Imbonekarimwe mundirimbo z’abarundi ”KARITA SALOME By BAIN’TEN”imaze umunsi 1 muri YOU TUBE irenza”600 VIEWS” Ex:Diamond Platnumz


Inyuma yaho igihangange c’umuziki wa Tanzania ariwe umuririmvyi azwi kw’izina rya Diamond Platnumz  ,yashoboye gusubiramwo indirimbo MARIA SALOME y’umutanzanikazi SAIDA KAROLI ,nawe  acayita ” SALOME ” akayikorana numwe mu baririmvyi baho muri Tanzania asanzwe ari muri Label WCB arongiye nawe azwi kw’izina rya RAYMOND uko iminsi yagenda niko abantu benshi bari kw’isi yose bagenda bayikunda, ubunaho hasoboye kuboneka umuririmvyi w’umuririmvyi azwi kw’izina rya BAIN’TEN nawe yaraye ashoboye kuyisubiramwo kuyikora akaba yayise ngo” KARITA SALOME Remix.

Ivyo bikaba bitashoboye gushimisha bamwe mu banywanyi mu muziki w’uburundi ndeste n’abamenyeshamakuru bo mu Burundi ko umuririmvyi BAIN’TEN naho yinaguye kuyisubiramwo kuyikora hanyuma akayisohora nuko bamubariyeko batazoshobora kuyivuza kubera ngo yoba ariko asubiza inyuma umuziki w’uburundi ariko ntubwovyagenze uko hariho abandi bayakiriye neza cane bakavugako indirimbo nshasha ” KARITA SALOME Remix “ yiwe iemze neza cane kandi yabaryoheye cane gose bakamubarirako yakoze igikorwa ciza.

hqdefault
Saida Karoli NA Diamond Platnumz

Indirimbo KARITA SALOME Remix y’umuririmvyi  Bain’Ten  ,akora umuziki w’uburundi nuko iracari nshasha ikindi yayisohoye kuruyu wa gatandatu kw’igenekerezo rya 30/09/2016 ,niho abantu batandukanye bari mubihugu vyohanze y’igihugu c’uburundi hamwe nabari mu Burundi bose bashobora kuyumviriza icuro yabo yambere imaze kuja kurubuga kurukana bumenyi rukurikirana cane gose abantu benshi bita YOU TUBE bararyohewe kuyumva abandi bakomeza kuvugako batayishimiye kubera yayisubiyemwo kuko yabonye ngo Diamond Platnumz ngo yayisubiyemwo arinze gutanga amafaranga kwa Saida Karoli.

Ariko indirimbo Karita Salome By Bain’Ten ,Ex:Diamond Platnumz Ft Rayvanny,yayikoreye muri Studio AFRICAN TOUCH RECORDS ni nshasha kino gihe iriko irakora neza ibikorwa vy’abaririmvyi b’abarundi n’abarundikazi  kandi ntimboneka rimwe mundirimbo z’abarundi bakora umuziki w’uburundi ntivyari bwaboneka  cane gose aho indirimbo ishobora kuja muri YOU TUBE imaze umunsi 1 hama ikumvirizwa cane n’abantu benshi  batanguye kuyumviriza irarenza 600 VIEWS ,biribonekeza kandi ntibikunze kuboneka cane mundirimbo z’abarundi iyo bazishize muri You Tube zikamara umunsi 1.

8282_1679732412289390_8391038141042546173_n
          BAIN’TEN

BAIN’TEN akaba abaye umuririmvyi w’umurundi ashoboye gukwiza 600 VIEWS zirenga kurubuga rwa TOU TUBE niho yashizweho indirimbo yiwe nshasha yise KARITA SALOME Remix ,nuko ngo arateye akamo abanywanyi mu muziki w’uburundi babandanya bayumviriza eka ntabarashobora kuyumva banyaragase kuyitega amatwi bumvise ubuhinga yayikozemwo aririmba mururimi rw’ikirundi mwomenya ko uwo muririmvyi yaraye ijoro ayikora imbere y’uko ayisohora k’umugaragaro hari isaha indwi z’ijoro.

Nkuko abitwiganira ngo hari k’umunsi wa gatano itariki 30/10/2016 ,aho yiyumvira kwinjira muri Studio AFRICAN TOUCH  kuyikora, arambwira abantu batarayumva indirimbo yiwe nshasha yise” KARITA SALOME REMIX “arabateye akamo kuyisanga muri You Tube mwandike ngo ” Karita SALOME remix By Bain’Ten ( Ex:Diamond Platnumz Ft Rayvanny ) /Promo NEW MUSIC 2016 BURUNDI” mucamuyibona ubwonyene.

14492576_2185141478431071_2632952914005874827_n
Bain’Ten ARI MURI STUDIO African Touch
UMVIRIZA INDIRIMBO NSHASHA "Karita SALOME remix By Bain'Ten
Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s