KABIZI BORIS na IDEPHONSE bahawe umubonano na NATACHA nkuko yabibemereye bahuriye kuri Hotel Club du Lac Tanganiyika mugatondo


Inyuma yaho Aba comediens babiri basigaye babica bigacika muri ico gisata co gutwenza abantu bakoreye clip Video ya Shikilia mu buryo bwa Comedie hama umuririmvyikazi Natacha akaba yemereye umubonano abo bahungu kuruyu wa kane kwigenekerezo rya 4 Myandagaro igihe cisaha zitatu zo mugatondo niho yabonanye nabo. Bakaba bashoboye kuvugana vyinshi hamwe nogusangira akayi ko mugatondo hari kuri Hotel Club du Lac Tanganika.

Kabizi Boris hamwe na Idelfonse bafashe umwanya uhagije wo kumutwenza Natacha hamwe no kumutwenza mutu Comedies twabo bagiye baramuteramisha narirya muzi ko Natacha asanzwe akunda caaane Comedie mubuzima bwiwe bakaba bamenyesheje kandi y’uko bashimye gukora ako ka Video kuko bamukunda Natacha kandi ko basanze ari umuririmvyi afise ishaka kandi afise umwete ukomeye mu bikorwa vyiwe.

13900080_2156568014621751_2606955026505769097_nAbo ba comediens bakaba bamushimiyee caane umuririmvyikazi Natacha ko yashoboye kubaha Umubonano kandi ngo numwe mubaririmvyi bake bafise urukundo kandi atishima naho afise amahera menshi. Natacha akaba yabahaye akabahasha kabo nkuko yari yabemereye kuva bagisohora ako ka video bavuze y’uko bagiye gushigikira cane ibikorwa vy’umuziki akora w’uburundi vy’umuririmvyikazi Natacha aho azobisohorera hose.

Naho biruko Umuririmvyikazi Natacha yatumenyesheje y’uko amasanamu yindirimbo Shikilia bayarindire mukiganiro Home Flavour kuruyu wagatandatu kiremeshwa na Dj Raphan Mr Home kuri Tv Salama hamwe no kuyandi matelevisions akorera mugihugu cacu tutibagiye kuri You Tube ,ivyo bimeze uko mugihe Video ya shikilia ibandanya ivuzwa caaaane muma Tv atandukanye mugihugu ca Tanzania kuva kwigenekerezo ryambere myandagaro.

KURIKIRANA MU KURABA AMAFOTO ABEREKANA NEZA UKUNTU BAHAWE UMUBONANO UDASANZWE KURI HOTEL CLUB DU LAC TANGANYIKA BAMUTWENGEJE Natacha ABO BA COMEDIENS BABIRI ARIBO Kabizi Boris ,Idephonse 

13876207_2156568247955061_798382790649051309_n 13882205_2156568324621720_7078357801953612902_n 13886262_2156568137955072_1335312808298118807_n 13891952_2156568157955070_3144065491202209859_n 13912724_2156568214621731_7652822150119783361_n 13934950_2156568071288412_7053778598617338086_n 13935029_2156568397955046_6149261296581976941_n 13938393_2156568271288392_533065610122334205_n 13872905_2156568291288390_722948036919675607_n

 

Advertisements

2 thoughts on “KABIZI BORIS na IDEPHONSE bahawe umubonano na NATACHA nkuko yabibemereye bahuriye kuri Hotel Club du Lac Tanganiyika mugatondo

  1. Kubwanj nka kabizi boris sinumv uko nosigura umunezero ngifis gushik uno musi kuva aho natacha la number adushimiye agashira mu ngiro vyo yavuze ku gikogwa ciza twakoze co GU specialize indirimbo yiw #shikilia Natacha uko namubonye nasanz at umurundikazi mwiza cane Ku mutima kko uburyo yatwakiriye vyarantangaj.cane nkicumva nko yatwemerey umubonano naragiz ubwoba cane ariko uko ubwenge n ubwoba vyambwira siko nabisanze yatwakiriye nk umu maman mwiza atugira abana bo muhira araduhumuriza ibiganiro vyaagenze neza cane ntqco twagaye kko vyar ibintu bitangaje ndasabir natacha umugisha Ku mana imufashe mu bikogwa vvyiwe vyo gutanga impanuro n ubutumwa abicishije mu kuririmba kira noneho n ingabirano nyiwe twariyemeje ko tuzomukorera specialize n izindi ndirimbo mu gihe azpba yavyipfuze
    Nkarangiza mvuga nti much respect NATACHA

    Liked by 1 person

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s