ANDIKA UTORE:_ indirimbo nshasha 1 ukunda kino gihe uyihe amahirwe izokwinjire kuri THE TOP 5 MUSIC BURUNDI


Banywanyi mu muziki w’uburundi twaherukana igihe giyoya cane mu kubashikiria urutonde rw’indirimbo nshasha zigezweho kino gihe umaze iminsi wumviriza aho muhora muronka akanya ko gutora indirimbo yiwe yonyene wiyumvamwo ko ukunda mu kuyiha amahirwe ikaja mundirimbo 5 zambere zivuye mundirimbo 10 tuba twabashikirije mugaca mutora mu kwandika igiharuro cayo muri COMMENTS nuko uno mwanya ushobora gutangura gutora.

Tukaba twabazaniye indirimbo 10 nshasha ubu zigezweho mu muziki w’uburundi ziriko zirabica bigacika mu bazumviriza bose rero ukaba uri umu fans wumwe mu baririmvyi canke abaririmvyikazi uza kubonamwo ya ndirimbo yiwe nshasha aheruka gusohora uno mwaka wa 2016 ukakuryohera bimwe bivuye kumutima niyo ucutora wibuke kwandika  igiharuro cayo muri COMMENTS.

Ntutangwe kumuha amahirwe meza mu kumwerekako umushigikiye mu bikorwa vyiwe ubanje gutora indirimbo yiwe ubonye k’urutonde tuguha ntimwibagire gutora.

Tora imwe yonyene mwazino ndirimbo 10 nshasha ziri k’urutonde hariho iyitwa:

1.Love Story By Chino-B

14390813_2179747898970429_1596034200842127578_n

2. Kuki ? By Mkombozi Ft Christian 

14333640_1225546330818268_2098149686061902949_n

3. Upendo By J.Marie Muco Ft Pastor Patric Banda

14368869_2178355129109706_5087302756948877539_n

4. Wee Baby By 2MunitesYeye Ft Travis

14433208_2180641238881095_179615675830522_n

5. Shikuza By Dj Nc Ft Stikk

14264882_2176710322607520_1268683140959300180_n

6. Acha waseme By Emi One Ft T- Max

14089304_2163417907270095_5147859211416033146_n

7.Naratwawe By Pamy Queen

14095790_1670979026561699_380247316551023774_n

8.Nimenogewa By Bienv-Freema Ft Magic Soldier

14355629_1787225744849032_1396986416538518298_n

9.Mugisagara By Akes

14433141_2180641365547749_2884280200228415182_n

10.My Love By Rachly Ft Jadix

14040031_2162904080654811_7073881047955148135_n

5 thoughts on “ANDIKA UTORE:_ indirimbo nshasha 1 ukunda kino gihe uyihe amahirwe izokwinjire kuri THE TOP 5 MUSIC BURUNDI

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe