BIG FIZZO agiye kuzozunguruka igihugu c’AMERICA agikoreramwo ibiteramo vyitiriwe”USA TOUR BIG FIZZO”menya amazina y’ibisagara azoyikoreramwo


Igihangange mu muziki w’uburundi,asanzwe ari rurangiranwa amenyereye kw’izina rya BIG FIZZO agiye kuzokwatsa umuriro mugihigu giteye imbere muvy’umuziki citwa AMERICA aho yahamagajwe kuzohategurirwa ibiteramo bitandukanye n’umuntu abayo asanzwe yitwa PAPY BONGIBO kandi ntibikiribanga yaravyemeje azohishikiriza  nkuko bimenyeshwa nuwo yabimuteguriye aho azozunguruka ibisagara bigize ico gihugu bikomakomeye muguteramisha abarundi n’abarundikaiz  harimwo abanyamerica.

Kurubu Big Fizzo yeremeranije amasezerano na PAPY BONGIBO yateguriwe icitwa USA TOUR BIG FIZZO nkuko abimenyesha abantu basanzwe ariyo bari rizoba ar’iteka kuruwo muririmvyi  ateye umuziki w’uburundi  nkuko amenyereye kenshi abikora muguteramisha abantu  iyo aramutse aja ibulaya ikindi  abarundi n’abarundikazi bose bari AMERICA basabwe kuzokwitabira USA TOUR ya Big Fizzo  kuko azobateramisha gushika baryoherwe abaririmbira indirimbo zitandukanye.

14212645_10210887193115315_7806045236155180552_n
               Uyu niwe PAPY BONGIBO

 USA TOUR BIG FIZZO ,igiye kuzokora umuririmvyi Big Fizzo ari mugihugu ca America azunguruka ibisagara bikigize ateramisha abanywanyi bakunda umuziki w’uburundi nkaba  fans biwe aho  uwayitanganije  yatanguye kubimenyesha abantu bose bahaba y’uko uwo muririmvyi ari confirmed kandi n’ibisagara azojamwo bigize ico gihugu azokoramwo ibiteramo bazokwitabira  nuko amazina yavyo yamaze kuja k’umugaragaro kandi  birakomakomeye cane.

Umuririmvyi Big Fizzo agomba gutangura gukora” USA TOUR BIG FIZZO ” akazokora ibiteramo 7, mubisagara 7 kandi ivyo bisagara azoshobora kujamwo gukoreramwo birazwi cane gose muri America,rero  ukaba ariyo wibera uramenyeshwa ngo  ntimuzocikwe kwishikira kumurorera aguteramishe ushoboye kuryoherwa naza ndirimbo ziwe wamye wumva kazoba arakaryo keza kuri wewe kumwibonera amaso muyandi arimbere yawe kuri stage aziriimba umubona wongera utamba kubera umunezero nkuko abamumenyereye batanguye kuvuga ko azokwatsa umuriro bamurindiranye igishika cinshi.

12697492_882244635227800_6874261271611409277_oNkuko ar’igihangange akora umuziki w’uburundi avyifatamwo neza mubiteramo bamuzi nka Big Fizzo ngo ubu azozunguruka  AMERICA  ayikoreramwo ibiteramo aho hose azoba ari kumwe n’abantu bazoza kwitabira umunsi w’igiteramo azoteramisha  nkuko uwabitunganije abimenyesheje yemeranije amazerano nuno muririmvyi na canecane haratewe akamo abarundi n’abarundikazi muriyo y’uko mwotangura kumwitegurira azobashwaramwo mwahavuye mumenyesha ibisagarara azokoreramwo USA TOUR BIG FIZZO ngibi uko vyitwa bimenye amazina hariho icitwa” ATLANTA , WASHINGTON D.C , CHICAGO , NEW YORK , LOS ANGLES, BOSTON, PORTLAND.

Kandi gushika uy’umwanya nivyo bisagara azojamwo nkuko twabiba dondaguriye amazina vyose hamwe ni 7 azobikoramwo ibiteramo bikitabira  abantu bahaba kandi batokwirengagiza kuzamwo nacanecane aba fans biwe musanzwe ariyo muba ngo murumva y’uko bizoba bishushe muri ivyo bisagara kuko ngo biteye imbere cane muvy’umuziki muri America.

14432982_10211044697172818_431020261190633001_n

Aho abantu mubibamwo mwatewe akamo kuzotazocikwa kuko USA TOUR BIG FIZZO itegekanijwe kuzorangira mukwezi kuza kw’icumi uno mwaka wa 2016 turimwomuzoze muri benshi cane kwirabira ubuhinga budasanzwe bazoteramishamwo,umuririmvyi Big Fizzo rurangiranwa muvy’umuziki w’uburundi  hamwe no mukarere kagize ibihugu vy’Africa ” EAST AFRICA”

UMVIRIZA INDIRIMBO ZIBIRI NI NSHASHA AHERUKA GUSOHORA UNO MWAKA WA 2016 ZIGEZWEHO MU MUZIKI W'UBURUNDI
Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s