Aba fans ba KIDUM KIBIDO bashaka umuco ngo bafise ubwoba bwinshi bamubonye ahantu yagaramye hasi ameze nk’uwapfuye raba


Amakuru adushikiye ubunyene y’umuziki w’uburundi tukiriko turatohoza neza hirya nihino ajanye n’igihangange KIDUM KIBIDO nuko abantu bariko baravuga ko hamwe vyoba arivyo woba ari umubabaro udasanzwe mumuryango w’abaririmvyi n’abaririmvyi ndetse naba fans biwe nuko bashoboye kumubona ahantu yaguye hasi agaramye ntibazi ikintu coba ncabitumye ngo bikaboneka y’uko ameze nk’umuntu yoba yahuye n’isanganya kuko aho yaguye bamwitegereje neza mumaso umengo ntakiri muzima ,ico twobarira aba fans biwe turancabandaya amatohoza kugira muheze mumenye impamvu zabitumye muraguma hafi.

Abanywanyi benshi bakunda indirimbo ziwe bariko babona ivyamushikiye gushika nubu atarashobora kuvuga n’ijambo nta rimwe bakaba bafise amakenga ko yoba atakiri muzira nkuko twobibamenyesheje abanywanyi mu muziki w’uburundi namwe aba fans biwe ko tukibandanya gutohoza neza kugira hamenyekane icoba camufasha agatemba hasi agahita ata ubwenge uravye neza kuri iyo foto irabigaragaza ko yoba yagize ikibazo gikomeye cane gose kitarashobora kumenyekana rero aba fans biwe bariko bagira ubwoba bwinshi.

10532573_777807928907626_8670591500223975309_oKidum Kibido bariko bamusaba nimba agihumeka ashobore kubaha umuco bamenye ico yabaye kuko gushika nubu barancafise kwibaza vyinshi kuri kuko ifoto bariko barabona muma Group Whatsapp ikomeje kubatera umutima uhagaze kubera ntibarabona basi n’ijambo ntarimwe ribaha umuco ko akiri muzima rivuye iwiwe nkuko mubona uwo muntu ageregeza kumukura hasi birabonekako uwo muririmvyi atanguvu agifise arasinziriye rero nivyo biriko biratera ubwoba abantu benshi ko yoba yasandavye kuko ntavuga n’ijambo ntarimwe ntanukubona basi ngo batume bahumura  niyo amakuru akomejwe kuvurwa mugisagara ca Bujumbura.

Tubamenyeshe ko kino gihe igihangange mu muziki w’uburundi ariwe Umuririmvyi Kidum Kibido yaramaze iminsi ageramiwe n’abantu bakomeza kumushira mubinti bijanye na Politike nkuko vyagaraye k’umuyobozi w’iradiyo RPA ariwe BOBO RUGURIKA ikindi nuko uwo muririmvyi rurrangiranwa yaraye yanditse ubutumwa kuri facebook yiwe yiyamiriza abo bantu mu kubambwira ngo” Muriko murata umwanya ! Jewe nshaka amahoro gusa ! Uwutayashaka nawe hari ibindi vyinyegeje inyuma .

14265024_1754980091408392_8341001115780160498_n

None kidumu ubu niwe yahindutse ya leta muriko murarwanya ? Imisi hafi itatu umengo ntakandi Kazi mufise atari kidumu kidumu kidumu kidumu kidumu kidumu !!!! Ntakindi kintu mushobora gukora atari kidumu ! Concert ziriko zirategekanywa hano I Bujumbura zizokorwa Jewe ndahavuye Ni nyinshi kubahanzi bava muri Tanzania , kenya nabandi !!!!!! Ntaco muriko muravuga kuvyerekeye abo bandi ! Jewe none concert yanje kubera iki muyifata nkiyumwicanyi Canke umumenja ?

Ubumwe ibikorwa n’amajambere ndabibasavye . Facebook ntidusamaze.”

Turangize tubamenyesha abanywanyi mu muziki w’uburundi y’uko Umuririmvyi Kidum Kidibo kugeza ubu amakuru tumaze kuronka yerekeye uko kuntu kwiwe mubona yagaramye hasi biriko bivurwa ko yoba ari Video nshasha y’indirimbo itarashobora kumenyekana izina iyariyo muga turacabandanya kubatohoreza neza kugira muronke umuco ukwiye ay’amakuru tuzoyagarukako hanyuma tubamenyesha icavuyemwo kumatohoza turiko turakora kugira duhumurize aba fans biwe batekewe n’ubwoba bwinshi gushika uno mwanya butarahera.

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s