Muraba abaririmvyi 7 nuwahe yatumye ukunda umuziki w’uburundi kuva bagitangura kuririmba gushika nubu?


Umuziki w’uburundi muziko ukora abaririmvyi benshi cane gose bawufisemwo ubuhinga bwo kuririmba neza bubashimisha aba fans babo ndetse ntabatari aba fans babo nabo barahimbarwa n’ibikorwa vyabo bakora haba mugusohora indirimbo nshasha harimwo ama Video n’ibiteramo benshi muribo baragiye barawukundisha Abarundi benshi bivanye n’ubuhinga afise twabazaniye urutonde rwa bamwe bamwe batanguye umwuga wo kuririmba  bamaze kumenyekana bamaze kuwuzanamwo ubushimwe abandi batarashobora kubizana ariko bagukundishe umuziki w’igihugu nca kwibarutse uburundi gushika uy’umwaka wa 2016.

Tukaba twashoboye gutorokanya urutonde rw’abaririmvyi 7 ibihangange vy’umuziki w’uburundi mushobora kuvugamwo abashoboye kugukundisha umuziki w’igihugu c’uburundi gushika kuno munota wumvako iyo uwo muririmvyi ataboneka agakora nk’indirimbo ziguhanura canke zikuryohera utari kuwukunda ariko kubera uburyo bwiwe bw’uhinga akoresha mundirimbo n’ibindi vyatumye wiyumvako wakunze cane umuziki wikirundi rero aha turambwira abanywanyi mukunda umuziki w’uburundi muvuge umwe wenyene kugiti cawe witegereje imyaka amazemwo awukora vyatumye.

Urutonde rwabo abariririmvyi 7 ushobora kuvugamwo umwe wenyene yatumye agukundisha kumviriza umuziki w’uburundi kuva agitangura umwuga wo kuririmba ugashimishwa n’indirimbo ziwe harimwo Video utibagiye ibiteramo yaguteramishijemwo rero amazina yabo twakuzaniye tukumenyeshe munywanyi mu muziki w’uburundi mu kuvuga uwariwe wandike igiharuro n’izina ryiwe tugusabe wiyumvire neza ntuhave wihenda kuvuga uwatumye ukunda umuziki w’uburundi gushika uno mwanya harimwo umuririmvyi witwa :

1.KIDUM

13769481_1132870383446911_2242397014725420313_n

 

2.BIG FIZZO

12742275_10206771134051984_7955842221259423409_n

3.LIZZO

10639575_283667855173083_4563847729044517613_n

4.MKOMBOZI

13466447_1153926361313599_5423571885406486112_n

5.YOYA JAMAL

10991114_1573959529514911_4103129127099427930_n

6.SAT-B

satura

7.R.FLOW

13729060_915459121910429_7227418190310034608_nYatumye munywanyi mu muziki w’uburundi uwukunda ukumvako utoshobora kumviriza indirimbo zo mumahanga kubera uwo muririmvyi none muraba abaririmvyi b’abarundi nuwahe yatumye ukunda umuziki w’uburundi kuva bagitangura kuririmba gushika nubu uvuge igituma yawugukundishije nawe azobandanye akumvishako ukwiye gukunda umuziki wiwe akora kubw’igihugu c’uburundi bwamwibarutse yakomeje akumvisha akanovera kakuryohera wumvise indirimbo ziwe akora buri umwaka?

Advertisements

One thought on “Muraba abaririmvyi 7 nuwahe yatumye ukunda umuziki w’uburundi kuva bagitangura kuririmba gushika nubu?

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s