NATACHA abandanya amenyekanisha Indirimbo yiwe”SHIKILIA”ku maradiyo atandukanye aho KABIZI BORIS yahatswe kw’isobako bahuye


Kuruy’umunsi  wa gatandatu  itariki 30/06/2016 niho igihangange mu muziki w’uburundi akomeye cane mu kuririmba abshimisha mu gushira k’umugaragaro ibikorwa vyiwe vy’umuziki bibashimisha cane kumutima benshi mwamenyereye cane kw’izina ry’uburirimvyikazi NATACHA nuko yabandanije umugambi wiwe wo kumenyekanisha indirimbo yiwe nshasha yitwa“SHIKILIA”mu bimenyeshamakuru n’amaradiyo bitandukanye vyo ngaha mugihugu cacu c’uburundi.

Mu gukomeza abamenyesha ba fans biwe ko boguma hafi mu kwitegurira kuzoraba Video yayo nshasha yakoreye mugihugu ca Tanzania izomushikana kurwego rukomeye cane kuko ikozwe n’ubuhinga bukomeye buzobashimisha kuraba.

13873021_2153861741559045_4472345027673906087_nKandi abantu benshi bakomeza kuyikiunda cane gose bimwe bidasanzwe gushika ubu iramaze gukorerwa aka Video naba Comediens b’abarundi bayitamba kubera bayigomwe kabandanije gukundwa cane naba fans biwe ndetse nawe vyaramuryoheye cane kukabona gushika aho umunezro umurenga arakorora amosozi atwenga cane sivyo gusa abarundi benshi baragakunze ako ka Video k’indirimbo Shikilia ,vyashimishije na bamwe bamwe mu baririmvyi b’abarundi bashoboye kuraba nk’umuririmvyi PACI w’umurwi ETIOLE DU CENTRE ukora umuziki w’uburundi aho yavuze ngo Mushiki wacu Natacha asanzwe akora umuziki kurugero twita “professionnel” yasohoye indirimbo yitwa “Shikilia” ehe none aba comediens bayikinye neza cane.

13892126_2153861714892381_474818533086429866_n
NGAHO UMURIRIMVYIKAZI Natacha YARI MU KIGANIRO BARI BAMUTIYEMWO KW’IRADIYO Y’IMICOKAMA AMENYEKANISHA INDIRIMBO YIWE” Shikilia”

Umuririmvyikazi Natacha kuno munsi akaba yari y’aramutse aja kurumenyekanisha muri Radio Culture Radio yimicokama mukiganiro Saturday Morning kiremeshwa abamenyeshamakuru babari aribo ALAIN NOVA hamwe na EDISON ,murico kiganiro yashoboye guhurira numu comedien KABIZI BORIS asanzwe yaheruka gusubiramwo aka video gatwenza k’indirimbo SHIKILIA ayitamba arikumwe n’amugenzi wiwe nyene wumu Comedien ariwe IIdelfonse le Comedien nkuko ako ka Video bagashize k’umugaragaro kw’igenekerezo rya 28/06/2016,kubatarakabona andika muri You Tube ngo”Shikilia By Natacha (COMEDY VIDEO 2016 BURUNDI)“nuko mukiganiro barimwo Idelfonse siho yari.

Bakaba bashoboye kubonana n’uyundi mu comedien yitwa GITORO nawe asanzwe akorana na canecane na KABIZI BORIS hamwe na IIDEPHONSE LE COMEDIEN rero ibintu vyari bitwengeje cane nkuko mubizi aba comediens ko batwenza vyerekanwe umwe murabo ba Comediens b’abarundi bahuriye kw’iradiyo y’imicokama nuko umu comedien Kabizi Boris yahatswe kwisobako mu kwereka rekanye ubwoba yarafise nkuko mubibona kumafoto kubera yakoze ako ka Video kuko yibajije ko ahava afatwa na nyene indirimbo Shikilia ,kuko batamusavye uruhusha ariwe Umuririmvyikazi Natacha  yaguma adidana kumutima avuga ko boba bakoze indirimbo yiwe atigeze abarekurira mu kubaha uruhusha.

Natacha yasubiye kubahumuriza nkuko yari amaze kubimenyesha muri kino kimenyeshamakuru canyu http://www.yagatv.wordpress.com y’uko yaryohewe nico gikorwa caka Video kabo bakoze kandi ko agiye kubaha umubonano vuba yabibemereye kandi umu comedien Kabizi Boris akaba yaryohewe kubona yashoboye kwicarana muri Studio ari ubwa mbere nawe yaryohewe kubonana nabo ba comediens b’abarundi kuko ngo asanzwe akunda caaane abantu batwenza mubuzima bwiwe bwa minsi yose yarangije avuga ko Video y’ukuri y’indirimbo yiwe “Shikilia”azoyishira k’umugaragaro ukwezi kw’8 kugiye gutangura yanasubiye gushimira aba fans biwe bama bamufasha mu kumushigikira mu bikorwa vy’umuziki akora mu kumenyekanisha igihugu ciwe camwibarutse.

KURIKIRANA MU KURABA AMAFOTO Y'UMURIRIMVYIKAZI Natacha ARI KUMWE NABA COMEDIENS ARIBO Kabizi Boris NA Gitoro BARI KW'IRADIYO Y'IMICOKAMA Y'UBURUNDI AHO YARIKO AMENYEKANISHA INDIRIMBO YIWE NSHASHA YISE"Shikilia"
13876372_2153862381558981_2392331632665071045_n
UMU COMEDIEN Kabizi Boris ARI KUMWE N’UMURIRIMVYIKAZI Natacha NGAHO YARAFISE UBWOBA
13669830_2153862901558929_6091950548266796920_n
Natacha ARI KUMWE NA Gitoro
13876116_2153862941558925_2698263538824197003_n
Edison ARI KUMWE NA Natacha

13680845_2153861811559038_8475325697139286738_n 13872740_2153862348225651_5128951505063690191_n 13876116_2153862258225660_9222704461336129641_n 13886392_2153862968225589_8471464049559616293_n 13891956_2153861968225689_3255844082702894016_n 13895305_2153862191559000_803482961437624918_n 13895495_2153861781559041_3775206135054323999_n 13902756_2153861881559031_7801645712824224552_n 13903153_2153862124892340_1123314083220174776_n

Advertisements

One thought on “NATACHA abandanya amenyekanisha Indirimbo yiwe”SHIKILIA”ku maradiyo atandukanye aho KABIZI BORIS yahatswe kw’isobako bahuye

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s