MKOMBOZI afise igiteramo itariki 12/08/2016 mw’inkambi yi MAHAMA azoteramisha Impunzi z’abarundi


Umuririmvyi MKOMBOZI musanzwe muzi neza kwari igihangange kidasanzwe mu gukora umuziki w’uburundi aho ubu yibereye mugihugu kibanyi c’urwanda ahamaze iminsi itarimikeye kandi akaba amaze kuhahurira n’abarundi benshi cane gose bamwakirana igishika cinshi mu gihe bafitaniye inkumbu nyinshi babonanye zigaca zihera nkuko yari yarabivuze ko,anniversaire yiwe azoyisangira n’abarundi,aho yatangurira i Kigali ubu naho arabamenyesha ko hashikiwe Abarundi basanzwe muba mw’inkambi y’Impunzi yi MAHAMA.

Hoho azobaha azobateramisha mu kubaha igiteramo kandi muzokwinjira k’ubuntu ntavyogutanga amafaranga kugira ngo mususangire akanovera k’indirimbo ziwe zibahumira kumutima mwahora musangira ubwambere mwese mukiba mugihugu c’uburundi bwabibarutse arabemereye ko muzoryoherwa cane gose kubera Mkombozi mukunda cane abaririmbira indirimbo mukaryoherwa canecane mukuramwo ubutumwa bukomeye hamwe n’impanuro kandi kubwiwe afise indoto yipfuza gushikako gusubira kuririmbira abarundi bose muhuriye mubiteramo.

13738123_1176298879076347_6124182312094256731_oAzobikora k’umunsi wagatandatu itariki 12/08/2016  i Mahama niyo mpamvu agomba kuzobateramisha Abarundi mwahungiye mugihugu c’urwanda ahitwa i MAHAMA bizoba bidasanzwe muzonezerwa cane gose aho mw’inkambi yi Mahama hazoba ari k’umunsi waagatandatu w’indwi buca dutangura muzoba muri kumwe ijana kw’ijana yabateguriye vyinshi bizobanezera abaririmbira indirimbo nyinshi zizotuma zikomeza kubahumiriza mukibagirako muri mubuhungiro ahubwo muzokwiyumvako muri mugihugu canyu camavukira.

Abarundi mwese muba mw’inkambi yi Mahama ntumuzongwe kwishikira muri igiteramo kidasanzwe mwemerewe kuzoririmbirwa muteramishwa n’igihangange c’umuziki w’uburundi,Umuririmvyi Mkombozi kuko agomba gusubira kubateramisha mugusangirira hamwe ihimbaza ry’amavuko yiwe aho yakwijije imyaka 28 muzoronkera akaryo kadasanzwe mu kubahumuriza mundirimbo ziwe.

Kandi ko kubibutsa ibihe mwamaranye mu Burundi abaririmbira kuwo munsi bizosumbirizaho muzonezerwa hanyuma ngo azoherekezwa n’abagenzi n’incuti izoba adukemanyi twinshi azoba abazaniye adashimye kubamenyesha akariko muga mugiteramo niho muzokabona.

13726704_1174461399260095_4067140656946866627_nMKOMBOZI nkuko yashoboye kubitwiganira kubijanye n’igiteramo ciwe kidasanzwe azokorera mw’inkambi y’Impuzi yi Mahama ibamwo Abarundi benshi cane mu Rwanda yamaze kubemerera ko kwinjira ari k’ubuntu abafitiye vyinshi azoba abazaniye mu kubaririmbira indirimbo zitandukanya kandi ko izoba imenyekanisha y’indirimbo nshasha bise” MANA Y’UBURUNDI yakoreye ngaho i Kigali ayoifashije Umuririmvyi yitwa MIKLANE aba i MAHAMA izoshobora kuvuzwa kuwo munsi w’igiteramo bazoyibaririmbira arizerako izobahumurira ibahindure kumutima muhagariwe kuzoza muri benshi cane.

Advertisements

One thought on “MKOMBOZI afise igiteramo itariki 12/08/2016 mw’inkambi yi MAHAMA azoteramisha Impunzi z’abarundi

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s