Kaze mugure imipira yo kwambara kuri SWAGSHOP mu Bwiza 6e Av no_63 yanditseko SWAGG TEAM+257 ni 20.000Fbu


SWAGG TEAM+257 isanzwe inezereza abantu benshi kubera indirimbo zabo bakora zibaryohera aho ni mugihe baheruka gusohora indirimbo nshasha yitwa” UMUSHUSHO” imaze iminsi ibica bigacika mubanywanyi bakunda umuziki w’uburundi aho baherereye hose kandi nimwe mundirimbo zikunzwe cane kino gihe muruwo murwi rero barashima intambwe iyo ndirimbo ikomeje kuryohera bayumviriza bose eka hamaze no gutangura kugaragara ama Video y’abantu bariko bayitamba abandi bayiririmba.

Umurwi w’abaririmvyi/kazi Swagg Team+257 ngo bagarutse bazanye igikorwa gishasha aba fans babo hamwe n’abantu bose bashimishwa n’indirimbo bakora zikabaryohera nuko ubu batanguye kugurisha impuzu z’impira yo kwambara myiza cane gose yanditseko izina ryabo  SWAGG TEAM+257 bakavuga y’uko umuntu  ashaka kuwugura nuko bariko bayigurisha ntatangwe kugura itarahera kuko yamaze gushika kw’isoko iriko iradandazwa igico kizimbutse.

13924898_527320207473203_4655402782153024964_nKuwugomba kugura umupira wo kwambara wanditseko”ST” bisobanura SWAGG TEAM+257 ntiyitinye nanyaruke hakiri kare kubera abahska kugura bashobora kuba benshi ukwiminsi ijimbere niko abantu bazoguma biyongera mukuba benshi baguma bayigura.

Abaririmvyi/Kazi bagize Swagg Team+257 baramenyesha ko abantu bose boza kubashigikira mu kugira iyo mipira ijanye n’impuzu zo kwambara ngo ukaba uri umunywanyi w’ukuri nuko utoshobora gutangwa kugura nk’umupira umwe wo kwambara wanditseko indome ST hama hasi handitse Swagg Team+257 ikindi bonyarukira kuyigurira muri komine ya Bwiza iri mugisagara ca Bujumbura kw’ibarabara rya gatandatu ,inomero mirongo itandatu na gatatu(Bwiza 6e Av no_63 )hasanzwe hari imagaze iyidandaza yitwa SWAGSHOP.

13962641_2164071230538096_6610447366569034646_nNkuko rero mubibona bantu mwese aho bagaragaza abantu bambaye impuzu z’umupira wanditseko SWAGG TEAM+257 bashaka kukwerekako bakuryohera mu kuririmba noneho  bamaze gutangura kuyigura banashoboye kubamenyesha igiciro c’ukuntu  umuntu ashobora kugura uwo mupira agashobora kuwambara  ni ibihumbi mirongo ibiri vy’amarundi gusa“20.000Fbu” ngo ntibayizimbako niyo mpamvu bashaka ko muyigura muri benshi cane ntibibagiye gutera akamo aba fans babo mwayishaka ko ubu yamaze gusohoka mwonyaruka kuyigura.

Swagg Team+257 bamaze kwemeza neza ijana kw’ijana ko umupira umwe bawugurisha ayo mafahera nyene kuri SWAGSHOP mu Bwiza uyisangaho imanitse iriko iragurishwa ,abarateye akamo uwoba ashaka kuwugura yishikire canke ashobore guhamagara kunomero za telephone ngendanwa zikurikira kugira bimworohere cane kuwuronka bitamugoye mushobora guhamagara kuri +25775663160,uhita wakirwa ni gishika cinshi mu kuyaga neza ugaheza ukagura uwo mupira uriko ivyandiko vya Swagg Team+257 kandi hariho iy’abakuze hamwe niy’abana.

14064186_2164071170538102_4130476580766886258_n

14034861_2164071200538099_3777572656729677329_n

14080048_2164071263871426_7481343257069669460_n
UMWE NUMWE MU BARIRIMVYI BAGIZE Swagg Team+257 YAMABAYE UMUPIRA WANDITSE IZINA RYUWO MURWI WABO ARIKO NTABARIZWA MU BURUNDI YITWA Roxy YAGARAGAYE MURI VIDEO Imvura Y’ibi Baby
Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s