Muri Concert”LAUNCHING NEW COMPANY THE CLASSICO” ngo DJ NC arikumwe na DJ TEN ONTHEMIX w’umukobwa azomixa bazobica bicike ntuzotangwe kumwirabira itariki 29/10/2016 muri Bar ONE PEOPLE mu Gasenyi


Ngiyi Concert mutokwirengagiza canke gusiba kuzamwo muri abanywanyi benshi b’umuziki w’uburundi ,igiye kuzoba itariki 29/10/2016 muri BAR ONE PEOPLE mu Gasenyi , i Bujumbura hazokwaka umuriro mwinshi udasanzwe w’indirimbo z’ibihangange vy’umuziki w’uburundi  mutibagiwe naba DJS 2 bakomeye cane gose bo mu Burundi bazomixa izo ndirimbo mwateguriwe zizoba ziriko ziravuzwa bongera bazimixa mugihe muzobamuriko muteramishwa guhera igihe c’isaha icenda zuzuye  gushika isaha zitano z’ijoro eeh asha ngo gusiba ntibirimwo ngo  nimwe mubarirwa abarundi namwe abarundikazi muba mu Burundi.

Kubera mwasivye muzobuhomvye vyinshi wateguriwe muri iyi Concert yagakuru yitiriwe izina LAUNCHING NEW COMPANY THE CLASSICO mwibukeko azoba ari k’umunsi wa gatandatu aho hazoba hariko hashirwa k’umugaragaro icise gishasha c’ibikorwa vyi Company nshasha yiswe THE CLASSICO izanywe mugihugu c’uburundi kuhakorera ibijanye na PRODUCTION VIDEO & PHOTOGRAPH mwomenya ko abaririmvyi n’abaririmvyikazi bose ngo barabiteguriwe kubaryohera canecane aba fans babo aho hatumiwemwo nka Emi one , N.John , Rachly ,Troupe Amagaba ,Walidi ,  G-Bo , Pamy Queen, A.Flow Slim ,  KABIZI BORIS & GITORO bazobinjira bakine Comedy , Lolilo Lizzo,  Akes  , MAGIC SOLDIER , Bienv-Fizzo ,SWAGG TEAM+257 .

14463122_123102824819361_6508764060911362969_nConcert LAUNCHING NEW COMPANY THE CLASSICO izoba iryoshe cane gose muzi igituma ngo nuko harimwo aba DJS 2 bazokwatsa umuririro mukumixa indirimbo z’abaririmvyi n’abaririmvyikazi babateguriwe kuwo munsi ngaho muri Bar ONE PEOPLE mu Gasengi ka Bujumbura kandi mube murategura amafaranga 2000Fbu vyonyene vy’amarundi niyo muzoshobora gutanga mukwinjira hama ngo kubashaka kuzokwicara mubibanza vya V.I.P ntimwibagiwe namwe ngo mube murategura amafaranga 3000Fbu vy’amarundi aho rero abo DJS harimwo Dj w’umukobwa.

14522717_128708997592077_7792175110738716313_n
DJ TEN ONETHEMIX na DJ NC

Nkuko muzi neza ko mugihugu c’uburundi ntaba Djs b’abakobwa bariho cane  bakunze kuboneka muma Concert yi Bujumbura ,ariko Company The Classico yarashoboye kuzomubazanira azoba arikumwe numu Dj w’umuhungu bose barabiteguriye kuri MIX zidasanzwe muzoryoherwa cane  muri Concet Launching New Company The Classico  aboba DJS muzoba bariko baramixa indirimbo z’abariirmvyi n’abaririmvyikazi twababwiye amazina yabo nuko muzoba murikumwe na DJ NC  w’umuhungu hamwe na DJ TEN ONETHEMIX w’umukobwa ntavyorosha muri mixage z’indirimbo azonavuza z’abaririmvyi n’abaririmvyikazi bazobateramisha.

DJ NC na  DJ TEN ONETHEMIX baramenyesheje ko bazobica bicike itariki 29/10/2016 ntuzotangwe kuhishikira kuza  kwirabira uwumu DJ w’umukobwa yafashe aka Mix umengo suwavyigiye bose barahiye ko kuruwo munsi hazoca uwambaye barabubutsa ko gusiba bitarimwo kuko utaje munywanyi b’umuziki w’uburundi uzohomba vyinshi cane ngo ntuzobaze munyuma ingene vyagenze ahubwo barakwibutsa burategura agahuza uzozamwo uzokmbara ugashiremwo 2000Fbu yawe yo kwinjira canke 3000Fbu mukibanza ca V.I.P.

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s