Banywanyi mu muziki w’uburundi twaherukana igihe giyoya cane mu kubashikiria urutonde rw’indirimbo nshasha zigezweho kino gihe umaze iminsi wumviriza aho muhora muronka akanya ko gutora indirimbo yiwe yonyene wiyumvamwo ko ukunda mu kuyiha amahirwe ikaja mundirimbo 5 zambere zivuye mundirimbo 10 tuba twabashikirije mugaca mutora mu kwandika igiharuro cayo muri COMMENTS nuko uno mwanya ushobora gutangura gutora.
Tukaba twabazaniye indirimbo 10 nshasha ubu zigezweho mu muziki w’uburundi ziriko zirabica bigacika mu bazumviriza bose rero ukaba uri umu fans wumwe mu baririmvyi canke abaririmvyikazi uza kubonamwo ya ndirimbo yiwe nshasha aheruka gusohora uno mwaka wa 2016 ukakuryohera bimwe bivuye kumutima niyo ucutora mu kwandika igiharuro cayo muri COMMENTS ntutangwe kumuha amahirwe meza mu kumwerekako umushigikiye mu bikorwa vyiwe ubanje gutora indirimbo yiwe ubonye k’urutonde tuguha ntimwibagire gutora.
Tora imwe yonyene mwazino ndirimbo 10 nshasha ziri k’urutonde wandike igiharuro cayo muri COMMTS hariho iyitwa:
1. My Love By Rachly Ft Jadix The Black
2. Niombeye By Eminem Ft T-Max
3. Romantic remix By Chris-Biz Ft Clementine
4.Tuta Do By Magic Soldier Ft Akes
5. Hafi Yanje By Black Homies
6. Mana y’uburundi By Miklane Ft Mkombozi
7.Onyema By Chris Dizzo & Elvin Boy
8. Umushusho By Swagg Team+257
9. Sioni By G-Bo
10. Dorothea By A.Flow Slim
Indirimbo 10 nshasha ziri zigezweho mu muziki w’uburundi,twabazaniye k’urutonde mushaka gutoramwo indirimbo imwe yonyene wiyumvamwo ko uyikunda cane mu kuyumvirixza ukuryohera kurusha izindi zose ubamaze iminsi wumviriza tukwibutse ko mu gutora wandika igiharuro c’indirimbo utoye muri COMMENTS raba neza ntiwihende mugutora iyigushimisha cane kumutima ikaryohera kuv’aho umuririmvyi canke umuririmvyikazi ukunda ayisohoreye ukayumva ko iryoshe cane kurusha izindi zose.