BIG FIZZO na T-MAX ngo bagize”COPIER BEAT”y’indirimbo So Suck ya NE-YO wo mugihugu c’America ngobirasa zumvirize


Umunywanyi mu muziki w’uburundi adashimye ko twomuvuga izina ubunyene ahejeje kumenyesha y’uko abaririmvyi BIG FIZZO na T-MAX bagize umurwi WANAJESHI KAMILI ngo bafashwa n;akamashu gakomeye kandi kagoye gutahura kuribo sikobibaza ko bobikora mwomenya y’uko bashoboye umwe muribo yariko aributsa aba fans babo abambwira ngo ijambo yaririmvye mundirimbo yitwa Inaniuma niho kuvuga ati“MMP yavuze ndani ya track Inaniuma” bakoranye na T-Max : Sasa ni msanii matata/ Ninakubalika/ Nafanya shows za uhakika/ Europe na Amerika/. Kadanganya?? 😄.”

Niho uwo munywanyi w’umuziki w’uburundi atatanzwe gucayirukira kumviriza iyondirimbo yaje gusanga barimvye bimwe bita ngo BEAT akavugako yayumvirije neza yumvise y’uko bisacane niy’umuririmvyi NE-YO wo mugihugu c’AMERICA yaririmvye indirimbo yitwa”So Sick” kandi arabamenyesha ngo abantu bazaguharira ko BIG FIZZO na T-MAX batagize COPIER BEAT bamuhinyuze ubonyene,bamaze kumviriza izondirimbo 2 baraza kumvamwo isano bifitaniye ikindi ngo uwatanguye kuyisohora nuwo muri America.

14469543_2181611612117391_224050174882857843_nTwobamenyesha rero abanywanyi mu muziki w’uburundi mushaka guhinyuza uwo muntu yavuze ko Big Fizzo na T-Max bigize COPIER BEAT y’indirimbo SO SUCK ya Ne-Yo bakayikoresha mundirimbo yabo bakoranye ” INANIUMA” ngo araza kumvako umudiho birasa neza ijana kw’ijana reri ntumutangwe kuzumviriza .

Izo ndirimbo zose twashoboye kuzibazanira muhinyuze uwashoboye kuvugako abagize WANAJESHI KAMILI bazwi nka BIG FIZZO & T-MAX ngo bagize COPIER BEAT bayishira mundirimbo yabo ngo yabonye ko bibabaje kubona ibihangange vy’umuziki w’uburundi bigana ama beat y’abandi baririmvyi barihanze muri America n’ahandi.

UMVIRIZE INDIRIMBO YAMBERE BAVUGA KO BAYIVYE BEAT " COPIER BEAT"
  1. Ne-Yo – So Sick

2.INANIUMA – BIG FIZZO ft T.MAX

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s