RUMONGE:-huguruwe iradiyo nshasha yitwa”IZERE FM”kuri” 97.1MHZ”aho NATACHA yatumye umukuru w’igihugu c’uburundi akoma amashi rab’amafoto


Kuruyu wa gatandatu kw’igenekerezo rya 01/10/2016 ,niho huguruwe icese c’iradiyo yitwa””IZERE FM” isanzwe isamiranira muntara ya Rumonge kandi umukuru w’igihugu cuburundi nyenicubahiro Perezida PETERO NKURUNZIZA niwe yuguruye icese,hama umuririmvyikazi NATACHA ,nawe niwe yateramishije abakunywanyi mu muziki w’uburundi bari baje gusangira umunezero wo kuronka iyo Radio muntara yabo nshasha.
Umukuru w’igihugu akaba yashimiye caaane abatanguje uwo mugambi ndetse bakanawushira mungiro ngo biraboneka ko abenegihugu bariko barakora kugira bateze imbere igihugu cabo mubisata bitandukanye ikindi uwuserukira imbere y’amategeko Radio Izere FM ariwe umushingantahe BIKORIMANA BANJAMIN yaciye agabira PETERO NKURUNZIZA , inka yitwa ” IZERE FM “ ngo izobe icizere mugikorwa kinini afise cokurongora igihugu.
14520335_304486226600667_4572287944472764107_n
Munyuma zaho niho Umuririmvyikazi Natacha yaciye aririmba indirimbo uburundi bwacu ,aho n’umukuru w’igihugu yashoboye kuyiririmba ndetse arakoma amashi kwerekana ko yama ariko arakurikirana caaane ibikorwa vy’abaririmvyi n’abaririmvyikazi na cane cane vyuwo muririmvyi yari yishikiye muntara ya Rumonge ,wari umunsi udasanzwe ku bantu bose bariho.
14519735_304504583265498_1950072064753318000_n
Kandi yashoboye kwerekana igiteramo kiryoshe caaane aho abantu benshi vyabonetse ko bari bamunyotewe caaaane ndetse n’indirimbo ziwe bakaguma bazisubiramwo caaaane kandi baryohewe n’akamwemwe kenshi ntiyavyorosha kuko uwo muririmvyikazi yaratamvye neza aranyonga ibisusu aryohera abantu benshi mu Rumonge.
Gushika naho ababembe hamwe naba comédiens baduga kuri podium baranamufasha gutamba hamwe no gukatika ikindi nca ryoheye abantu bariho n’ukuntu yashoboye kuza hamwe n’umurwi wiwe wa Club Band hamwe n’abatamvyi biwe bose bakaba bari bashajije bambaye umwambaro mwiza usa neza mwomenya ko KIGINGI ari kumwe na Natacha babiciye biracika mugutamba sebeni y’igikongomani.
14481763_304484279934195_2336665077888631180_o
Uwurongoye urwego CNC rujejwe gukurikirana uko “bien y es va ma jury “bikora yashimiye umuririmvyikazi Natacha ndetse aranamukeza ko aguma aserukira neza igihugu cacu ,akaba nawe yakeje uwatanguje umugambi wo gutanguza Radio izere FM ,ariwe Bikorimana Benjamin ,kuko iyo radio izofasha muguteza imbere intara ya Rumonge.mugusozera umunsi mukuru niho umuririmvyikazi Natacha yaciye yinjira muri Studio za Radio izere FM ,
aho yatanze ikiganiro aho bashimye indirimbo yiwe yise” Shikilia “.
KURIKIRANA NGAHA KURABA AYANDI AMAFOTO ARENGA 60 YEREKANA UKUNTU UMURIRIMVYIKAZI Natacha YARAYE ABICIYE BIRACIKA MUNTARA YA Rumonge
14523153_304497643266192_7509334297934887878_n
14567479_304485043267452_3641662548306080396_o
14543966_304485119934111_2489406880619012595_o14543918_304485189934104_8561082030448563211_o14543732_304485516600738_4571643455285513524_o
14440684_304484863267470_7651295342765889954_n 14440747_304484979934125_833838136656133240_n 14441035_304484456600844_2771785264627641175_n 14445970_304484486600841_5626014576129990309_n 14449754_304485066600783_9132417291192238761_n 14463172_304484739934149_8108582382510216833_n 14463219_304484526600837_7652566553055177308_n 14468229_304484616600828_7928625925688261803_o 14468616_304484693267487_6498109584280901194_o 14479641_304484596600830_7479440444324707389_n 14500561_304484786600811_5849244192040908280_o 14516441_304484649934158_3445249233771513890_n 14568252_304484343267522_4649379041581847793_n 14570332_304485019934121_2297644479578418511_n 14542367_304484549934168_6694767389111590073_o 14572342_304484763267480_8210847390106242663_n
14445026_304485159934107_8593092205173415634_o 14445167_304485846600705_5461786701261732568_o 14502702_304485999934023_614165899956229368_n 14560215_304485933267363_2257850127099362729_o 14563424_304485963267360_126463455755612443_n 14566413_304485546600735_3397610008223160466_o 14567404_304485256600764_2197493486165438277_o 14572401_304486043267352_7870069010156107022_n 14572924_304484169934206_7887237982279460583_n 14572401_304486043267352_7870069010156107022_n 14572924_304484169934206_7887237982279460583_n 14567584_304486546600635_8418701971886119097_o 14444944_304486496600640_5565230922965602501_o
Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s