Ntutangwe kuraba Video ya BIG FIZZO na 19TH bakoze Freestyle hamwe muri CONCERT bari Belgique ntibavyorosha kuri RAP


Ukaba utari bwabone neza n’amaso yawe mu kuraba igihangange mu muziki w’uburundi ariwe Umuririmvyi BIG FIZZO mu kunda cane ukuntu banezereza mundirimbo ziwe nuko yashoboye guhura n’igahangange nyene mu muziki w’uburundi ariko wewe akunda gukora indirimbo ziwe zose muri Rap zibaryohera atarashobora kuva mugihugu c’uburundi bwamwibarutse nawe suwundi ni Umuririmvyi 19TH nuko bakoze hamwe Concert hahurira kuri Stage batangura kuryohera aba fans babo mu kubaririmbira indirimbo za Freestlyle.

BIG FIZZO na 19TH barakije umuriro imbere y’abanywanyi muakunda indirimbo zabo ndeste n’abanyamahanga bari bishikiye muri iyo Concert aho bagiye bose kuri Stage imbere yabo batangura kubaririmbira ama freestlye adasanzwe y’indirimbo zitandukanye wumvise ingene barapura bitangaje cane ataguharika umunwa baririmbaeka abantu bariho bararyohewe cane gose bakomeye induru carimwe kubera umunezero twobambwira ko twabazaniye Video ibereka neza bose bari kuri iyo Stage baririmba FREESTYLE mukibanza barimwo bashoboye kunezereza abantu batari bake baguma bumviriza izo freestlye zabo.

hqdefaultIvyo bihangange bibiri vy’abarundi bikaba vyarabiciye biracika arivyo Umuririmvyi Big Fizzo hamwe n’umuririmvyi 19Th nuko bari mugihugu ca Belgique aho bakoreye Concert bagaca batangura kuririmba ama Freestyle bahanahana micro umwe yararirimba uwukundi agasubira ntiworaba ntibisanzwe munywanyi mu muziki w’uburundi ukaba wemera cane abo baririmvyi b’abarundi bahuriye mumahanga bahita baryohera abantu bitabiriye Concert nawe ntucikwe kuvyiraba neza.

Muri Video yabo twakuzaniye iberekana neza murabe wamengo bariko bararushwanwa kuko abariho bose babakiza induru nyinshi y’umunezero mu kumva ukuntu umwe wese aguma aririmba Freestyle mbega munywanyi mu muziki w’uburundi kuvaho wumvirije indirimbo za Big Fizzo canke 19Th mbega nuwahe wemera cane azi kuririmba Rap cangwe Freestyle?

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s