TORA:_ indirimbo nshasha imwe yonyene ukunda kino gihe uyihe amahirwe izoje kuri THE TOP 5 MUSIC BURUNDI


Banywanyi mu muziki w’uburundi twaherukana igihe giyoya cane mu kubashikiria urutonde rw’indirimbo nshasha zigezweho kino gihe umaze iminsi wumviriza aho muhora muronka akanya ko gutora indirimbo yiwe yonyene wiyumvamwo ko ukunda mu kuyiha amahirwe ikaja mundirimbo 5 zambere zivuye mundirimbo 10 tuba twabashikirije mugaca mutora mu kwandika igiharuro cayo muri COMMENTS nuko uno mwanya ushobora gutangura gutora.

Tukaba twabazaniye indirimbo 10 nshasha ubu zigezweho mu muziki w’uburundi ziriko zirabica bigacika mu bazumviriza bose rero ukaba uri umu fans wumwe mu baririmvyi canke abaririmvyikazi uza kubonamwo ya ndirimbo yiwe nshasha aheruka gusohora uno mwaka wa 2016 ukakuryohera bimwe bivuye kumutima niyo ucutora mu kwandika igiharuro cayo muri COMMENTS ntutangwe kumuha amahirwe meza mu kumwerekako umushigikiye mu bikorwa vyiwe ubanje gutora indirimbo yiwe ubonye k’urutonde tuguha ntimwibagire gutora.

Tora imwe yonyene mwazino ndirimbo 10 nshasha ziri k’urutonde wandike igiharuro cayo muri COMMTS hariho iyitwa:

1.Tamu Tamu By Matabaro

14045761_2167509593527593_616553635188868421_n

2.My Baby By Big Fizzo

13221706_2123864504558769_9209970270689370472_n

3.Finaly By Lolilo Lizzo

13466323_506075656265634_8294813880152035029_n

4.Wachane By Bienv-Fizzo

13528746_1753352044903069_6616015777798289339_n

5. Shikilia By Natacha13607025_2144581499153736_2964968878783828409_n

6.Onyema By Chris Dizzo & Elvin Boy

13906778_2155058651439354_150481775242180467_n

7.Mugisagara By Akes

13718703_1761805757399276_743018151374501519_n

8.Dorothea By A.Flow Slim

13895148_2155668124711740_3447453215792127538_n

9.Ndi Tro Top By Thity Love

13095950_1021072067968575_8363460117286735009_n

10.Jewe Nawe By Rachly

13133382_1604556876530914_2875397616112050798_n

Advertisements

One thought on “TORA:_ indirimbo nshasha imwe yonyene ukunda kino gihe uyihe amahirwe izoje kuri THE TOP 5 MUSIC BURUNDI

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s