Nyuma yaho igihangenge mu muziki ariwe umuririmvyi LOLILO LIZZO y’ashoboye kuvuga ukuri kwiwe yakuye kumutima kujanye na Concert iriko itunganwa kuzoba kw’itariki 24/09/2016 izokora abagize Label WCB ya DIAMOND PLATMUNZ bazoba baje mugihugu c’uburundi kino gihe bamenyerewe cane ku mazina nka HARMONIZE,RICH MAVOKO,RAYMOND aho yavuze ngo yaravye abacuraranzi bakora umuziki w’uburundi bashize kuri AFFICHE bose ni Underground ntibari kubageraranya n’ababo muri Tanzania bazozana mu Burundi,akavuga ko umuziki w’uburundi ntuzopfa uteye imbere kubera abategura ama Concert mugihugu bakazona abanyamahanga hanyuma bakaba aribo bawusubiza inyuma.
Ngo abantu abateguye iyo Concert mukuzozana HARMONIZE,RICH MAVOKO,RAYMOND basanzwe ari abacuraranzi bo muri Tanzanai ngo boba baravuze amafaranga yokuriha abacuraranzi bakomeye mu Burundi canke batinye ko bohava bamaramaza abo baririmvyi bo muri Tanzania bazoza kandi abanywanyi benshi mu muziki w’uburundi barashoboye kumushikira Lolilo Lizzo aho amakuru turonse ubunyene vyahakomeyeaho umucararanzi DIAMOND PLATMUNZ arongoye WCB yaramvise ivyavuze igihangange c’umuziki mu Burundi ariwe Lolilo Lizzo yakwakiriye nabi agashavu karaniga ngo yamubaponze ibikorwa vyiwe bikora bacuraranzi biwe batutu.
Kugeza ubu biravurwa ko hashobora kwaduka ukutumvikana neza hagati y’umucuraranzi LOLILO LIZZO wo mu Burundi hamwe n’umucuraranzi DIAMOND PLATMUNZ wo muri Tanzania arongoye Label WCB irimwo HARMONIZE,RICH MAVOKO,RAYMOND kubera ngo uwo murururanzi w’umurundi muzi ko akomeye mu muziki w’uburundi yabonye ko mupondeye ibikorwa vya ” WCB” gushika ubu amakuru twamaze kuronka aravuga ko icuka umwanya n’umwanya gishobora kwaduka kuko agashavu karaniga cane kuri ico gihangange c’umuziki wo muri Tanzania na East Africa.
Superstar DIAMOND PLATMUNZ aramushavuriye cane kubera ngo yaponze ibikorwa vyiwe na WCB kuba izoza mu Burundi gukora muri Concert barikugereranwa n’abacuraranzi b’umuziki w’uburundi bazwi cane kubwiwe yabifashe yabaponze HARMONIZE,RICH MAVOKO,RAYMOND ,ico twabamenyesha uwahamagaje aboba Tanzania bazoza mu Burundi gukora Concert ubu turindiriye aduhe ikiganiro kuvyo yatumwe na Diamond Platmuz mukumenya ivyavuze igihangange c’umuziki w’uburundi ariwe Lolilo Lizzo kuko uwo murongozi wa WCB yaravymvise.
Amakuru tukibandanya kuronka hirya nohino bivurwa y’uko umwanya n’umunya mugihe ibintu bitoja mungiro hashobora kwaduka ibifu ikomeye hagati ya DIAMOND PLATMUNZ na LOLILO LIZZO kubera ivyo yavuze uno mucuraranzi w’umurundi akomeye cane mu muziki nkuko muvy’ibuka ko yamenyesheje nk’ukuri kwiwe avuga ngo < DIAMOND PLATNUMZ igihe nca mbere yaza mu Burundi gukora Concert amaze gushika muri Tanzania yavuze ko mu Burundi yahasanze abacuraranzi bakubita umuziki cane gushika aho bamweje >
Tubibutse bakoranye bakoranye indirimbo zibiri mu myaka iheze none ubu bashobora kugiriranira ibifu kubera ivyavuze umwe muri bo uwundi akavyakira nabi mu kuvga ko bamusuzuguriye ibikorwa vyiwe muri makeya ngo yamuonze nkuko mwabisomye turangize tubambwira ko ay’amakuru tuzoyagaruka ko ni twaheze guhabwa ikiganiro uwuzozana HARMONIZE,RICH MAVOKO,RAYMOND yatumwe n’umurongozi wa WCB ariwe Diamond Platmunz mu kwishura neza Lolilo Lizzo kubintu vyose yavuze vyatumye bimubabaza cane.
LOLILO NA DIAMOND NIBUMVIKANE NKUKO BAHORA BUMVIKANA
LikeLiked by 1 person