AKES ngo yakoze Video nshasha y’ikinyamahanga inyuma yaho abanejereje mundirimbo MUGISAGARA mbega murayishaka kuyiraba?


Umuririmvyi AKES muzi y’uko kuva umwaka wa 2016 utanguye mubikorwa vyiwe vy’umuziki aguma abanezereza uko amezi aje akagenda adasiba gusohora indirimbo canke Video vyo bishasha bikabanezera kandi numwe mu bariririmvyi b’abarundi bariko barakora neza cane umuziki w’uburundi nkuko abigaragaza mu kubanezera abarundi naba fans biwe,aho aharuka gusohora indirimbo yiwe nshasha kw’igenekerezo rya 21/07/2016 igakundwa cane abagiye barayumviriza bakavuga ko yabaryoheye no gushira ubu baracabandanya bayumviriza kuko nta kwezi kurahera ayishize k’umugaragaro ariko ngo yagarutse kandi.

Nkuko AKES yagarutse kubaryohera aba fans biwe aho muri hose eka n’abatu mwese mwaryoheye n’indirimbo yiwe nshasha yise MUGISAGARA akavuga ko vuba cane gose mwotangura kurindirana igishika cinshi abazaniye Video nshasha izoba idasanzwe akavuga ko yayikoze muburyo bushimishije yemeza kwari iyinyamahanga mutari bwigere mubona yabandanije abamenyesha y’uko arekuye indirimbo ntibazoze barateba kuyumviriza kubera inyuma afise izindi nyinshi cane gose zizobaryohera niho kuvugako yaje na Video y’ikinyamahanga.

13428016_291744167836261_7235875497234273328_nYashimye kuyibazanira ngo aba fans biwe namwe abantu mukunda umuziki w’uburundi n’ibikorwa vyiwe awukoramwo mukaryoherwa inyuma yaho arekuye indiirimbo Mugisagara ¬†yagarutse adasanzwe niyo Video yiwe nshasha yahavuye amenyesha ko ariy’indirimbo nshasha nyene yise URUKUNDO kandi izobaryohera cane kuraba abazoba abambere kuyikubita ijisho akabamenyesha ko mwoguma hafi muri benshi cane kuzoyiraba muzobona ibintu vyinshi bizobaryohera cane gose.

Kubera yayikoze mubuhinga y’ikinyamahanga nkuko twashimye kumubaza ko vy’ukuri ihari nawe ntiyatevye kutwishura yemeje neza kwihari kandi abantu bazoshobora kuyibona niyamara kuyisohora k’umugaragaro ikindi yavuze ngo”iyo ndekuye indirimbo ntuzotebe kuyumviriza kubera inyuma hariho nyinshi,inyuma y’indirimbo Mugisagara haje Video y’ikinyamahanga”URUKUNDO“uwo yari Akes abimenyesha aba fans biwe eka n’abanywanyi mu muziki w’uburundi mu kubateguza kutazoteba kumviriza hamwe no kuraba Video yiwe nshasha y’indirimbo URUKUNDO.

13901491_320241238319887_8994841759060045625_nMbega nkuko mushoboye kumvako uwo muririmvyi kino gihe yaje atavyorosha mu kubaha indirimbo nyinshi zibaryohera ubu naho atayeko kuberera ko abazaniye iyo Video y’ikinyamahanga ubwo mwoba muyirindiranye igishika kingana gute kugira muzoshobora kuraba ivyo avugako ari Video URUKUNDO yayikoze mubuhinga bw’ikinyamahanga hoho muvyakiriye gute kumva uko?

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s