MAGIC SOLDIER agomba akuzanire indirimbo yiwe nshasha apfadikanije na ASHLEY ngo ushaka baririmba ibivuga gute?


Umuririmvyi MAGIC SOLDIER ubu ngo aguma akora umuziki w’uburundi ukwashoboye kuguma anezereza aba fans biwe no kubandanya aterimbere mubikorwa vyiwe mu gihe bamushigikiye ari benshi bagashimishwa nivyo abakorera aho n’inyuma y’indirimbo ILEILE ,amenyeshejeko yatanguye kuyikorera Video yayo nshasha kubera abonako abantu ari benshi bayikunze ninayo mpamvu yikoze ariko ngo ntarshobora kuyisohora mu kurindira aheze kuyikorera amashusho akenewe kandi azobanezera abazoshobora kuyiraba kuko izobashimisha cane ariizera y’uko izomushikana kurwego ashaka.

Magic Soldier yabandanije akora neza umuziki w’uburundi mu kubadanya abanezera abo ba fans biwe niho inyuma yiyo ndirimbo Ileile,imaze ikiringo kingana ukwezi kose isohotse yaciye asubira gukora iyindi indirimbo yiwe nshasha yitwa” TUTA DO”ayikoranye n’umuririmvyi AKES nayo nyene yakiriwe neza n’abantu benshi bashoboye kuyimviriza  gushika ubu arabandanya baryoherwa nuko rero ngo ntahagarika kuguma akora ubu naho ariko abategurira indirimbo yiwe nyene nshasha vuba cane ngo izoba yasohotse akavugako yashoboye kuyipfadikanye n’umuririmvyikazi ASHLEY niyo igomba gusohoka.

11755118_1686009851619269_6189665277073151651_nUmuririmvyi Magic Soldier ,akaba yashoboye kubimenyesha aba fans biwe kuruwu wa gatatu iyi indwi turimwo niho yinjira muri Studio gukora indirimbo yiwe nshasha ari kumwe n’umuririmvyikazi Ashley ngo batanguye kuyikora iyo ndirimbo akavugako vuba cane izoshobora kuba yamaze guhera ariko arasaba ko boshobora kuvuga iciyumviro c’amajambo“SUJET”bagashobora kubiririmba muri iyo ndirimbo hama bavyumvise bakanezerwa naho atashimye kuvuga izina ryayo niho ambwira aba fans biwe baterere ivyiyumviro vyabo nkumu fans wiwe ubona baririmba amajambo yerekeye icahe iciyumviro ncokubaka?

Amenyesha y’uko yatanguye gukora  indirimbo yiwe nshasha  ayipfadikanije nuwo muririmvyikazi kandi vuba cane izoshobora kubashwaramwo muri makeya nuko Magic Soldier hamwe na Ashley aho batanguye ngo guyikorana nuko basaba aba fans babo bazoyumviriza botangure guterera ivyiyumviro bijanye n’ikintu babona bobaririmbira bakiyumvako baryohewe mu gihe bayumvirije iyo ndirimbo muminsi irimbere imaze guhezwa yose gukorwa neza bagashimawo  ivyo mwashimyeko baririmba nabo bazoheza bayibashikrize k’umugaragaro hama ibashwaremwo bakayitega amatwi mu kuyumviriza.

13524419_693137284158300_6703901324583579066_nAba fans ba Magic Soldier nuko twashoboye gukora ubushakashatsi bwayo makuru agezweho mu muziki w’uburundi ajanye n’indirimbo yiwe nshasha avugako yayikoranye n’umuririmvyikazi Ashley ,twasanze ko iyo ndirimbo ikorerwa muri Studio yitwa Master Muzik nkuko twashoboye kugerageza kuyaga n’abantu bakurikirana hafi uwo muririmvyi bakunze kwita KINGORONGORO, mbega ko bakubajije ivyo boririmba muri iyo indirimbo ubona bovugamwo ibijanye n’iki ntiwitinye kubambwira iciyumviro cawe hama baraheze bagikorereko?

Ay’amakuru agezweho mu muziki w’uburundi mukunda cane mwamenyeko Umuririmvyi Magic Soldier asanzwe ari umuraperi ko yamenyesha y’uko abazaniye vuba indirimbo yiwe nshasha yakoranye n’umuririmvyikazi Ashley ,nuko tuzoyabandanya gushika isohotse tugaheza tukayibashikiriza ngaha kukinyamakuru canyu rero muraguha hafi mu kuyirindirana igishika mu gihe azoba yayishize k’umugaragaro akayisohora muyumvirize.

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s