Igihanganwa rya MISS BURUNDI 2016-2017 ryarangiye kuruwu w’imana aho”ANGE BERNICE”atahukanye igikombe murabe amafoto


Ihiganwa ryo gutora MISS BURUNDI 2016 -2017 ryamaze kurangira  kuva ryatanguriye riza ryarangira neza mumutekano ntangere nkuko vyagaragaye kuruwu w’Imana kw’igenekerezo rya 13/08/2016 nkandi wegukanye  ikibanza cambere agatahukana itsinzi ya Miss Burundi 2016-2017 ari umukobwa mwiza cane aciye ubwenge yiyubaha akanubaha ibi bibaye mw’ijoro ryo kuruwo munsi nyene ubu agiye gutangura kwerekana imigambi yemereye abamutoye azokorera igihugu ciwe camwibarutse uno mwaka wa 2016.

Ntibikiri ibanga  vyashoboye kumenyekana kumugoroba wo k’umunsi w’Imana,hariko haba FINAL ya Miss Burundi 2016-2017 kandi yamaze kumenya uwatahukanye itsinzi mu kwitwa Miss Burundi 2016-2016 suwundi yabaye uwambaye n’umwigeme yitwa ANGE BERNICE  ashoboye gutahukana igikombe ca Miss Burundi 2016-2017 vyamaze kurangira nawundi nuwo nyene yatowe cane gose ashikiwe mu gutorwa n’abarundi hamwe n’abarundikazi benshi kandi yanezerewe cane gose kumva ariwe abaye Miss Burundi 2016-2016 ntiworaba akanyamuneza ni kose aho araye aguma abonako butarira.

13895570_10153664378346954_5292436924897452874_nANGE BERNICE  ahejeje kumenyekana kwari atsindiye igikombe ca MISS BURUNDI 2016-2017 mu kuba uwambere arushije abandi bose abigeme bariko barahiganwa hafi ukwezi kose bahiganirwa ico kibanza ubu rero ashoboye kucegukana ukuri kwamye kandi yashoboye gukurikirwa nuwitwa ORNELLA yaje mukibanza kigira kabiri hama uwabaye uwagatatu yitwa  MONNA WALDA ,nibo bashgoboye gukwirikira uwo yibereye uwambere mu kwita MISS BURUNDI 2016-2017 akwije amategeko ikindi twobamenyesha nuko ibiro vyagenze neza cane abantu bavyitabire ku bwinshi baje kumenya uwegukana igikombe.

Ubu ANGE BERNICE niwe azoserukira igihugu c’uburundi cose mu kwitwa MISS BURUNDI 2016-2017 no kurangura amabanga hose yiyemeje imbere y’abarundi n’abarundikazi bose yasavye ko bomutora nkuko abarundi n’abarundikazi  yateye akomo bamutore haba muma SMS n’ahandi barabikoze nibo bashoboye kumuha iyo tsinzi idasanzwe kuriwe hamwe no kumuryango wiwe none niwe abaye Miss Burundi 2016-2017.

Mbega barundi ,barundikazi namwe nshuti z’uburundi mwomukeza muvuga gute uyu MISS BURUNDI 2016-2017?

13901505_10153664362821954_7998186864675049210_n
UWO NI Ange Bernice YATAHUKANYE ITSINZI RY’IGIKOMBERE CA Miss Burundi 2016 – 2017
KURIKIRANA MU KURABA AMAFOTO INGENE IBIRORI VYAGENZI IGIHE BARIKO BARINDIRA KUGIRA HAMENYEKANE UWUSHOBORA KWITA Miss Burundi 2016-2016 MUGICE CA NYUMA CA Final.

13925432_1273087162724551_8904508987035892359_o 13975375_1273087252724542_3624523789718924746_o 13923630_1273088146057786_1956700555914501808_o
13937759_1273088172724450_3439704193705715685_o 13975298_1273088409391093_6827003539075225025_o 13926020_1273088422724425_4704734297959817334_o 13680490_1273107686055832_8891667586207167220_o (1) 13988196_1273107702722497_8140563760438937362_o 14047158_1273107889389145_1200962205768036518_o 13938181_1273107899389144_2733910264871216588_o 14045596_1273107939389140_1618397383729594244_n 13914122_1273108002722467_9192972642974182762_o 13913635_1273108149389119_1539864081925081847_o 14045595_1273108286055772_590515183078049227_n 13988001_1273108312722436_4655932233605265214_o 13913908_1273108359389098_2749945624744381320_o 13962839_1273116002721667_4185569989446914117_o 13680490_1273107686055832_8891667586207167220_o

NTURAMBIRWE KUGUMA URABA AMAFOTO YEREKANA UKUNTU YAMBITSWE IGIKOMBE CA Miss Burundi 2016-2016 UNO MUKOBWA Ange Bernice EKA NABAMUKURIKIYE
14021547_10153664361741954_2763774280647148060_n
Ange Bernice NUWO NGAHO YAMBAYE AKANTU KAGASHAPO MUMUTWE NIWE Miss Burundi 2016-2017

13902655_10153664362601954_3900539849830808733_n 13934813_10153664362056954_3577178838506295018_n 14046094_10153664361816954_4718725071198703994_n 13895535_10153664361631954_3864769741765043897_n

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s