Concert ” LAUNCHING NEW COMPANY CLASSICO IN BURUNDI “izobifise” PART 1 & 2 “ntuzoyicikwe uzoteramishwa na”20 ARTIST BURUNDI”muri One People mu Gasenyi


Rya shirahamwe rishasha rije gukorera mugihugu c’uburundi mukuzana akarusho gakomeye muri benegihugu kandi mwari murindiranye igishika ryitwa ” THE CLASSICO “ry’abashwayemwo kw’igenekerezo rya 29/10/2016 muri uno mwanka nyene turimwo w’ibihumbi cumi na bibiri na gatandatu ,aho rimenyesheje abarundi n’abarundikazi hamwe n’abanywanyi mu muziki w’uburundi ,ngo ryabateguriwe ikirori kidasanzwe ciswe”LAUNCHING NEW COMPANY CLASSICO IN BURUNDI “ azoba ari umunsi wo kugurura icese gikuru k’umugaragaro c”ibikorwa ryayo hanini rifise igisata nco gukora “PRODUCTION VIDEO na PHOTOGRAPHY ” kandi muzobamurikumwe na DJ NC hamwe na Mc muzi kwizina nka DJ FANNY.

Ntiryibagiye kuzokorera imanza abantu nka MARRIAGE ,DOT,EVENTS n’ibindi vyinshi kandi rizokotesha ibikoresho vyayo bigezweho  ,murahawe ikaze kuwo munsi w’iteka mu kuzokwifatanya na THE CLASSICO  nuko ngo riramenyesheje  abantu muba mumicungararo y’igisagara ca Bujumbura,kuzoyitabira muri benshi iyi Concert yiyugurura icese c’ibikorwa bizobashimisha nivyamara gutangura gukorwa itegekanijwe kuba k’umunsi wa gatandatu iyo tariki nyene kandi izobanezereza mwomenya y’uko muzoba murikumwe n’ibihangange vy’umuziki w’uburundi ntimuzocikwe kuyizamwo.

Kandi ngo ntuzoyisibe kuyizamwo kuko uwuzohishikira wese azoryoherwa birenze muguteramishwa n’ARTIST BURUNDI bonyene kandi izobera ahobenshi bamenyereye kw’izina rya ONE PEOPLE mu Gasenyi , ni concert yagakuramu Burundi utoshobora kwirengagiza kuzamwo izoba ishushe ushobora gutangura kubimenyesha abantu bakunda indirimbo ndundi canecane abanywanyi b’umuziki w’uburundi ,bari Bujumbura n’ahandi hose kandi ngo ntimuzokwibagire kuzoza witwaje amafaranga  yo kwinjira ninko kubuntu.

Nkuko Company The Classico ,yabateguriye Concert yimbonekarimwe mu Burundi kandi yagakuru irabamenyesha abarundi n’abarundikazi bose muzokwishikira  muri ONE PEOPLE mu Gasenyi ni mugisagara ca Bujumbura nuko ngo muzoteramisha naba Artist Burundi barenga bimirongo ibirik bisankuko muzokesha mugihe muzotang amafaranga 2000Fbu mukibanza bisanzwe canke 3000Fbu mubisanza vy’iteka ,usabwe kuzokwishikira hakirikare kuva isaha icenda zuzuye niho izotangura Concert LAUNCHING NEW COMPANY THE CLASSICO.

14457522_123115668151410_3987781620933400201_nIkazohera igihe c’isaha zitano z’ijoro,ikindi mwomenya y’uko muzoteramisha n’imice 2  yaba 20 ARTIST BURUNDI bazoguteramisha gushika aho uryoherwa hazobamwo udusha twinshi cane gose nuko umenyeshwa nk’umunywanyi w’umuziki w’uburundi kutazoyisaba ahubwo uzoyizemwo wirabire ubuhinga budasanzwe mwateguriwe aho izobifise “PART 1 & 2 “ yabo aba Artist aya niyo amazina yabo aho ushoboye kubamenyeshwa hakirikare nkuko unababona amafoto yabo kuri Affiche uko niko bitegekanijwe kuva isaha icenda gushika ihere isaha zitano z’ijoro:”

 

 

PART 1: ARTIST INVITES
____
Bazoririmba

– KIMERE

– Revost

– Y.A.S Team

– Alvin Smith

– THE KING SNACK bazotamba

– AMASHIGA TEAM

– THE BROTHERS KID

– NESTER B

_ JADIX

– SWAIBA 4REAL
__________

PART 2 ARTIST PRINCIPAL Bazoririmba

Emi one

N.John

Rachly

– Troupe Amagaba

– Walidi

– G-Bo

– Pamy Queen

– A.Flow Slim

– KABIZI BORIS & GITORO bazobinjira bakine Comedy

– Lolilo Lizzo

– Akes

– MAGIC SOLDIER

– Bienv-Fizzo

– SWAGG TEAM+257

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s