TORA:_ indirimbo nshasha imwe yonyene ukunda kino gihe uyihe amahirwe izoje kuri THE TOP 5 MUSIC BURUNDI


Abanywanyi mu muziki w’uburundi twaherukana igihe giyoya cane mu kubashikiria urutonde rw’indirimbo nshasha zigezweho kino gihe umaze iminsi wumviriza aho muhora muronka akanya ko gutora indirimbo yiwe yonyene wiyumvamwo ko ukunda mu kuyiha amahirwe ikaja mundirimbo 5 zambere zivuye mundirimbo 10 tuba twabashikirije mugaca mutora mu kwandika igiharuro cayo muri COMMENTS nuko uno mwanya ushobora gutangura gutora.

Tukaba twabazaniye indirimbo 10 nshasha ubu zigezweho mu muziki w’uburundi ziriko zirabica bigacika mu bazumviriza bose rero ukaba uri umu fans wumwe mu baririmvyi canke abaririmvyikazi uza kubonamwo ya ndirimbo yiwe nshasha aheruka gusohora uno mwaka wa 2016 ukakuryohera bimwe bivuye kumutima niyo ucutora mu kwandika igiharuro cayo muri COMMENTS ntutangwe kumuha amahirwe meza mu kumwerekako umushigikiye mu bikorwa vyiwe ubanje gutora indirimbo yiwe ubonye k’urutonde tuguha ntimwibagire gutora.

Indirimbo 10 nshasha ziri zigezweho mu muziki w’uburundi,twabazaniye k’urutonde mushaka gutoramwo indirimbo imwe yonyene wiyumvamwo ko uyikunda cane mu kuyumvirixza ukuryohera kurusha izindi zose ubamaze iminsi wumviriza tukwibutse ko  mu gutora wandika igiharuro c’indirimbo utoye muri COMMENTS raba neza ntiwihende mugutora iyigushimisha cane kumutima ikaryohera kuv’aho umuririmvyi canke umuririmvyikazi ukunda ayisohoreye ukayumva ko iryoshe cane kurusha izindi zose.

Tora imwe yonyene mwazino ndirimbo 10 nshasha ziri k’urutonde wandike igiharuro cayo muri COMMTS hariho iyitwa:

1.My Dodo By Kebby Boy

13754625_2150379915240561_3918752027385755817_n (1)

2. Wachane By Bienv-Fizzo

13528746_1753352044903069_6616015777798289339_n

 

3.Ntabundi Buhinga By Peace and Love R.I.P Bosco

13645117_2144599189151967_6323366413914143448_n

4.Shikilia By Natacha

13607025_2144581499153736_2964968878783828409_n

5.Rapmaster (FIZZO DISS ) By Afisa Raj.b Vs Big Fizzo & Wanajeshi

13626601_2145336752411544_6720796492296186781_n

 

6.Nicacu Twese By Dialo

13880173_2152928591652360_8527539555739644131_n

7.Finaly By Lolilo Lizzo

13466323_506075656265634_8294813880152035029_n

8.My Baby By Big Fizzo

13221706_2123864504558769_9209970270689370472_n

9.Uri Naturel By Masodja Yero Yero

13600031_653241974827455_8571760185380231035_n

10.Mugisagara By Akes

13718703_1761805757399276_743018151374501519_n

Advertisements

One thought on “TORA:_ indirimbo nshasha imwe yonyene ukunda kino gihe uyihe amahirwe izoje kuri THE TOP 5 MUSIC BURUNDI

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s