Ntuzotangwe ahobukera kumviriza ikiganiro HOME FLAVOUR kw’iradiyo SALAMA kuri 92.3MHZ bamutumiye wamu Promoter mukunda cane azwi nka FRANCK PRO


Banywanyi mu muziki w’uburundi,mumaze iminsi murindiranye igishika cinshi wamu  Promoter bakunda cane azwi kw’izina rya FRANCK PRO mu kubashikiriza amakuru agezweho y’abaririmvyi n’abaririmvyikazi ,amenyekanisha ibikorwa bakora,ngo isango yabahaye rirageze ntiribacike  ahobukera k’umunsi wa mbere itariki 26/09/2016 azoba ari umutumire adasanzwe kw’idariyo ikorera mugisgara ca Bujumbura ariyo mumenyereyekwita SALAMA F.M yumvikanira kuri 92.3 mhz niho batanguye kuvugako bazomwumviriza ari benshi cane gose.

Promoter FRANCK Pro akazoba ari kumwe n’umumenyeshamakuru muzi nka MR HOME No1 / DJ RAPHA abateramisha mu kiganiro citwa “ HOME FLAVOUR ”  

cumvikanira kuri 92.3MHZ nuko rero muramenyeshejwe abanywanyi bico kiganiro nkuko musagazwe mukunda ukuntu mushikirizwa amakuru agezweho y’umuziki w’uburundi nuwo Promoter ngo arabatumiye ntimuzotangwe kumwumviriza azoba yabazaniye bimwe bita “SURPRISE”muzovyumva mwongere munezerwe akavuga ko bizobabidanzwe, kizotangura igihe c’isaha zitano (11H ) z’igitondo ni mumasaha yo mugihugu c’uburundi bwose.

14462837_1795902597321613_5042278482383531354_nIkiganiro HOME FLAVOUR ntikizobacike kizoba kiriko kiremeshwa na MR HOME No1 nkukovyamye azoba ari kumwe n’umutumire wiwe azobanira awariwe wamu Promoter mukunda cane azwi kw’izina rya FRANCK PRO azobiganira ibijanye n’ibikorwa vyiwe bishasha vuba cane agiye kuguruza ikampuni ” COMPANY” nshasha izokorera mugihugu c’uburundi bwamwibarutse aho izotezimbere abenegihugu benshi bakibamwo ntazobazimba ntagatoya kuko ibiciro vyayo ntizobazimba muri makeya bizoba bizimbutse k’umuntu wese azoyitura iyo kampuni.

14440845_1724372951156538_8306016418025784636_n
MR HOME No_1/DJ RAPHA

Rero ntumuzotangwe kumviriza ikiganiro HOME FLAVOUR ,batumiwemwo Promoter FRANCK PRO akazoshobora kubiganira vyinshi cane bijanye n’iterambere azoazana mu muziki w’uburundi hamwe nabenegihugu bose c’uburundi ,abazaniy imwe munzu ikomeye cane  yiwe izokora ibiyijanye na PRODUCTION VIDEO na PHOTOGRAPHY ekavyinshi  azobibagira hanini icatumye aba umutumire nuko hariho Concert igiye kuzoba m’ukwezi kuza kw’icumi uno mwaka wa 2016.

Turimwo yatanguye kuyibategurira abanyabujumbura bose kizoba kirimwo abaririmvyi n’abaririmvyikazi rurangiranwa bahano mugihugu c’uburundi ninakaryo muzoshobora kubamenya hamwe ni ukungene itunganijwe kuko izoba ari iyokugurura icese gikuru c’ikorwa vya ikampuni yiwe nshasha yise ” THE CLASSICO “

1474229747690

Abanywanyi ba FRANCK PRO ngo muba i Bujumbura n’ahandi nuko ejo kuwa mbere itariki 26/09/2016 ,muzobe abambere kumviriza iradiyo SALAMA F.M mugutumbereza urushinge kuri mugaheza mukamenya udukemanyi azobambwira ” SURPRISE” kandi isaha niryanye 11h.

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s