MEDIA TOUR Company THE CLASSICO in Burundi:_ejo (18H) uzokumviriza iradiyo COLOMBE kubice 92.3MHZ batumiye FRANCK Pro azobiganira vyinshi vy’igiteramo yabateguriye


Munywanyi mu muziki w’uburundi namwe bantu muhora mugomba abakamera imanza zanyu hatibagiwe abaririmvyi n’abaririmvyikazi mushaka gukorerwa Video nshasha kubiciro bizimbutse canke abashaka kwifotoza amafoto meza ari naturel nuko ngo ahabukera k’umunsi wa gatatu itariki 28/09/2016 muhamagariwe kuzotangwa kumviriza ikiganiro AHABONA MOMENT gica kw’iradiyo COLOMBE F.M ,yumvikana kuri 92.3 ikorera mugisagara ca Bujumbura

kikaremeshwa n’umumenyesha makurukazi JUDIE CAELLE kandi gihora igitangura isaha icumi na zibiri z’umugaroba “18H” aho yashoboye gutumira umu Promoter wanyu mukunda cane muzi kw’izina rya FRANCK Pro.

1474229747690

FRANCK Pro azoba ari umutumire adasanzwe w’ikiganiro AHABONA MOMENT cumvikanira kw’iradiyo COLOMBE F.M kubice 92.3MHZ ,isaha niryanyene kizotangurirako akazoba yahishikiye ari kumwe na JUDIE CAELLE hanini nuko ngo azobiganira ivyerekeye kuguruza ikampuni yiwe nshasha ije kw’izina rya THE CLASSICO ni nshasha mugihugu c’uburundi izokora ivyerekeye PRODUCTION VIDEO & PHOTOGRAPHY abashaka kumenya icije ibazaniye n’impinduka izanye muri icogisata na canecane mu baririmvyi n’abaririmvyikazi.

Hamwe nabahora bakora impanza zabo zigakorwa neza mugukamerwa canke mugufotora ikindi nuko n’abantu bakunda kwifotoza bazoharonkera akarusho ubu ngp muramenyeshwejwe ko k’umunsi w’ejo wa gatatu mwoshira amaradiyo yanyu mukuyatumbereza kubice 92.3MHZ mu kumviriza iradiyo COLOMBE nkuko yatumiye Franck Pro mu kuzobiganira ivya Company yiwe nshasha yise THE CLASSICO.

1375882_339782712875144_6648605323557630691_nNtazokwibagira no kubambwira ukuntu ariko abategurira abanywanyi mukunda uziki w’uburundi kandi muwukurikirana cane gose muhagariwe kuzoza mugiteramo nca kataraboneka mugisagara ca Bujumbura kizoba kw’igenekerezo rya 29/10/2016  ahitwa ONE PEOPLE  mu Gasenyi vuba hagiye gusohoka AFFICHE yaco, vyinshi azobibambwira muri icokiganiro ejo isaha icumi na zibiri (18H) ngo uzobe wuguruye iradiyo Colombe , yawe uyitumbereze urushinge kubice 92.3MHZ nkuko yatumiwe mukiganiro AHABONA MOMENT ca Judie Caelle.

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s