LOLILO LIZZO avuze umuziki w’uburundi ntuzopfa uteye imbere ngo babuze amahera yokuriha Superstar Burundi bashima gutora Underground Burundi muri Concert bazokora na HARMONIZE,RICH MAVOKO,RAYMOND” mu Burundi


Nyuma yaho hamenyekanye ko hariho abaririmvyi n’abaririmvyikazi bakora umuziki w’uburundi bashizwe muri Concert bazokora k’ubuntu atagahembo bahamwe aho aba fans babo bavuga ngo birababaje gukorera ubusa ntuhebwe kandi uri mugihugu cawe c’amavukiro ariko umunyamahanga akigusanzemwo agahembwa aho ni mugihe bari muri Concert yiswe” PEACE BUJUMBURA “igiye kuzoba mugihugu c’uburundi ,kw’igenekerezo rya 24/09/2016 niho abayitunganije bashimye kuzozana aba Superstar baririmba umuziki mugihugu ca Tanzania bazwi cane no East Africa bamenyerewe kumazina y’ubucuraranzi nka “HARMONIZE,RICH MAVOKO,RAYMOND” bagize umurwi WCB.
Ibiriko birakirwa nabi naba Superstar b’abacuraranzi bakora umuziki w’uburundi birababaza cane kubona batoyi babo bataco bazoshobora kwerekana gikomeye imbere yabo ba Tanzania mu kubemeza ko mu Burundi hariho umuziki umwe udasanzwe gushika aho biyumvira icabazanye ikindi kiriko kibabaza cane abarundi benshi kubona abantu bayiteguye Concert batigeze barondera abashiramwo abacuraranzi bazwi nkaba Supestar bakomeye muvy’umuziki w’uburundi kugira nuko rero amakuru dushoboye kuronka ubunyene aho umwe muba Superstar b’abacuraranzi mu Burundi bazwi cane mu muziki ariwe LOLILO LIZZO aragize ico abivuga ko mugutangara cane.
1003164_492807467471411_1881418183_n
Akibona AFFICHE yiyo Concert yuzuyeko abacuraranzi Underground bakora umuziki w’uburundi bazoshobora kuririmba imbere y’uko HARMONIZE,RICH MAVOKO,RAYMOND bo muri Tanzania baja kuri Scene kubwiwe ngo ntibakwiye kugereranwa nabo ahubwo iyo batora bagashiramwo abacuraranzi bamaze kubaka izina rikomeye mu muziki w’uburundi nibo bakwiye kugereranwa nabo ba Tanzania bazoza mu Burundi kuhakorera Concert ngo bari kubereka ubuhinga budasanzwe bakisanga muri kabaza ko mu Burundi hariho abacuraranzi bakaze k’umuziki none ngo abayiteguye baramaraje umuziki w’uburundi bagomba kwusubiza inyuma ntabindi bashaka kuko ntivyumvika ko abohanze bozoza.
LOLILO nkuko ari igihangange akora umuziki w’uburundi awumazemwo imyaka itari mike araneguye cane gose abateguye iyo Concert bashimye kuzozanamwo HARMONIZE,RICH MAVOKO,RAYMOND bo muri Tanzania baje mu Burundi guteramisha abarundi kuko bazoyikorera mugisagara ca Bujumbura ngo birateye isoni n’akamaramaza kubona abacuraranzi Underground bo mu Burundi aribo batoye bazokwifatanye n’abanyamahanga bazoba basanze iwabo ico abona nuko batari bakwiye kubagereranya nabo kuko ntabonako bazokwerekana intabwe umuziki w’uburundi ugezeko mugihe bazobariko barateramisha abantu imbere yabo banyamahanga bakabashira hasi mu kwisanga babemeje cane kuwo munsi.
14224862_2173221362956416_2188529072821060024_n
 Umuririmvyi LOLILO LIZZO akaba ahejeje kuvuga ukuri kwiwe agukuye kumutima kuko aramaze kubona akamaro gakomeye ka Concert zitumwako abanyamahanga baje mu Burundi kuhakorera bateramisha abantu kuko ngo kenshi bahora bisanga bemejwe cane k’umuziki w’uburundi naba Superstar baho yabandanije avuga ngo kuba hazoza abacuraranzi bakomeye bo muri Tanzania aribo HARMONIZE,RICH MAVOKO,RAYMOND bo hanze y’igihugu c’uburundi bazanwe mugisagara ca Bujumbura gukora iyo Concert mu biratangaje cane kubera yaravye abacuraranzi bakora umuziki w’uburundi nka bose bashize kuri AFFICHE ngo ntibobageraranya nabo bacuraranzi bo muri Tanzania bakaja hamwe kuri Scene.
Ukuri kwa Lolilo Lizzo nkuko yitabiriye ama Concert nkizo asanzwe azi ibikunda kubamwo avuga ngo ntibari bakwiriye gutora abacuraranzi Underground bakora umuziki w’uburundi nkuko mubona amazina yabo hariho“BLACK-G,BEST LIFE MUSIC,THITY LOVE,ASHELY,MR CHAMPAGNE” bakabagereranya hamwe naba Superstar nka HARMONIZE,RICH MAVOKO RAYMOND ahubwo bari gutora abacuraranzi Superstar b’umuziki w’uburundi bakabashiramwo kugira babakubite umuziki bumveko abacuraranzi bo mu Burundi badasanzwe k’umuziki mugihe bazoba babasanze iwabo muguteramisha abantu bakaryoherwa cane.
LOLILO LIZZO akomeje kubaza abanywanyi mu muziki w’uburundi y’uko abatunagnije iyo Concert boba batinye gushiramwo babacuranzi Superster bakora umuziki mu Burundi kugira ntibamaramaze abo bacuraranzi bo muri Tanzania ni babone y’uko umuziki w’uburundi ushigikiwe bikwiye imbere yabo kandi ngo abo bacuraranzi Underground baririmba muziki mu Burundi bashizemwo ntibakwiranye kuja hamwe na HARMONIZE,RICH MAVOKO RAYMOND” rero iyo bashiramwo Artist Superstar Burundi ntankeka bari kuberaka umuziki w’uburundi icarico muri Concert umuriro wari kwaka.
Ikindi y’akomeje kwibaza nuko abayiteguye Concert boba babuze amafaranga yokuriha abacuraranzi bazwi cane mu muziki w’uburundi aribo Superstar canke batinya y’uko bobata hasi abo bacuraranzi bo muri Tanzania bazoba baje mugihugu c’uburundi neza na neza mugutangura guteramisha abantu kw’itariki 24/09/2016,ahavuye abona ko umuziki w’uburundi ntuzopfa uteye imbere kubera abarundi bowuteje imbere nibo bariko bawusubiza inyuma mwiterambera kuko ngo abajejwe gutegura Concert z’abanyamahanga mu Burundi batoye aba Underground bagashira kuri AFFICHE bazoririmbane naba Superstar bavuye hanze y’igihugu c’uburundi hama ngo bashaka umuziki w’uburundi uzotera imbere nuko ivyo ntibizopfa bibaye.
Ngo Concert nkizo bakwiye gutora abacuraranzi Superstar bakora umuziki bakabagereranya nabohanze bakabereka ko umuziki w’uburundi uhari bagakubitwa umuziki gushika aho bavuga Oya ikindi yaciye abaza ngo mbega mur’ibuka DIAMOND PLATNUMZ igihe nca mbere yaza mu Burundi munyuma amaze gushika muri Tanzania yavuze ngo mu Burundi nahasanze abacuraranzi babizi cane,mwomenya y’uko aho hose LOLILO LIZZO igituma ariko aneguye cane abatunganije iyo Concert izokorerwa mu Burundi bwamwibarutse nuko biboneka y’uko aharanira umuziki w’uburundi utera imbere.
Kandi biramutangaje cane kubona Concert igiye kubera mu Burundi bahamagajemwo HARMONIZE,RICH MAVOKO,RAYMOND bakorera umuziki wabo mugihugu ca Tanzania mu kuzobagereranya n’abacuraranzi Underground bo Burundi nkuko bagiye hamwe kuri Affiche hakaburamwo abacuraranzi Superstar bo mu Burundi nyene biramaraje kandi umuziki w’uburundi.
Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s