THE BROTHERS bariko bagutegurira kukuzanira Video nshasha y’indirimbo NDAGUKUMBURA ngo uyitegurire kuno kwezi


Imisore ibiri ivukana isanzwe iririmba itavyorosha indirimbo ziryohera abantu benshi bazwi kumazi y’uburirimvyi THE BROTHERS barigeze gusohora indirimbo yabo nshasha yitwa“NDAGUKUMBURA” mwuno mwaka wa 2016 abashoboye kuyumviriza yarabaryoheye cane gose kukuntu bumvisemwo ubuhinga budasanzwe bwabo basore babiri bakoresheje mu kuririmba rero nabo bakabonako badashobora guharika kubanezera aba fans babo nuko bariko barabategurira Video nshasha yiyo ndirimbo bakavugako izoza idasasanzwe kuko ibebereye ijisoho kuraba.

The Brothers bakaba baje bakomeza kubaryohera ba fans babo bakamenyesha y’uko botangura kwitegura kuzoraba Video nshasha babazaniye y’indirimbo Ndagukumbura kandi baramaze kuyiheza kuyikorera imyiteguro hamwe n’amashusho azogaragaramwo mu gihe bazoba bariko bayiraba nkuko muvyibonera kurayo amafoto rero niyo agize iyo Video bakavugako izoshobora gusohora kuno kwezi nyene kumunani hagati y’itariki 06/08/2016 canke itariki 15/08/2016 niyo sango bashoboye gutanga haba mu banywanyi bakunda umuziki w’uburundi mutangure rero kuyirindirana igishika cinshi izosohoka vuba kurayo matari.

13653202_2154790764799476_3984685360695194040_oAbaririmvyi The Brothers bashoboye kubitwiganira baravugako Video nshasha y’indirimbo yabo bise NDAGUKUMBUYE izoshobora kuryohera abanywanyi mu muziki w’uburundi bakunda cane ibikorwa vyabo ninayo mpamvu bashimye kuyikorera amshusho meza azobahimbara kuraba bagakomeza bavuga y’uko mwoguma mufata mumugongo nabo bazokora uko bashoboye bagume babanezereza mundirimbo zabo bazokora uno mwaka canecane hanini bakwereye kutazotangwa kwirabira iyo Video ntisanzwe bayikoze neza cane mu bibanza bibereye ijisho harimwo utuntu twinshi cane turyoshe kurabamwo tuzobanezera.

Aba fans bab’abaririmvyi The Brothers muramenyesha ko mutoja kure kurayo masango mwahawe muzoshobora kuraba amaso muyandi Video nshasha y’indirimbo Ndagukumbura,yabaryoheye mu gihe bayisohora batarayikorera amashusho ariyo vuba muzoshobora kuraba bano baririmvyi bafise ishaka ridasanzwe mu gukora umuziki w’uburundi niryo bashoboye kubereka muri Video baguteguriye kugushirira k’umugaragaro nkuko mushoboye kubimenya muraguma rero muyitegereje hagati y’itariki 06/08/2016 canke itariki 15/08/2018 ,bashobora kuyibereka mu gatangura kuryoherwa kurabamwo amashusho bakoresheje meza.

13909296_2154790881466131_7731580521408231592_oBazoyisohora ariko barakubaza ushaka bayisohore ryari hagati yizo tariki bakumenyesheje ntutangwe kuvuga itariki ubonako ikwiriye ko boyishira k’umugaragaro tangura kuyibambwira nabo baraza kumva akamo kawe wabateye nkumu fans wa The Brothrers mbega ubona bayisohora k’umugaragaro ryari kugira bayikunyarukirize munywanyi w’umuziki w’uburundi unezerwa n’indirimbo zabo aho bashimye kukwereka vuba Video nshasha y’indirimbo NDAGUKUMBURA.

RABA AYANDI AMASHUSHO AZOBA AGIZE VIDEO NSHASHA Y'INDIRIMBO"Ndagukumbura By The Brothers"

13662144_2154790788132807_2749434225852336915_o13913932_2154790818132804_1180611801873949534_o13653131_2154790838132802_1376548879258113006_o

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s