BUKIV LAB yemeye gusubira gukorana na SAT-B ibamenyesha kwizosohora Video nshasha yakoze na URBAN BOYS bo mu Rwanda


Inyuma y’imyaka itari mikeye Bukiv Lab irongoye uwitwa DJ JACKSON akurikirana cane ibikorwa vy’umuririmvyi SAT-B mu myaka yahera nkuko bisaho kwariwe yamureze muvy’umuziki kukoindirimbo nyinshi cane gose yagiye arakora indirimbp nyinshi baramukurikirana cane izo ndirimbo zagiye zirakundwa cane n’abanywanyi benshi mu muziki w’uburundi aho twovuga nk’indiirimbo NYAZOBE,ARABESHA eka n’izindi zagiye ziraryohera abantu rero ubu nuko iyo Lab yasubiriye gukorana nuwo muririmvyi mubijanye n’umuziki nkuko biguma biragara kandi vuba bagiye kubanezereza.

Kuv’aho Sat-B asubiriye gukorana na nyene Bukiv Lab ariwe Dj Jackson mu kwemeranya amsezero atadnukanye nubwo ayo masezerano batashimye kuyagaragaza ahabona amenyekane nkuko yahora abikora nkiyo ashoboye kuronka nka Lab imukurikirana nka Manageur yiwe hagaragara ibimenyetse bivyereka rero ubu arakorana na Bukiv Lab ukuri kwamye baramenyesha aba fans biwe ko vuba cane bazoshobora kuraba Video nzia cane gose izobaryoherakuraba aho yatanguye gukora kwanza indirimbo yitwa I LOVE YOU.

Ayikoranye n’abaririmvyi b’abanyarwanda baharutse gutahukana itsinzi y’igikombe gikomeye cane mu muziki w’urwanda bazwi nk’umurwi URBAN BOYS n’uwundi umuririmvyi w’umunyarwanda yitwa AIME BLUESTONE inyuma yaho baciye bayikorera Video ninayo baheruka guheza gukora kandi amashusho yayo bayakoreye mugihugu c’urwanda nkuko muzibi y’uko Umuririmvyi Sat-B amazeyo amezi menshi ariyari kandi ahakorera ibikorwa bibashimisha aba fans biwe noneho ngo yagarutse niyo Video bayitegurire.

Sat-B  nkuko ngo azokwama akorana na Bukiv Lab ashobora kubandanya abaryohera aba fans biwe aho bari hose kuko yagarutse afise igikorwa gishasha kidasanzwe kizobaryohera agifashijemwo niyo Bukiv Lab irongowe na Dj Jachkson eka bigaragara murayo amashusho mubona banywanyi mu muziki w’uburundi ngo muzoshobora kuyabonamwo muri  Video yiwe nshasha y’indirimbo I LOVE YOU yakoranye naba Urban Boys hamwe na Aimé Bluestone ivyo bikaba bigiye kuzobashimisha kuko yayikoze yitondoze arikumwe nabo baririmvyi bo mu Rwanda uko ari bane.

13907038_10154348291868898_6418039285967981016_n

Aba fans ba Sat-B ngo mitegure hakiri kare kuzoba abambere kuraba Video yiwe nshasha muminsi yavuba agiye kuzobazanira k’umugaragaro nkuko mubona amashusho azoyiranga bizoba ngo bidasanzwe eka na Bukiv Lab nayo nyene kw’igenekerezo rya 14/08/2016 niho yashoboye kubimenyesha abantu bayikurikirana ko hasigaye amasaha mirango icenda  na tandatu batanguye guharura amaze guhera niho iyo Video nshasha y’indirimbo I Love You izoca iyisohora k’umugaragaro mutangure kuyiraba harimwo ivyiza vyinshi bizobaryohera.

14045979_10154348291948898_5010171887489013358_nBukiv Lab irabatera akamo kuzoyiraba muri benshi yabanje kunabereka ayo mashusho azogaragaramwo kugira muboneko izoshora kubashimisha abanywanyi bose bakurikirana umuziki w’uburundi kandi abawukunda na canecane bashimishwa nivyo uwo muririmvyi w’umurundi Sat-B abakorera mundirimboz ziwe hamwe nama Video nkuko vuba cane agiye kuzobaryohera muri Video yiwe yiswe ” I love You ‘ ari kumwe naba Urban Boys hamwe na Aimé Bluestone.

KURIKIRANA MU KURABA N'AYANDI AMASHUSHO  AZOBONEKAMWO MURI VIDEO NSHASHA Y'INDIRIMBO I Love You YA Sat-B Ft Urban Boys & Aimé Bluestone

13902557_10154348291938898_57521127216271963_n 13906879_10154348291858898_5082400261425426432_n 13900250_10154348291953898_2108763562153939371_n 14034968_10154348291863898_3824084623374096588_n

 

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s