FRANCK PRO vuba cane azokuguruza Company Production Videos & Photos nshasha rwiwe mu Burundi yise THE CLASSICO


Umumenyeshamakuru atagira imbibe aho abantu benshi bakurikirana cane umuziki w’uburundi bamuziki cane kw’izina rya FRANCK PRO akunda kumenyekanisha cane ibikorwa vy’abaririmvyi n’abaririmvyikazi abicishije cane kukinyakuru canyu http://www.yagatv.wordpress.com hamwe na Facebook  yise FRANCKPro benshi bayimenyereye cane barashimishwa n’ibikorwa vyiwe bihacaho nkuko babikunda canecane bahamenyera amakuru agezweho y’umuziki w’uburundi arabemenyesha  ibikorwa ibikorwa vya Company THE CLASSICO yiwe nshasha vuba cane biratangura mugihugu c’uburundi ukuri kwamye ibisambwa vyose biri munzira.

Haraheze amezi abiri yose FRANCK PRO amenyesheje abarundi n’abarundiba bari mu Burundi ko afise umumigambi yo kuguruza Company nshasha yise” THE CLASSICO“imwe munzu zizoba zikomeye cane gose mugihugu c’uburundi izoba ikora Video z’abaririmvyi n’abaririmvyikazi eka abantu bashaka kwifotoza bazohafotorerwa aho izoba iriko irakorera ikitibagiwe ntabazoba bashaka ko iza kubafatira amasanamu mumanzi zabo bategura babashaka abatora canke abafata amasanamu vyose bizoba azobibakorera kiguciro gitoya cane ariko ubu aaracabandanya uwo mugambi nturashobora kuja ahabona mu kurugura.

13439067_1796029897296447_8122947527231063174_n

Iyo Company itangure ibikorwa nyezina mugihugu c’uburundi bwamwibarutse aremeza ko izoba izanye akarusho gakomeye cane mu barundi benshi bamye bashaka ko boronka inzu ya Studio productio Videos & Photos ibakorera ibintu biri Classic bisukuye vyose bazoshobora kubironka neza muri Company The Classico y’umumenyeshamakuru atagira imbibe ariwe FRANCK PRO arabemereye ko bikunze kuno kwezi nyene mushobora gutangura arahamagarira aboba bashaka kuzofatirwa ama Videos aravuga abaririmvyi n’abaririmvyikazi atibagiye nabashaka kwifotoza ama photos meza hamwe nowoba ashakako urubanza rwiwe rugende neza afatiwe amasanamu nama photo muhawe ikaze.

Ikindi amenyesha nuko azoca akora WEBSITE iri professional izohora imenyekanisha cane ibikorwa vyiyo Company yiwe muzohora mubonamwo nkama Videos yakozwe hamwe nama Photos y’abarundi bazoba bifotoje vyose bizoba biri Classico ni kuvuga vyiza cane bisukuye.

13886224_2158468824431670_4554183912942997873_nAho abarundi n’abarundikazi muzoba mushakako mukotesha uwuzoba yikoramwo akaza akarangura igikorwa co kubafatira amasanamu kubiciro bizimbutse ivyo mukazoshobora kubimenyeshwa niyugururwa vuba cane uno mwaka wa 2016 ntuzohera ibikorwa vya Company The Classico bitarangura akamenyesha ko abantu bazokwama bashaka kwifotoza canke gufatirwa amasanamu muritura iyo Company izobikorera kuko ibiciro bizoba bizibutse cane ariko mutenyenye vuba cane azobamwira icicaro caho izokorera iyo Campany yiwe kugira mushobore kuyitura ibatanganirize neza ivyo muzoba mushaka ibikorera biri Classico.

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s