Amakuru ababaje abantu benshi avuye muntara ya Bubanza ubunyene ngo umuririmvyi MAGIC TYLO arapfuye ubunye yaragize”THE BROTHERS KID”


Umurwi w’abaririmvyi  2 bavukana basanzwe bakora umuziki w’uburundi bakaba bavuka muntara ya Bubanza bazwi kw’izina rya THE BROTHERS KID kandi bari baherutse gusohora Video nshasha y’indirimbo NDAGUKUMBURA kinogihe iriko iryohera abantu benshi baguma bayiraba ekanaba fans babo. nuko  inkuru ibabaje mwari ijoro buca ari k’umunsi wagatandatu hashoboye kumenyekana amakuru yabo ababaje cane gose abantu benshi bagize umuryango wabo buzuye amarira ntiworaba agahinda n’umubabaro.

Abuzuyemwo mumutima aho umwe muri ab’abaririmvyi ahejeje kwitaba Imana ntakiri kw’isi yabazima , ay’amakuru ajanye n’urupfu rwumwe mu baririmvyi 2 bavukana bagize umurwi wabo bise THE BROTHERS ,duhejeje kuyahambwa nuwukira muzima bavukana ngo  uwuhejeje gupfa akaba yarazwi kw’izina rya MAGIC TYLO niwe ashoboye kwitaba umuremyi bikavurwako yararwaye nkuko bitwiganiye nuwo yarasanzwe ari mutoya wiwe, amenyesha  aba fans babo,mumenya y’uko ababaye cane kubona umuvukanyi wiwe apfuye.

13653131_2154790838132802_1376548879258113006_o
Nguyo MAGIC TYLO , AHEJEJE KWITABA UWAMUREMYE ,YAPFUYE

Baribagize umurwi ari 2 noneho ngo agiye kwisigarana arumwe mukuguma umurwi wabo witwa THE BROTHERS KID kandi adafise uwobavukana ,aboneyeho akaryo ko kumenyesha canecana abantu musanzwe muba muntara ya Bubanza , ubu mukuru wiwe mwakunda cane ukuntu bakorana umwuga wo kubaririmba indirimbo mukaryoherwa  ashoboye gupfa ubunyene, arabibamenyesheje ababaye cane gose kumutima avuze ngo   ahejeje kugira ingorane.

Ubunyene muri buno bucagucagu bwo k’umunsi wa agatandatu niho  mukuru wiwe benshi muzi nka Magic Tylo apfiriyeko aho yaragwaye hama ngo incuti abagenzi naba fans mushobore kubimenyeraho mugende mukiriyo ibindi muraza kubimenyeshwa nimwashikayo nkuko basanzwe bavuka i Bubanza ,ukoniko bihejeje kugenda umubabaro ni mwinshi cane gose mumuryango wabuze uwo muririmvyi bakunda batanka ariko Imana yamukunze kubarusha ,tukaba tuboneyeho akanya kokuwuhoza babandanye kwihanga.

13913932_2154790818132804_1180611801873949534_o
Uwo niwe mutoya wumuhisi Magic Tylo

Mbega nk’umunywanyi mu muziki w’uburundi wohoza gute uwo muryango wabuze canke uwo mutoya yiwe wa Magic Tlyo asigaye wenyene agize The Brothers Kid?

Advertisements

One thought on “Amakuru ababaje abantu benshi avuye muntara ya Bubanza ubunyene ngo umuririmvyi MAGIC TYLO arapfuye ubunye yaragize”THE BROTHERS KID”

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s