Mwazino indirimbo nshasha 2016 ni yahe ikuryohera cane kurusha zose tuzoca tukubarira iyambere yatowe cane?


Birashushe mu muziki w’uburundi uno munsi w’Imana itariki 07/08/2016 turiko turangiza  WEEKEND tumbwire banywanyi b’indirimbo nshasha z’abaririmvyi n’abaririmvyikazi baherutse gusohora uno mwaka 2016 hariho izo mumaze iminsi mwumviriza n’izindi zimaze amezi muzumviriza,kano kanya ni rwawe twakuzaniye urutonde rw’indirimbo 12 nshasha ziherutse gusohoka umwese arabemwo indirimbo imwe yonyene imaze iminsi canke amezi imuryohera kumviriza kurusha  izindi.

Abariyo wandika izina ryayo nkuko vyama wandika muri COMMENTS ukaba uhejeje kuyitora rero indirimbo nshasha 2016 ziherutse gusohoka urabonamwoimwe uhora wumviriza ukumva ikuruhuye kumutima ukaryoherwa n’ubutumwa bw’amajambo yaririmvyemwo Umuririmvyi canke Umuririmvyikazi usanzwe ushigikira uraza kuraba izina ry’indirimbo nshasha ushaka gutora.

Iri k’urutonde twaguhaye uravuga igituma ikuryohera n’icatumye uyihitamwo kuyitora ikakurutira izindi zose kandi iyiza gutorwa cane n’abanywanyi benshi mu muziki w’uburundi tuzoyibamenyesha yabaye iyambere gusa ikarusha indirimbo 11 zose tuzoheza tuzoze turayipromotinga cane,tagura kuyitora mwandike izina ryayo banza uyumvirize neza imbere yo kuyitora.

Hariho iyitwa:

12.Umushusho By Swagg Team+257

11.Dorothea By A.Flow Slim

10.Onyema By Chris Dizzo & Elvin Boy

9.Sioni By G-Bo

8.Mbega By Landry Gateka Ft B Face

7.My Dodo By Kebby Boy

6.Uri Naturel By Masodja Yero Yero

5.Rurasaza By Amashiga Team

4.Sinicuza By Danny Danson

3.Mugisagara By Akes

2.Nkundakunwa By Chris & Junior

1.My Joy By Rally Joe

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s