Tora indirimbo nshasha ikuryohera cane kumviriza muri izi ngaha yinjire kuri THE TOP 5 MUSIC BURUNDI


Abanywanyi mu muziki w’uburundi uyu ni wamwanya wanyu wogutora indirimbo nshasha 2016 imaze iminsi ikuryohera gusumba izindi zose aho twakuzaniye urutonde rw’indirimbo 10 nshasha zasohowe n’abaririmvyi hamwe n’abaririmvyikazi wumvirije ukaryoherwa uraramwo imwe yonyene uheze uyitore k’umugaragaro mukuhiya amahirwe yo kwinjira kuri THE TOP 5 MUSIC BURUNDI ni kuvuga indirimbo 5 zigezweho mu muziki w’uburundi kino gihe.

Urutonde rwizo ndirimbo 10 nshasha tuguhaye utoramwo imwe yonyene abariyo wandika igiharuro cayo muri COMMENTS urabe neza kwari yo imaze iminsi wumviriza ukaryoherwa kuva igisohora umuririmvyi canke Umuririmvyi usanzwe ukunda ibikorwa vyiwe akora mu muziki w’uburundi yagushimishije ayisohoye ikakuryohera no gushika uno mwanya ukibandanya uryoherwa nayo muhe amahirwe uyitore yinjire kuri TOP 5 MUSIC BURUNDI.

Tangura gutora mu kwandika igiharuro c’indirimbo nshasha imwe yonyene ikuryohera kumviriza kurusha izindi zose ubonamwo ngaha murutonde rw’indirimbo 10 nshasha z’umwaka wa 2016  hariho iyifise igiharuro yitwa:

1. Niwako By Joe Sing

14316910_2175812022697350_5016953397256728759_n

2. Siku Mbili By Ashley

img-20160908-wa0219

3.Naratwawe By Pamy Queen

14095790_1670979026561699_380247316551023774_n

4. Barakubeshera By Preeze 36

14141810_1361990500496585_7447021129857708500_n

5. Uniform By Chiko

14222273_1788631988048674_736910709145602751_n

6. Acha waseme By Emi One Ft T-Max

14225541_1787846654793874_3544798193037080589_n

7. Buja Ville By Lanight / from SWAGG TEAM+257

14224971_2170160289929190_4759558538365214758_n

8. Niyo Mpamvu By Type

14184503_2169537616658124_1201011898097511637_n

9. Birababaje By Dialo

14202756_2170697299875489_5611874815175556477_n

10. Nimenogewa By Bienv-Freema Ft Magic Soldier

14225571_1780884515483155_7486739269181993639_n

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s