URUBANZA RWARI RUSHUSHE RURYOSHE CANE GOSE RW'UMU QUEEN "DIVI NICK " VIDEO OF BURUNDI 

14482011_129481577514819_6306142993479852806_o 14500394_129481687514808_3794331218151893521_o 14566381_129481660848144_377470947590477206_o

14434916_129479607515016_7143851569045505154_o 14468194_129479627515014_6577272592826436151_o 14468469_129480844181559_9071544074703943454_o 14468533_129481490848161_5999734560582958070_o 14468643_129479974181646_1227767558446958149_o 14480507_129479750848335_4660564922514965265_o 14480606_129481294181514_532779199404792243_o 14480729_129480507514926_4304070360903149019_o 14481972_129481357514841_3310708465271578532_o 14500426_129480970848213_6107602228730274749_o 14500634_129479707515006_2056761040366758196_o

14500653_129479834181660_2106276677566540093_o 14524388_129481130848197_8229686661043868402_o 14524460_129481177514859_8222795704162755082_o 14524991_129480557514921_5669882628146659722_o 14525066_129481407514836_4625716072879054321_o 14525206_129481444181499_7344315837056038263_o 14542295_129480764181567_6991365475336185498_o 14542400_129480334181610_2318187867828345599_o 14543832_129479577515019_8625016636775874832_o 14556593_129481047514872_1878060856810435674_o 14556665_129479880848322_4996787638990467699_o 14556674_129480690848241_2677530602168765404_o 14560068_129479677515009_2790459474657218053_o

14380064_129482104181433_1049216323940016131_o 14481858_129482017514775_3049302994567448083_o 14482011_129481614181482_2137249270066200364_o 14516549_129480140848296_8968348235786590514_n 14525160_129483144181329_4115483557346447088_o 14543894_129482134181430_2666777064665434716_o 14556686_129482984181345_8833516397206370820_o 14560129_129480630848247_2869051456244414811_o 14566220_129483314181312_4269516355784930786_o 14566305_129482060848104_1929919787719604741_o 14566427_129481730848137_4932988169598831217_o 14570749_129482367514740_8804363306084774405_o 14590033_129481977514779_6177162499769390916_o

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s